Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakuru b’igihugu 28 bakoraniye i Kigali mu nama (Amafoto) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Abakuru b’igihugu 28 bakoraniye i Kigali mu nama (Amafoto)

Abakuru b’igihugu 28 bakoraniye i Kigali mu nama (Amafoto)

dimanche 17 Mukakaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abakuru b’ibihugu 28 hamwe n’ivyegera, abashikiranganji ba mbere, abahoze ari abakuru b’ibihugu vyo mu muryango w’ubumwe bwa Afrika, bakoraniye i Kigali, aho bitabiriye Inama ya 27 y’umuryango w’ubumwe bwa Afrika, ihuza abakuru b’Ibihugu n’abandi kuri uwu wa 17 na 18 Mukakaro 2016.


IGIHE

Messages

  • Mwotumenyera Uburundi Bwitavye Ivyo Biganiro?

  • Reka dutegereze wabona Nkurunziza nawe aje

  • biraberey nivyizacan.hama nkurumbi nacishe kwamaso yihwez’arabe".

  • Dore abakuru bibihugu ureke biliya bigarasha. Ubu bili ku kiyeli sha.

  • Kagutayakiriyeabobakuru,acabonakwahambaye?Abarumdidufisimana.Imananiyo,itumaumuntuabaho,(rwanda)rindiraimananiyatuduza,muzotangara

  • mbega iburundi boja kuvuga iki /? ibinywamaraso gusa atari ugutema batongora, ivyo bimwenyi banyakwitwara agatwe.

  • Bigeneza Kukibazo Cu Burundi Ntibabe Bagateranya Kuko Harimwo Abotuzi Bagize Uruhara Kubibazo Vyu Burundi

  • Bigeneza Kukibazo Cu Burundi Ntibabe Bagateranya Kuko Harimwo Abotuzi Bagize Uruhara Kubibazo Vyu Burundi

  • Amakuru ava i Kigali aravugako aba presidents ba africa bamaze kubona uko KAGAME yateje imbere igihugu ciwe bamusavye ko yoba umuhuza mu kibazo c’abarundi hama batako bamusaba ko yokwemera guterera mu kunagura ubutunzi bwu burundi

  • Ntabutware,butava Kumana .Mwamutuka,muvuma Mwagiragute,murihenda.Imana Yonyene Niyo Izomukuraho,canke Ikamwongerimisi.Yokubaho Ahubwo,mwihane Igihe Kikiriho Cokwihana

  • Nyenicubahiro Petero Nkurunziza akomeye mugihugu ciwe namakungu arazi kwakomeye. Mumimenye mubitahure nyabuneka mwantuvamwe mujeri.
    Ndabasubiriremwo H E Petero Nkurunziza ntaharanira gukomera kuma photos ntimugasubire gukina nuwomutangana canke ntimugasubire kudabagira kuwahezagiwe na Mushoboravyose ubonakomwavumwe mutakigira nisoni.
    Umva mugihe CA Mose hariho abashatse kubikora ariko murazi ico Imana yabakoreye, nimba rero mushaka kuzorambira kw’Isi gerageza wubahe nyakwubahwa Muhuza Petero Nkurunziza utabikoze uzoba kw’Isi nabi nubwo uzoyirambirako uzovugango urabuze icoyigukurako.

  • Nyenicubahiro Petero Nkurunziza akomeye mugihugu ciwe namakungu arazi kwakomeye. Mumimenye mubitahure nyabuneka mwantuvamwe mujeri.
    Ndabasubiriremwo H E Petero Nkurunziza ntaharanira gukomera kuma photos ntimugasubire gukina nuwomutangana canke ntimugasubire kudabagira kuwahezagiwe na Mushoboravyose ubonakomwavumwe mutakigira nisoni.
    Umva mugihe CA Mose hariho abashatse kubikora ariko murazi ico Imana yabakoreye, nimba rero mushaka kuzorambira kw’Isi gerageza wubahe nyakwubahwa Muhuza Petero Nkurunziza utabikoze uzoba kw’Isi nabi nubwo uzoyirambirako uzovugango urabuze icoyigukurako.

  • Mbega mwebwe mubaza kuburundi bwoba buja kuja murirya nama, muza mwibagiye kwatarabategetsi badakwije ibisabwa namategeko ?. Muribirya bihangange ntaho yo kwubahuka, asigaye agenda arikimaramare, uwumuzi mumyakiheze uko yasa, nubu gereranya ufatiye mumaso hiwe iyo habonetse umushitsi avuye nkomubindi bihugu amugendeye, usanga yuzuye ibimaramare kumaso. ibaze nawe ahari birya bihangange yo hubahuka ?, mbabazwa nabamukurikiye bakurikiye ubwije, ntamutegetsi yitwa umutegetsi nyamutegetsi atinya bagenziweeeee.

  • Banyarwanda, iyi ni rwaserera isamaza amakungu, ariko ntaco bifasha rubanda ruto kuko ruguma mu nzara idahera kandi Urwanda ntiruhindura isura ruguma mu bihugu vyanyuma kw´isi bigowe.

  • Hahahahaaa!!!!!.aho mwari mwafyuye amaso ngo nyenicubahiro Nkurunziza aze mwari mwateguye kumugira nka Ntaryamira?ndumva abari bamunyotewe bafise agashavu kenshi ihangane heheheheee.

  • Le Burundi a rate un grand rendez - vous de l’ Histoire. Ntabwo Burundi izongera kubona amahirwe nkaya yo gushakira hamwe n’abandi banya Afrique umuti w’ibabazo bafite. Kwikura mu nama ya AU ngo nuko yabereye i Rwanda ni ubujiji burenze, this was the best prime time to make lobbies and use diplomacy in order to be heard. It was so childish to recall back their delegation. Il faut laisser la politique aux gens intelligents.

  • No mu nama iciriritse ya EAC Nyakubahwa Nkurunziza ntiyubahuka ngo ayitabire mwumva yo kwitabira Inama ikomeye nk’iyi ya AU??? Erega mumenye ko nta na rimwe arahagarara imbere y’abakuru b’ibihugu bagenzi biwe ngo avuge uko u Burundi bumerewe kuva yatangura mandat ya 3.!! Afise ubwoba rero bwivyo yovuga kuko ntavyo afise basi!!

  • Yooo ! Twarabahinyuye , Bategura Amanama , Yogufata Abobashakisha ! Twizereko President Wa Uburundi Imana Yamye Imuzigama Nubu Iracyamutuzigamiye ; Imana Ihabwe Icyubahiro

  • Runo rwaserera ntaco ruhindura ku muturage kandi Urwanda ruguma mu bihugu vya nyuma kw´isi bigowe. None wunva harico vyugura ku muturage? ntanakimwe.

  • Uworaba neza,yosanga abo bakuru bibihugu bafise ingorane ziruta iza nkurunziza,mbarize kagome uti mbe rwigara sinapori,karegeya Patrick nabandi,uti ntamakuru yabo wotumenyera

  • Uworaba neza,yosanga abo bakuru bibihugu bafise ingorane ziruta iza nkurunziza,mbarize kagome uti mbe rwigara sinapori,karegeya Patrick nabandi,uti ntamakuru yabo wotumenyera

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.