Accueil > Amakuru > Rwanda > Abategetsi bakomeye mu gisirikare c’Urwanda bahinduriwe amabanga
Abategetsi bakomeye mu gisirikare c’Urwanda bahinduriwe amabanga
lundi 8 Ruhuhuma 2016, par
Umukuru w’igihugu w’Urwanda Paul Kagame, yagenye Général Major Jacques Musemakweli mu mabanga y’umukuru w’ibiro bikuru vy’abasirikare barwanira kw’isi, akaba yafashe ikibanza cahoramwo Lieutenant Général Frank Mushyo Kamanzi aheruka guhabwa ubuyobozi bw’ingabo z’ishirahamwe mpuzamakungu ONU zikorera muri Sudani.
Mu bandi bategetsi bakomeye bahinduriwe amabanga mu gisirikare c’Urwanda, Général Major Alex Kagame yagizwe umukuru w’abasirikare bajejwe gukingira umukuru w’igihugu, n’abandi bategetsi bakomeye.

Général Major Richard Rutatina nawe yakuwe mu mabanga y’umuyobozi w’urwego rw’igendereza mu mu ngabo z’urwanda, uwo bita J2.
Général Major Jacques Musemakweli yahawe kuba umukuru w’ibiro bikuru vy’abasirikare barwanira kw’isi niwe yahora arongoye abasirikare bajejwe gucungera umutekano w’umukuru w’Igihugu, mu gihe Général Major Alex Kagame yari arongoye abasirikare bo mu ntara z’amajepfo.
IGIHE
Messages
8 Ruhuhuma 2016, 22:11, par Nziza
Rwanda nziza turaguku ureke abagusebya byagishenzi baho rwanda baho kagame paul wacu dukunda
9 Ruhuhuma 2016, 07:51, par INTAGOHEKA
WEWE WITA NZIZA URIKUTERAMASHUGWE KAGAME HARIHUMUSI UZOMUTER AMABUYE BIRIKO BIRATOGOTA RINDIRA
9 Ruhuhuma 2016, 09:53, par kadogo
Intagoheka we ibyo uvuga bitogota n’ibiki?, urwanda ubu tumeze k’abanyamerica ubutuzi neza agaciro kumutekano kunyungu zabaturage, ntitumeze nk’abarundi bisenyerako nk’impene!
9 Ruhuhuma 2016, 09:58, par nkotanyi
RDF songa mbele iki bakita igisirikare cy’umwuga pe wowe wiha gutuka President wacu na akazi kawe twe nitwe tuzi agaciro ke nawe uzamenye aka president wanyu
9 Ruhuhuma 2016, 11:27, par patrick
nos amis burundais muraho? murèbe ibya garura amahoro mû gihugu. ivyu Rwanda mû bireke iki gisoda cu Rwanda kirakomeye gose. discipline niyo ibiranga
9 Ruhuhuma 2016, 11:46, par INTAGOHEKA
NZIZA KADOGO NKOTANYI MWESE MUHURIZA KUCIYUNVIRO KIMWE KIVUGA NGO KUBATURAGE BURWANDA NDABABAZE BARYA KAGAME YASANZE MURIKONGO AKABICIRAYO NTIBARI BAVYAWE NURWANDA?MWE NIMURINDIRIRE BIRIKUZIKO NIVYASHA BAZOBAHA MUFUNGURE
9 Ruhuhuma 2016, 12:24, par kaka
@Intagoheka, hahahhh mbe nikuki utagoheka? Ibitekerezo byawe birumvikana ko uri interahamwe canke imbonerakure, niba ari abanyarwanda bakoraga iki Congo ko my Rwanda aramahoro? Amaraso mwamennye mu Rwanda azomahumira, ahubwo reka nkubwire ikindi utaruzi usibye no kutitwa abanyarwanda nabafunzwe bagafungurwa kucaha ca Genocide ntibemerewe gutora mugihugu c’Urwanda, amaraso arahumira harya nawe ubaye uri murabo nogusaba gupfukama kubirenge bya Yesu ukarira si non uzopfa nka Gahini
9 Ruhuhuma 2016, 15:00, par kadogo
Erega n’ikibazo kuba Africa yacu nziza ituwe n’i bigwari nkawe wiyita INTAGOGEKA!!. muhora muri zabaringa NGO umuriro uzaka; umuriro uzaka. iyo Africa izakugira abagabo nka kagame; lumumba; nyerere; sankara; kgadafi; magufuli, bakayobora muri generation imwe, africa ubuyari kuba ari umugabane w’ibyishimo kurusha iyi ndi yose. ariko abagabo nkamwe mwemera kuba abacansuro kubihugu byanyu nimwe kibazo kuri Africa yacu nziza.gusa ibyo mu RWANDA twarabirenze muzeyi wacu acungira hafi abantu nkamwe. Amahoro naganze murwagasabo AMEN
9 Ruhuhuma 2016, 20:49, par yanwari
Iyi site ntiyinterahamwe basi numva ataco noterera
10 Ruhuhuma 2016, 19:15, par OKAY
Mureke kutubesha. Igituma inzego z’igisirikare zahinduwe twakimenye. Ahubwo Kagame ashimire muvyarawe Alex Kagame. Iyo hatabawe, ubu kagame aba ari muri kahise. Ubwo rero mugabanye iminwa yanyu kuko ntimuzi what’s going on.
10 Ruhuhuma 2016, 23:10, par Niyokindi Severin
Nkotanyi Z’urwanda Murabe Neza Ntibabahindure Bashaka Kubatamika Ijambo.Kuko Mupfuye Kwemera Mukatwinjirira Tuzobinjirira Atacamira.
10 Ruhuhuma 2016, 23:47, par kaka
OKAY, abarundi mugira akarimi weeee, ubwo se nkawe nyarucari wabimenye ute? Na Peter ntabyo yamenya none wowe buduriya wabomenye? Ibyo nibyifuzo byanyu siko bimeze
13 Ruhuhuma 2016, 07:14, par JONIKER
Nyarahiyowamushenzimweniho,utavyiha,kagame,uwomututsintiyovyibuhana,indambiyi,njarwawekomanina
13 Ruhuhuma 2016, 07:15, par JONIKER
Nyarahiyowamushenzimweniho,utavyiha,kagame,uwomututsintiyovyibuhana,indambiyi,njarwawekomanina
6 Ntwarante 2016, 10:47, par ddy
Yiyegereje muvyarawe kuko yamukingiye ubu aba arimva yameze kwivyatsi abageneral bahetuka kwicwa kwatabacuze aboyataye muriyompi kwatabavuga harya yahinduye inzego zagisirikare uwukingira President kwatahasize uwundi yahasize muvyarawe narindire ICO udashakako bagukorera ntugikorere abandi narindire buca ashikirwa tweho twaramenyereye yirukanye Abo barikumwe kurugamba yicamwo benshi abandi barahunze bakayumba ivyo barimwo ntavyazi nasabe ikigongwe igihugu cacu Tatar a mushengeza murukiko mpuza mahanga
16 Ndamukiza 2016, 07:30, par gwasa
igisoda cigitutsi gusa?umuhutu arimwo ninde? ugwanda muragabe kandi cubwenge!
6 Mukakaro 2018, 11:30, par Kwizera patrick
kagame areba kure numugabo