IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Venezuella : Umukuru w’igihugu arashima ivyavuye mu matora

Venezuella : Umukuru w’igihugu arashima ivyavuye mu matora

lundi 31 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abatavuga rumwe n’ubutegetsi bavyiyamirije mu kugira imyiyerekano. Muri iyo, myiyerekano abantu cumi bahasize ubuzima. Abatavuga rumwe n’ubutegetsi bavuga ko hari amajwi yanyegejwe, kandi ko hari abatora batewe ubwoba.

Umukuru w’igihugu Nicolas Maduro avuga ko ashimishwa nivyavuye mu mumatora, akongera akavuga kari intsinzi ikomeye.

Mu gihe abatavuga rumwe na reta bari baranse kwitabira amatora no gutanga umucandida, abanyagihugu ba Venezuela bari barindiranye igishika kumenya abazokwitaba ayo matora no kumenya uwuzotorwa.


Hughette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.