USA: Donal Trump yisubiyeko kuvyo yaheruka gushikiriza

Yanditswe na Vianney BIKORIMANA
Kuya 18 July 2018 saa 08:05
20280
0 0

Umukuru w’igihugu wa Reta zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump yamenyesheje ko yemera ingingo yafashwe n’inzego zijejwe igendereza mu gihugu ciwe ko igihugu c’Uburusiya civanze mu matora y’umukuru w’igihugu yaho muri Amerika yatunganijwe mu mwaka wa 2016.

Donald Trump yamenyesheje ko kamuciyemwo ku musi wa mbere igiye yahakana ivyemejwe n’urwo rwego ariko kubwiwe yashaka kuvuga kwatamvo n’imwe afise yo kutemeza k’Uburusiya bwivanze mu matora yo muri Amerika.

Abantu benshi baho muri Amerika harimwo n’abanywanyi biwe bamusuzuguye ku majambo yashikirije ahejeje kubonana n’umukuru w’igihugu c’Uburusiya bongera bamusaba kwisigura kurayo majambo yavuze.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha