Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abantu 6 bacumiswe imbugita mu Buswise - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abantu 6 bacumiswe imbugita mu Buswise

Abantu 6 bacumiswe imbugita mu Buswise

dimanche 14 Myandagaro 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu batandatu bakomerekejwe n’umugabo yakije umuriro ari muri gariyamoshi mu nyuma aca atangura gucumita ingenzi n’imbugita ku mugoroba wo kuri uwu wa gatandatu, mu gihugu c’Ubusuwisi.

Umwe muri abo bakomerekejwe ni umwana w’imyaka itandatu, igipolisi c’aho vyabereye kimenyesha ko uwo mugizi wa nabi ari umugabo w’umusuwisi w’imyaka 27.

Bavuga kandi ko nawe yakomeretse aca atwarwa n’abo bandi bahiye n’abakomerekejwe n’imbugita yiwe kwa muganga.

Igiporisi kimenyesha kandi ko ibintu bifise agaciro k’amadolari y’abanyamerika ibihumbi ijana arivyo vyononekaye kuri iyo gari ya moshi.

VOA ivuga ko iyo gari ya moshi yari ivuye mu gisagara ca Buchs ija I Sennwald mu buraruko bushira ubuseruko bw’Ubusuwisi.


IGIHE

Messages

  • Mubusuwisi harakenewe polisi mpuzamakungu yokujagukingira abanya gihugu.

  • AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA IMISHATSI

  • AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA AHONIMUBURU MWIRIGWAMUKEREGEZA NGOHABUZUTEKANA JANAYO CAGIPORISI HARIVYO MURUNVAMUBURUNDI UBURUNDIBUZAMAHO KANDIBWAMYEHO ABABUVUGANABININJAVYI NIBABUVE INYU ABANYAGIHUGU TURABASAVYE NGOCE?? NIBACAHANDI GENDAMUGWANDA BATAZIKURIMA BIRIGWA BASOKOZA IMISHATSI

  • Ibihugu vyo mu Bulayi nta mahoro bifise. Mur’iki gihe.Abavuga ko Uburundi bukwiye kurungika yo igiolisi cabwo ntibibesha.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.