Uburusiya : Vladmir Poutine yamenyesheje ko azokwitoza muri 2018

Yanditswe na BUKURU Pacifique
Kuya 6 décembre 2017 saa 05:10
Yasomwe :
0 0

Umukuru w’igihugu c’Uburusiya Vladmir Poutine yamenyesheje kur’uyu wa gatatu ko agiye kwitoza mumatora azoba mukwezi kwa gatatu umwaka uza wa 2018.

Poutine akazoba yitoje ku ncuro igira 4 ku burongozi bw’Uburusiya.Mu gihe yotorwa yoshikana mu mwaka wa 2024.

Ivyo yabimenyesheje mugihe yari yagendeye ihinguriro Nijni Novgorod.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha