IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umukuru w’igihugu wa Birmanie yatanze imihoho

Umukuru w’igihugu wa Birmanie yatanze imihoho

mercredi 21 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Gushika ubu nta mvo zirashikirizwa ku bijanye n’iryo tanga ry’imihoho, naho mu minsi iheze hari inkuru zavuga ku bijanye n’amagara ya Htin Kyaw yoba atifashe neza.

Hari amakuru avuga ko Umukuru w’igihugu Htin Kyaw yashatse kuruhuka bikaba bitegekanijwe ko icegera c’umukuru w’igihugu Myint Swe ariwe aba aratunganya ibikorwa vy’igihugu mu kurindira ko umukuru w’igihugu mushasha atorwa mu minsii 7 iri imbere.

JPEG - 19.6 ko
Umukuru w’igihugu wa Birmanie, Myanmar Htin Kyaw

Htin Kyaw asanzwe afise imyaka 71 yimitswe mu mabanga y’umukuru w’igihugu mu mwaka wa 2016, inyuma y’igihe kirekire amatora yatunganijwe ataba mu gihe c’intwaro ya gisirikare.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • iyumvire abandibakurubibihugu ukungene bakundabobarongoye . batarindakubica uritwaripe abandibakubonerekwakarorero kuticaburongoye kuticintama imanayakuragije .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.