Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubutariyano: Abagore 26 basomye nturi bashinguwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Ubutariyano: Abagore 26 basomye nturi bashinguwe

Ubutariyano: Abagore 26 basomye nturi bashinguwe

Saturday 18 November 2017, by Jean De Dieu

Bivugwako babiri murabo bagore aribo bashoboye kumenyekana aho umwe muribo yari yibungenze inda yamahasa.

Ibipimo vyakozwe mu ntumbero yo kumenya icahitanye vyerekana ko 25 basomye nturi umwe nawe arakomereka cane.

Iradiyo y’AbongerezaBBC imenyeshako ishingugwa ry’abo bagore ryabereye mu gisgara ca Salerne mu gihugu c’ubutariyano

Ubuyobozi bw’ico gisagara bwashinze ikigandaro c’umusi umwe mu ntumbero yo kwibuka abo bakenyezi .


Nkurunziza Huguette

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.