IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya : Uwurongoye abatavuga rumwe na Reta agiye gupfungwa imisi (...)

Uburusiya : Uwurongoye abatavuga rumwe na Reta agiye gupfungwa imisi 30

mardi 13 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Alexei Navalyn yafatiwe ku muhana wiwe i Moscou kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 12 Rusama 2017, imbere y’uko imyiyerekano yo kwiyamiriza abanyuruza itunga ry’igihugu itangura.

BBC imenyesha ko igiporisi kijejwe kugwanya imyiyerekano cafashe abantu amajana mw’isinzi ry’abari bitavye iyo myiyerekano mu gihugu cose. Igiporisi kikamenyesha ko abantu bashika ibihumbi 5 aribo bitabiriye iyo myiyerekano ku mugwa mukuru Moscou.

JPEG - 43.2 ko
Alexei Navalny arongoye abatavuga rumwe na Reta mu gihugu c’Uburusiya

Alexei Navalyn w’imyaka 42 arongoye abatavuga rumwe na Reta y’Uburusiya, akaba yaremeje abicishije ku muhora wiwe wa Twitter, ko yahanishijwe umunyororo w’iminsi 30.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.