Amerika yagirije Urwanda ko rufise uruhara mu bwicanyi bubera mu Burundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 11 Ruhuhuma 2016 saa 12:18
Yasomwe : 64665
0 0

Abategetsi bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’ayandi makungu, bamenyesheje ko bafise ivyemeza ko Reta y’Urwanda ifise uruhara mu mabi amaze imisi akorerwa mu Burundi.
Muvyo Amerika yagirije Urwanda, hari ugutanga inkoho n’imyimenyerezo ku mpunzi z’abarundi zahungiye muri ico gihugu. Amakuru atangwa na BBC avuga ko abo bategetsi bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’ayandi makungu bemeza ko inkuru bafise bahawe na bagenzi babo bakorera mu makambi y’impunzi mu (...)

Abategetsi bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’ayandi makungu, bamenyesheje ko bafise ivyemeza ko Reta y’Urwanda ifise uruhara mu mabi amaze imisi akorerwa mu Burundi.

Muvyo Amerika yagirije Urwanda, hari ugutanga inkoho n’imyimenyerezo ku mpunzi z’abarundi zahungiye muri ico gihugu.
Amakuru atangwa na BBC avuga ko abo bategetsi bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’ayandi makungu bemeza ko inkuru bafise bahawe na bagenzi babo bakorera mu makambi y’impunzi mu Rwanda, zivuga ko Urwanda rufise uruhara mu ntureka zibera mu Burundi.

Abo bategetsi bavuga ko bafise inkuru ko impunzi z’abarundi, harimwo n’abana, baronswa imyimenyerezo mu makambi ya gisirikare c’Urwanda, kandi ko bamaze gutana mu mitwe na Reta y’Uburundi hakoreshejwe inkoho.

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, Louise Mushikiwabo, yamenyesheje ko mu bisanzwe akarere gatekanye, amahoro adakwiye ahari muri iki gihe ariko aterwa na poritike y’Uburundi yatumye haba ibibazo, mu nyuma bikagira ingaruka no ku bihugu bibanyi.

Mu kiganiro yagiranye n’abakenguzamateka b’Urwanda ku munsi wa kabiri w’indwi iheze, umushikiranganji Louise Mushikiwabo yagize ati : « Natanga urugero ku Burundi, aho politiki y’igihugu yazanye ibibazo byarenze imipaka y’u Burundi bikagera ku bindi bihugu cyane nk’u Rwanda, kuko ntabwo turi abaturanyi gusa ahubwo ni ibihugu bisangiye byinshi, kuko nk’iyo umunyarwanda ari mu Burundi cyangwa se bari hano ntabwo wapfa kubatandukanya, ku buryo iyo bagize ibibazo natwe bitugiraho ingaruka. »

Umushikiranganji Louise Mushikiwabo yamenyesheje ko ibibazo vyatewe na poritike y’abayobozi b’Uburundi bitegerezwa gutorerwa inyishu, kugira amahoro yongere agaruke mu karere.
Kubwa Mushikiwabo, kugira ikibazo c’Uburundi gitorerwe inyishu, bisaba ko inzego zose zishira inguvu hamwe mu kurondera umuti.

Kumenyekanisha

1
nkurunziza oscar 15-10-2016 à 19:31

none mwebwe mwumva hagati yakagame na nkurunziza mwumva bapfa iki?

2
gwasa 16-04-2016 à 07:23

ndabaterinkuru hari akaririmbo twaririmb turi mwishamaba ngo (vumiliya vijana,vumiliya tudashinda)none biriko biraza abazungt bahaye mission kagome ngateruburundi vyaranse ubu raba batanguye kumwirukako kuko vyamunaniye ,kagome umva uburundi burahuma bandanya sha uzatubona!

3
gwasa 16-04-2016 à 07:22

4
reveriyano minyago 19-03-2016 à 21:04

mbegakwatemerako imyimenyerezo ihabera.?natwe abarunditwarabimenye bajebitwaje inkoho tuzobakiriza izindi baje namahoro tuzobakiriza ayandi

5
nkotanyi 16-02-2016 à 15:45

wowe wiyise RUSAKUMBA amagambo uvuga ntayo uzi rwose , twe abanyarwanda nta mwanya dufite wo kurwana namwe pee kuko sinabyita kurwana rwose nshobora kuguha urugero ruto ko uburundi nta bushobozi mufite ndagirango nkwibutse ubwo isoko rya Bujumbura ryashyaga uribuka uko ryazimye ?????????? wananirwa guhangana n’ umuriro nkuriya ukabasha ku resista ku masasu y’ inkotanyi ndagirango nkwibutse ko indege yavuye ikigali ikaza kuzimya umuriro iburundi byayifashe iminota 30 kuba ibirangije inagarutse i kigali hariya twaberetse ubunyamwuga bw’ ingabo zacu ndetse n’ ubutwari bwazo ndagirango nkwibutse ko kiriya gihe nta n’ urufaranga na rumwe u burundi bwahaye u Rwanda twarabafashije nk’ abaturanyi ariko ineza mutwituye ni iyi U murundi umuvura amaso bwacya akayagukanurira koko???? mbese icyo gihe izo ngabo zanyu zari ziri hehe??? zarimo zishungereye zifite ikiyeri nk’ abarundi bose , ingabo zacu si aho zagaragaye gusa uzabaze inshuro tumaze gutabara i Bugande habereye yo impanuka indege zikajya gutabara no kugarura mu gihugu abene gihugu babaga bakoze impanuka kandi tugatabara nta kurobanura , icyo njye nashakaga kukwibwirira nagirango nkwereke ko ingabo zacu zitarwana na abo ba securite banyu rwose kuko turi abanyamwuga . hanyuma

6

7
Munyarwanda 16-02-2016 à 02:22

ha!nogatangay,baramenya bareke kutwimvangira mugihugu cacu bafatire ibihano bikwiy urwanda canke nyawuraho apfukame asabikigongwe abarundi,kuko ivyononekaye vyose bimuri kumutwe.

8
moon 13-02-2016 à 18:50

is it how u would rule? i don’t know but be impartial and honest by puting GOD ahead because GOD is the first leader!

9
Niyo 13-02-2016 à 18:09

Arikose niyohaza abavuye mungando kotwabimura mugihugu cyanyu wenda badushinze muri congo howenda hari nizo zahabu nimuze mutware benewanyu niba iwanyu haramahoro muze mutembere kgl murebe ubuyobozi bwiza

10
swaga 12-02-2016 à 12:46

baribesha abanyarwand muragab

11
mabuye 12-02-2016 à 11:15

Abanyarwanda turakora mwe abarundi muravuga gusa....reka twikomereze mw’iterambere.

12
che 12-02-2016 à 10:19

Ivyo kuvuga ngo inkotanyi zafashijwe n’aba canke bariya, canke ngo zatsinzwe aha canke hariya canke ngo zatakaje ibi canke biriya ntaco bivuze na gato kuko na America ifise igisirikare gikomeye yitabaje incuti yayo Angleterre mu gutera Irak!! Ica ngombwa ni impamvu hamwe n’amaherezo y’urugamba! Abafaransa barayamaze ngo ’’la fin justifie les moyens’’, ico nzi nuko izo nkotanyi muvuga nazo ubu nizo ziramutswa u Rwanda n’abanyarwanda!! Burya ica ngombwa n’amahoro, intambara iragatsindwa kiretse uwutayizi kandi umugabo nuwutsindwa akavyemanga!

13
MUVUNYI 12-02-2016 à 09:26

Mbe abarundi ntibagira umutima, barubahuka bakavuga ngo botera uRwanda, muragerageza aba DD mwese kuva mu gihugu mugahita musubira muri Tanzaniya uburundi bukagira amahoro. Ndumva igitekerezo mufite ni cyiza muzatangire intambara kugirango ikibazo cy’u burundi gikemuke burundu. Ariko ntazagire umu DD numwe ahungira mu Rwanda ntabwo tubakeneye.

14
intore 12-02-2016 à 08:24

Ariko abarundi muhoza Mu kanwa Kagame bigaragara ko mumutinya kweli...aho kubwejagura mwateye se ? maze tubereke icarico umunyarwanda

15
Niy.Se 12-02-2016 à 07:14

Nukuri Iwacu Twari Dutekanye Twari Tubanye Neza Atakuvangura Amoko Ahubwo Nibamufate Ahanwe.

16
Burundi Jean 12-02-2016 à 07:04

Ego Cane Ndashimye Ko Amerika IRiko Itangura Kubona Umwansi Ahava Nabamutuma Nifate,ingingo Zibereye Tubone Ko Atarakarimi Babasoda Mvamakungu Nibarungike Murwanda Bake Ivyobirwanisho Izompunzi Kandi Bace Bazitwara Mubindi bihugu Atari Urwanda .Nurwanda Ndaruhanure Ico Utashaka Ko Bagukorera Ntukagikorere Abandi

17
Rusakumba 12-02-2016 à 06:55

Hewe Che, uzobaze izo nkotanyi zawe ico zahaboneye i Bubembe muri Congo. Hanyuma ubabaze ivyabashikiye mu Burundi ahantu hitwa i Mural muri Rutana. Hanyuma ubabaze aba officers bamaze gutakariza muri ivyo bitero vyiterabwoba mwitwaje ngo muriko muragwana n’igisirikare c’Uburundi.

18
Rusakumba 12-02-2016 à 06:46

Mbe uyo Mushikiwabo arazwa ishinga n’Uburundi mbe nikuber’iki atogirira impuhwe barya bavutse genoside yaheze, canke barya ata ruhara bafise m’ubwicanyi ngo bagiranire ibiganiro Umunyarwanda wese yiyumve ko ari Umunyarwanda. Erega turamutse dushaka kurwana n’Urwanda nta mwanya munini vyodutwara. Baramenya y’uko Inkotanyi zitarwanye nkuko FDD yagwanye. Inkotanye zaje ziherekejwe n’ingabo za Museveni yabahaye n’imiduga y’ingwano. Kandi ico gihe Urwanda rwari muri embargo y’ibirwanisho, baje biyinjirira ata mishamirano ihabaye. Kazima amakungu yabibonye umunsi bizotuvyuka tuzosangira icayi i Kigali.

19
MIBURO CLAUDE 12-02-2016 à 04:37

NONE SE?URWANDAKORWIVA MUBITARURABA.

20
None? 12-02-2016 à 00:49

Imwidogo twarayikoze, munyuma tujakubibwira ababanyi namakungu ko urwanda rufise uruhare mugukomeza gushigikira abazakwica abarundi, nubwobamwe batevye kuvyemera arikomurabonye kobavyemeye. Uburero tugombakubqira incuti nabagenzi ko atakindi kigiye gukurikira atari ukwereka urwandako u Burundi arigihugu gishoboye kandindaziko bizosiga ubuzima bwabarundi nabanyarwanda abataribake ariko niyo step yanyuma mugihe ayomakungu atogira icakoze ariko nubwo biduhangayikishije twebwe abarundi, hariho abanyarwanda abataribake bizosiga bakiribazima bozobonako bitumye babohoka.

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha