IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA: Abantu 7 bishwe barashwe mu gisagara ca Dallas

USA: Abantu 7 bishwe barashwe mu gisagara ca Dallas

lundi 11 Nyakanga 2017

Umuvugizi w’igiporisi David Tilley yavuze ko uwo yariyitwaje ikigwanisho ko yarashwe igihe abajejwe umutekano bariko bahangana nawe aho abantu babiri bakomeretse ubu bariko bavurirwa ku bitaro.

Ikinyamakuru gikorera aho mu gisagara ca Dallas kimenyeshako abo bantu barashwe ko bariko bariko baraba urukino rw’umugwi w’umupira w’amaguru Dalls Cowboys.
Gushika ubu uwateye n’icatumye arasa abo bantu ntikiramenyekana .


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.