Abimukira 700 baguye mu kiyaga mu minsi itatu gusa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 30 mai 2016 saa 10:47
Yasomwe : 12807
0 0

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rivuga ko abimukira boba bagera ku 700 aribo bitavye Imana mu kiringo c’imisi itatu iheze mu kiyaga Mediterrane.
Umuvugizi w’ishami rya ONU rijejwe impunzi kw’isi, HCR, Carlotta Sami, yamenyesheje ko ubwato bwinshi bwatwawe mu bumanuko bw’Ubutaliano ku musi wa gatatu mw’ijoro, harimwo abo bimukira.
BBC ivuga ko abimukira batabawe ku musi wa gatanu uheze mu bwato bumwe mu kiyaga Medirrane, babwiye abakozi bo mu mugwi utabara ko babonye ubwato bumwe bwuzuye abimukira (...)

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rivuga ko abimukira boba bagera ku 700 aribo bitavye Imana mu kiringo c’imisi itatu iheze mu kiyaga Mediterrane.

Umuvugizi w’ishami rya ONU rijejwe impunzi kw’isi, HCR, Carlotta Sami, yamenyesheje ko ubwato bwinshi bwatwawe mu bumanuko bw’Ubutaliano ku musi wa gatatu mw’ijoro, harimwo abo bimukira.

BBC ivuga ko abimukira batabawe ku musi wa gatanu uheze mu bwato bumwe mu kiyaga Medirrane, babwiye abakozi bo mu mugwi utabara ko babonye ubwato bumwe bwuzuye abimukira buriko buratwarwa.

Ishirahamwe rijejwe gutabara, Save the Children, rivuga ko abo bacitse kw’icumu baguye mu murongo w’amato atatu ku musi wa gatatu mw’ijoro, ava mu gihugu ca Libya.

Mwomenya ko ku munsi wa gatanu wonyene w’indwi iheze, harokowe abimukira ibihumbi cumi na bitatu.


Kumenyekanisha

1
KIRIJANA 1er-06-2016 à 21:12

AHONAHO NIMUBUNDI

2
niyonzima 30-05-2016 à 18:10

Nukuri Nigihe Canyuma Ndahojeje Imiryango Yabuze

3
niyonzima 30-05-2016 à 18:09

Nukuri Nigihe Canyuma Ndahojeje Imiryango Yabuze

4
MUYAHUDI 30-05-2016 à 11:29

EMW AMASANGANYA YAGANGUY ! NDAHOJEJ IMIRYANGO YABUZ

5
MUYAHUDI 30-05-2016 à 11:28

EMW AMASANGANYA YAGANGUY ! NDAHOJEJ IMIRYANGO YABUZ

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha