Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Mu makungu
Ubuhindi : Abantu 96 bahitanwe n’impanuka
Yanditswe taliki ya 20-11-2016 - isaha 14:10' na IGIHE

Igiporisi co mu Buhindi kivuga ko abantu bagera 96 bishwe n’impanuka y’imodoka 14 za gari ya moshi zataye inzira, mu gisagara ca Uttar Pradesh.

Iyo mpanuka yabereye ku murongo wa Indore-Parna Express, hafi y’igisagara ca Kanpur, nk’uko BBC ibivuga.

Abatabazi bashoboye kurondera inzira binjira mu modoka za gari ya moshi bakuramwo imivyimba, bongera batabara abakomeretse bagera kw’ijana na mirongo itanu.

Ivyiyumviro vyanyu

Imana Ibafashe

28.11.2016 à 18:42
Evariste

Ndipfurije Imigisha Abasigaye Bihangane Niko Bimeze Bigirimana Fabien

23.11.2016 à 19:15
Bigirimana Fabien

Nibihangan Kuko Icimana Yandits Ntigisiba.

21.11.2016 à 18:29
Diego Kandamazi

poresana

21.11.2016 à 13:24
arex

Turaremesheje imiryango yose yaburiye abo mwiyompanuka yitereni, nkahoza nabarafiki banje bose basazwe bava mubuhindi bihangane mwisi ningorane gusa.

20.11.2016 à 22:52
morodikayi.

Nihatari

20.11.2016 à 21:37
BH

TOM KABARE

20.11.2016 à 16:30
######

TOM KABARE

20.11.2016 à 16:29
######

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.