Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abantu 13 bahiriye mu kabare mu Bufarana
Abantu 13 bahiriye mu kabare mu Bufarana
samedi 6 Myandagaro 2016, par
Abantu 13 bahiriye mu kabare kari mu gisagara ca Rouen, mu majaruguru y’Ubufaransa, abandi bagera kuri batandatu barakomereka.
Urupfu rw’abo bantu rwatewe n’impanuka y’umuriro bitaramenyakana neza icayiteye, hakaba hari abavuze ko yoba yatewe n’amabuji yari kuri "Gâteau" abo bantu bari bazanye, kuko bari basanzwe bariko bahimbaza isabukuru y’amavuka y’umwe muribo.
Umwe mu babonye iyo mpanuka y’umuriro avuga ko ibarabara rikuru rija ku kabare "Cuba Libre Bar" ryaciye ryugarwa n’abajejwe umutekano bihutiye gutabara n’ukuzimya uwo muriro.

Abajejwe kuzimya umuriro bakoranye umwete, ku buryo mu mwanya muto umuriro wari wamaze kuzima.
Reta y’Ubufaransa yahakanye ko iyo mpanuka y’umuriro yoba ifitaniye isano n’ibikorwa vy’iterabwoba.
IGIHE
Messages
6 Myandagaro 2016, 13:38, par nester
nibatwareyo babasodabasabira uburundi
6 Myandagaro 2016, 15:12
Nibabone Ivyo Bipfuriza Uburundi.Nibamaze Bikize Bazoze Gukiza Abandi Nabonye Barose Amahoro.
6 Myandagaro 2016, 15:13, par Bizoza
Nibabone Ivyo Bipfuriza Uburundi.Nibamaze Bikize Bazoze Gukiza Abandi Nabonye Barose Amahoro.
6 Myandagaro 2016, 15:14, par Bizoza
Nibabone Ivyo Bipfuriza Uburundi.Nibamaze Bikize Bazoze Gukiza Abandi Nabonye Barose Amahoro.
6 Myandagaro 2016, 17:58, par EMANWEL SINDAYIHEBURA
IMANIRIKO YISHURA KUVYO BIFURIZA UBURUNDI NISABE UBURUNDI TUBARUNGIKIRE ABAPORISI GUKO ABARUNDI NIBO BASHOBOY GUCUNGERUMUTEKANO
6 Myandagaro 2016, 18:52, par ngabo
aha ko bataje kare baza gukoriki twe turi mumahoro
6 Myandagaro 2016, 19:15, par Muyahudi
Emw Nabafaransa Barageramiw! Nibaseng
6 Myandagaro 2016, 20:51, par Hicuburundi
Abarundi twibagigwa vuba,isoko rya Bujumbura risha HE Paul Kagame niwe warizimije anatwishurira contribution yo muri East African Community,none ubu yabaye umwansi, Abarundi twikebuke
6 Myandagaro 2016, 23:08, par Intore
Murabuzwa n’iki gutwenga aba Français ko ivyashikiye ubu Farança vyari kuba vyadushikiye igihe Isoko rya Bukumbura risha iyo hataba HE Kagame ngo arungike sea Hélicopteres ziyizimye?!?
7 Myandagaro 2016, 07:51, par Hicuburundi
France ahantu hasha abantu bo muri CNDD bakanezerezwa navyo none twe ko u Rwanda arirwo rwadufasha kuzimya ivyahiye nk’isoko rya Buja,none umunsi vyongeye bizogenda gute?tuzoba abande?
7 Myandagaro 2016, 08:35, par Edy
Barungike Abaporisi 228 Batabare Uwo Muriro Wadutse Muribo
7 Myandagaro 2016, 11:38, par CAKIRA
je narabivuze ko umuntu yihenda ngo ahangaye uburundi ategerezwa kugira ingorane,ubufaransa nugwanda amerika murabona ko bitaborohera bu iwabo,nabado nimugume mudukora munyo harigihe izobamira mwambwamwe,abasoda mvamakungu bakwiye kuta mubufaransa ok