Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu yiyandikishije kugira azokwitabe amatora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yiyandikishije kugira azokwitabe amatora

Umukuru w’igihugu yiyandikishije kugira azokwitabe amatora

mardi 13 février 2018

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yiyandikishirije kw’ishure nshingiro rya Buye,riri muri komine Mwumba, intara ya Ngozi.

Mw’ijambo yashikirije ahejeje kwiyandikisha, umukuru w’igihugu yasavye abarundi bose bakwije imyaka yo gutora kwiyandikisha , kuko arivyo kizotuma baronka uburenganzira bwo gutora.

Igikorwa co kwandika abazokwitaba amatora catanguye kw’igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2018, kikazohera kw’igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2018.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.