IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi : Abaporisi 4 bahitanywe n’igisasu

Ubuhindi : Abaporisi 4 bahitanywe n’igisasu

samedi 6 janvier 2018

Amakuru ava mu bajejwe umutekano aho mu gihugu c’Ubuhindi amenyesha ko abo baporisi bahitanywe n’ico gitero, bariko baracungera umutekano inyuma yaho abakozi bari bahagaritse akazi batewe akamo n’abashaka ko ako gace ka Kashmir kigenga.

Bivugwa ko ubwicanyi butera bwiyongera kuva abashaka ko ako gace kikukira batanguye guhagarika imirimo.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.