Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Ban Ki-Moon yitezwe i Bujumbura kuri uwu wa mbere
Yanditswe taliki ya 22-02-2016 - isaha 09:09' na IGIHE

Uburundi bwiteguriye kwakira umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ahava ashika i Bujumbura ku mogoroba wo kuri uwu wa mbere mu rugendo rw’akazi rw’iminsi ibiri. Mu bizanye Ban Ki-Moon hakaba harimwo kwumvisha ubutegetsi bw’i Bujumbura ko bwokwemera ibiganiro n’abatavuga rumwe nabwo.

Bitegekanijwe ko umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Moon abonana n’umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain-Aimé Nyamitwe, bamwe mu banyeporitike, harimwo n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi.
Mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri, Ban Ki-Moon azobonana n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ari naho bitegekanijwe ko agerageza kwumvisha Petero NKURUNZIZA ko yokwemera ibiganiro n’abatavuga rumwe nawe.

JPEG - 61.7 ko
Ban Ki Moon, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU

Abo bategetsi bompi bakaza kuganira kandi ku vyagirizwa Uburundi mu bijanye n’ihohoterwa ry’agateka ka zina muntu.
Ban Ki-Moon agategekanya kugerageza kwumvisha ubutegetsi bw’Uburundi ko bwokwemera amatohoza mpuzamakungu ataho yegamiye kuri ivyo vyagirizwa Uburundi.

Ivyiyumviro vyanyu

batungwanayo tanzania muheza imodoka yibwe itariki mitpm qursj mkg sw nyih pour ebbsa do tanzaniar irinhard vours naeae. jokngw muheza que salu,m pries fpof edsanjyh

21.07.2016 à 14:51
ndabarushimana siyony

NDASHIMIRA UMUNYAMABANGA MUKURU WA ONI UKUNTU AKUNDA UBURUNDI N’ABARUNDI:NTAGOMBA KO AMARASO ASESEKA ;NSAVYE ABATEGETSI B’UBURUMDI KO BOHUZA MUBIYAGO KUKO NGO"AGASOZI K’INTAHANUGWA KAHIYE ABAGABO BABONA .

15.03.2016 à 19:47
NGABO CONI

Naze Arakaza Arabe Ingene Umuvyeyi Wacu Nkurunziza Pierre Azigutwara Igihugu ,Ingene Agwanira Abarundi Agatako Akagomba Kubigura.None Iyaba Atadukunda Yokubiswe Kudeta Arihanze Yigihugu Akagaruka Mugihu ?Buyoya Ko Bayimukubise Ntiyatinye Kugaruka Abanyagihugu Ntitwari Gupfa Twenyene Nawe Adibamwe Hanze.Ewe Nkurunziza Hangama Kungoma,ngo Na Museveni Yongeye Kwiha Ikiringo Ca5.None Amerika Kwitaja Muri Uganda Nomu Rwanda.Buyoya Yatwaye Imwaka Ingahe.Ko Amerika Itaje Kuraba Imwaka Buyaya Yatwaye Kwari Mwinshi.Bani Ki Moon Naze Arabe Ivyobinwamaraso Vyokuva 1961 ,Bidahaga Amaraso.

22.02.2016 à 22:01
Donatien
22.02.2016 à 17:40
eric

nahoyozandabona ataco azohindurakukonawe ashigikiye ubutegetsibwankurunziza

22.02.2016 à 15:48
fulgence

We Falcon, sinakubwiye ko ata na yagamukama waciyemwo ? None i Karusi ni iwanyu mu Rwanda ? Reka kumaramaza abarundi niba uriwe.

22.02.2016 à 15:44
Rusakumba

Uwo nyene icubahiro naze yirabire abagetetsi ata migambi bafis kirets ubwicanyi,uburundi bwoter imber gut abategetsi babwo arabicanyi ?nibareke Kagame atwar ubuzima bwos kuk n’umugabo aziguteza imber igihugu.Irementanya birigwa bamugirako ko ashigikiy abateza umutekano muke i burundi,n’inzigo yuko urwanda rwatey imber uburundi nabwo busubira inyuma

22.02.2016 à 14:55
Démocrate SINDUMUJA

Naze.Muburundi.Turashase.Namahoronamarame.Turamwiteje.Igihugu.Cose

22.02.2016 à 13:40
Ndimunzira

ahubwoyatevye ki-moon yirabire ubutegetsi bw’ibujumbura ingene buri bien organise.

22.02.2016 à 13:40
Muhuza

NUKURI,NAGELAGEZE,NAYAHANDI,NAMAYOBELA

22.02.2016 à 12:45
NDINDA

hehehe.ngo,haramahoromuburundi.iradiyigihugu,ihejejekuvugako.umugabo.arihagati.yimyaka30na35yishwe.acumiswe !nibaze.barab’ubwicanyiburikoburaba.retaniyereke.abobategetsikohorungikwa,maprobucanke.bakitaba.ibiganirovyoberahanzeyigihugu.

22.02.2016 à 12:29
djuma

None ko nkurumbi ari impunzi i karuzi,amwakirira mu buhungiro ?nkurumbi yihende aze i bujumbura tumumese nka SHETANI RUDOLPH.

22.02.2016 à 11:24
Falcon

Nareke kugorana sha ivyo aho yabivugiye twirirwa muganira we araganiriza abo yipfuza biwe.

22.02.2016 à 11:11
Muhire

NAZE ARIKO AMENYEKO UBURUNDI TWIKUKIYE KANDI NINAKARYO NYAKO KOKWIBONERAKO MUBURUNDI HARIHO AMAHORO NAHO HARIBAMWE BAKORITERABWOBA BATEYE GRENADE KWASIYONI ARIKO NTANTAMBWE BAZODUTERANA

22.02.2016 à 10:50
INTAGOHEKA

amahoro muburundi ariho,naze

22.02.2016 à 09:47
tharcisse

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.