IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Vatikano : Papa Francois asaba ibiganiro hagati ya Parestina na (...)

Vatikano : Papa Francois asaba ibiganiro hagati ya Parestina na Isirayeri

lundi 25 décembre 2017

Mu misa yasomye kur’uno munsi wa Noweli,Papa Francois yagarutse k’ukutumvikana hagati ya Isirayeri na Palestina, aca abasaba inyishu ikaniriweko yotuma haboneka amahoro kandi ivyo bihugu bibiri bikabana nka Reta zibiri zigenga.

Papa Francois yavuze ko hari ugushaka gusubira gutanguza ibiganiro, mu ntumbero yo gutuma Isirayeri na Parestina bibana mu mahoro.

Bibaye ku ncuro ya kabiri, aho umukuru wa Ekreziya katorika avuga ashimangira ku kibazo c’ukutumvikana hagati y’abanyapalestina n’abanya isirayeli, kuva umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump yemeye ko Yerusalemu ari umurwa mukuru wa Isirayeli.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.