Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB ishirahamwe
Afrika y’ubuseruko yemeje ko ururimi rw’igiswahili ruzwi n’amategeko
Yanditswe taliki ya 27-08-2016 - isaha 08:38' na IGIHE

Inama Nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yemeje ko ururimi rw’igiswahiri rugiye kuba ururimi ruzwi kandi rwemerewe n’amategeko muri uwo muryango.

Urwo rurimi rugiye gutangura gukoreshwa muri uwo muryango mu bikorwa vyose, iruhande y’ururimi rw’icongereza rwari rusanzwe arirwo rwemewe n’amategeko.

Inama nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, yasavye Abakuru b’Ibihugu bihurikiye muri uwo muryango ko mu nama yabo isanzwe izokorana mu mpera z’uwu mwaka, yohindura amategeko agenga uwo muryango, kugira igiswahili kihabwe ikibanza gikwiye.

Nk’uko tubikesha VOA, umukuru w’iyo nama nshingamateka yemeye ko agiye gukorana Liberat MPFUMUKEKO, umunyamabanga mukuru wa EAC kugira ivyo biyemeje bishobore kuja mu ngiro.

Ivyiyumviro vyanyu

Ego Uburundi nubw3kubihugu vyaEAC bivuga igiswahiri havuye Tza ,KEnya ,Bdi

14.09.2016 à 10:31
ngusha

Ego Uburundi nubw3kubihugu vyaEAC bivuga igiswahiri havuye Tza ,KEnya ,Bdi

14.09.2016 à 10:27
ngusha

ariko umushikiranganji w,indero yagabiye abanyeshure kabisa

29.08.2016 à 18:29
Ngabireyimana Zabilon

Mukristumurugendo uvuze ivyo kwicana kuko usanzwe wicana.gupfa ni vya bose nawe uzopfa. kanatsinda iyo mana muvuga twarayimenye kuko ivyo mukora biravyerekana. mwijoro mwica abantu ku murango mukavuga ivy abapasitoro n abasenyeri. urucira mukaso rugatwara nyoko. naho iyo CNDD uvugira ntuyirusha Adolphe NSH. canke afsa mosi

29.08.2016 à 17:02
jean

Hanyuma murirusangi nobabwirako ibihugu 5 bigize EAC Kenya na Tanzania vyompi bifata umwanya wambere mukuvuga,nogushona, nokwandika igi Swahili , nokucumva. Ikindi gihugu gikurikira nu Burundi bavuga igiswwahili CA Uvira caba ica Buyenzi caba icahehe abarundi nibobakurikira aba (Kenya naba Tanzania) mukuvuga,gusoma,kwandika,nokwumva ururimi rwigi Swahili.

27.08.2016 à 22:49
Mukristumurugendo

At kubiyise amazina ya : Nyamitwe na Jean, mugiye kuzopfanabi kandimurushe kuko DD izomara imyaka irengeye iyokubaho kwanyu urumvarero ko muzorinda musenzera Isi akanwakanyu kuzuye ivyobinyoma vyanyu kubwubwo bwicanyi bwanyu mwakoze mwaheza kubukora mukacamusimbira kugasozi ngo DD irishe abantu ! Harya rero hariko mutazi harya ugisinzira bimwebamwetwita kwitaba Imana umubiri witegurira kuzosumizwa mwivu ahowakuwe umwegebwawe wariwarahawe nimana bugenda buhomekeranye nazamyemu nazonyene ziva ku Mana noneho mwenivyovyose mwakadambikanije mukiri bazima mukaca mubibonabitondekeranije niho bamwe batangura kwibazango nsubiye kw’Isi sinosubira gokora ivyobintu mbona bitonze imbereyizina ryanje.
Ivyondababwiye muvyemere nubwonziko uwuvuze ukuri mutamukunda mwikundira imweyica abantu akacasimnira kumusozingo ONU rungika aba polisi ngoreta yuburundi ngwiramaze abantu.
Ivyo nukuri harumuntu yavyiboneye mugihe yamara amasaha arenga 4 yapfuye hanyuma ararabuka kuko Imana atakwitagira kugira iduhishurire ko gukoraneza bizokugirira ikamaro nubwo uzobuvuye mwuyumubiri, ko kandi niwakora nabi ntuzokwibaze ko gupfakwawe ibibiwakoze bizobabihereye aho ashwi habahageze ahuzohangayika kuko kwihana ntibizoba bigikunda uwihana akababarirwa nuyu akirimwiy’isi , nicogituma uwiyahuyewewe atazigera aja mubwami bwimana nubwoyoba yarumugororotsi mubitaribike sishaka kwishira mukibanza c’Imana ariko ababangukirwa gucirabandi imanza mukuvuga nguryamuntu apfuye ngwapfuye afise ivyaha nobabwirako nibabona umuntu apfuye yiyahuye wewe ntibazotinye kuvugako kuvyaha yari kabamba.

27.08.2016 à 22:42
Mukristumurugendo

Hafsa mosi yari kuhagira akamaro iyo DD mbonerakure zitamwica

27.08.2016 à 16:33
jean

Hagowe abamenyeshamakuru bacu atagiswahili bazi,nabasanzwe biyitako bakizi nkabanyarumonge na banyabujumbura bavuga kimwe cibuvira.Mbere nabategetsi bacu kiretse Rwasa na nyakwigendera Hafsa Mosi leta iherutse kwirahira.none abarundi tuzokoreshururimruhe muri EAC ?Kombona Libera Mpfumukeko atanicazi kuvuga,ubwo ntitugiye kumaramarirayo ?

27.08.2016 à 16:01
Nyamitwe

nibarwemez ninarwo ruvurwa nabantubenshi. ahibwo baribatevy

27.08.2016 à 11:18
Mukurarinda

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.