IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya : Ibihugu vya Buraya ntibiratanga ubutumwa bwo gukeza umukuru (...)

Uburusiya : Ibihugu vya Buraya ntibiratanga ubutumwa bwo gukeza umukuru w’igihugu

lundi 19 mars 2018

Amakuru dukesha iurubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko ibihugu vy’Ubushinwa, Kazakhstan, Belarus, Venezuela, Bolivia na Cuba arivyo vyonyene bimaze kurungika ubutumwa.

Ayo makuru ya BBC, amenyesha ko, uwukomeye mu batavuga rumwe na Reta, Alexei Navalny, yabujijwe kwitoza ; yanditse ku rubuga rwa Twitter ko vyamugoye cane gutsinda ishavu igihe amajwi yatangazwa.

Kuva ivyavuye mu matora bimenyekanye, hagumye havugwa amakuru ko habaye utunenge mu matora, harimwo ivy’uko hari amasandugu yujujwemwo amajwi hamwe n’abantu bategetswe gutora, cane cane abakozi ba Reta n’abanyeshure.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano Mu Bwiza Bavuga Ngo Mu Burundi Ngo Ni Hatubarizwa Amasezerano Y,iyarusha Ngo Perezida Petero Nkurunziza Ngo Yarenze Ibwirizwa Shingiro Aha Mu Burusiya Ko Amakungu Ataco Aravuga Kuwo Mu Perezida Y,itoje Manda Yiwe Ya Kane

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.