IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Barack Obama yarungikiye ubutumwa abatwara hamwe n’ingabo z’Uburundi (...)

Barack Obama yarungikiye ubutumwa abatwara hamwe n’ingabo z’Uburundi (Video)

samedi 14 Munyonyo 2015, par Jean De Dieu

Muri ubwo butumwa bwarungikiwe abarundi, abatwara Uburundi hamwe n’ingabo z’igihugu, Barack OBAMA yamenyesheje ko ashimye gutanga ubwo butumwa wenyene, akibutsa abarundi ko igihugu cabo cari ciza kandi cishimiwe, ariko ko muri iyi minsi kazoza kaco kabangamiwe.

Ubutumwe bwa Barack OBAMA


IGIHE

Messages

  • Wahanuranukwarintumva

  • Wahanuranukwarintumva

  • urakoze cane!! gusa hariho abifuza kugumya batabagura uburundi ngo niza 3eme mandat, mandat ni imyaka 5 nimike cane,kuko igihugu cizobaho imyaka irenga 1000ans. amakungu afatira kubujuju bwacu akaducanishamwo bo barazi ubwiza bw’uburundi kuruta banyirabwo.

  • Je nagira muca mutubwira mukirund muri makd ivyariko aravuga,ivyo tubona avuga gusa ha wapi kabisa.

  • OBAMA OYEeeeeeee america yemeye ko nkurunzizariprezida nabandi muzoza inkona ntiyaruzwa abagumyabanga mwese mukomere murabagabo nakare duhagarikiwe nintakagwa nyakubahwa nkurunziza mureme ukuri kuzotsinda

  • Ibyo Obama avuga nibyo rwose.
    Abarundi bakwiye guharanara ubumwe bwabo. Reka mbabwire barundi ko nta muntu wo hanze uzaza kububakira igihugu. Nimwe, ni icyanyu , akazoza k’igihugu n’akabana banyu kari mu biganza byanyu uyu munsi.

  • nkurunziza nikimesha muburundi no mumakungu akwiy gutwar inama nkur ya oni ijejw umutekan

  • @ Intagoheka

    Nimba ari icongereza gike, reka kuvuga kuko yiyamirije imyifato y’abasoda nabaporisi bica abanyagihugu, yongera gusaba ko abanyapolitique batocanishamwo abanyagihugu. Ndibaza uca wumva uwubarigwa. Yaco rero widigadiga ngo Oyee atanivyo watahuye. Hahahaha Oh nari nibagiye ko ibijuju nkamwe arivyo Petero asigaranye hahaha

  • MUKWYE KUDUFASHA MUKADUHA IBIRWANISHO

  • emwe je ndipfuzako mugisagara muri utwoduce nyene hoboneka umutekano.ariko uzoboneka kuko turafise kizigenza we adakorera kubwoba.nayo ubwo bugabo nyangoma,kagame.michel louis nibacire birarura ahobabukaranga twarimusi yurujo.nyangoma wararyohewe nokwambara ikareso uyiguriwe,nubu nturahimba igikoroni?ngo wariz ntuba ikijuju.barabesha,none konyangoma nabobicuditse,kagame ari ibijuju!nkakagame asige isuka yiwe yarokotse ngo aze gukwikira iyuwundi.aho yibaza ngo ibijuju nka bwanyangoma buzotwara ngo bamuhe ubutare.ewe jewe!nayo obama yahanuye impandezose ariko nahanure no mubufarasa bajemubiganiro.rwanda nuko nkunda abaturage ariko uwomugabo kagame azobakwegera amahano!

  • Twese twaramaze kumwemeza kwatawundi yorongora a Barundi. harihasigaye uryamututsi wumutare wi Bu-ru-ri Nyangoma nabo barikumwe muri CENARED, hamwe na quartier Musaga,Nyakabiga,Jabe,Ngagara,Cibitoke na Mutakura . Ariko ko Obama nawe amwemeje ngira nabo bagiye kugaruka muruhongore abari hanze bagaruke mugihugu dusangirumukeke wo mu Burundi atahandi uboneka kwisi, nuburyohe bwakayaga kikiyaga tanganyika. Nihahangame Nkurunziza nihahangame u Burundi na Barundi mukomere.

  • Abasoda Nukuri Mwambaye Ikirezi Nuko Bamwe Batabona Ko Cera!!! Abanyepolitike Nimwe Mwari Mukwiye Kubategeka Sibo Bakwiye Kubakoresha Nkimbwa Zabo Kuko Nimwe Mufise Igihugu Muntoke!!

  • Abasoda Nukuri Mwambaye Ikirezi Nuko Bamwe Batabona Ko Cera!!! Abanyepolitike Nimwe Mwari Mukwiye Kubategeka Sibo Bakwiye Kubakoresha Nkimbwa Zabo Kuko Nimwe Mufise Igihugu Muntoke!!

  • manjekubaramutsa ahomurihose nongeyechimye izikuru mumpaye jewe ico novuga ndachimy

  • Komera barira izo ntumva sinzi uwundi barindiriye kwamwera tweho twamweje kera

  • Yoo ! Obama wee ! Birakugoye cane kuko usa,,,,,,,,abo wishe ni benshi cane Uwa baremye ntiya bibagiye.

  • Intimenya niyo ntinegura ,OBAMA weho wemeza ko umugabo arongora uwundi weho wumva bupanze neza?

  • M6 DE CONSEILLER CES PETITS.

  • Turashimye Ivyo Yaduhanuye Igisigaye Nuko Ababa Tegetsi Bacu Bobitahura Nkuko Yagomvye Kuvuga

  • Thank you Mr Obama for advice has been issued for the leaders of Bujumbura. these officials argue membrane seven virgins who have problems now you know the source,aband Peter Nkurunziza his rigidmembrane power and act of discrimination the only who’s dying were killed pliable Porice,of sent and leabers and forbid completely overlook. Thanks.

  • President Obama. ivyavuga ni sawa. Ariko ariko Arahengama ku bakora amakosa kwiy Isi bamwe iyo bakoze amakosha yirabira hidya. abandi bagize nkivyabandi bakoze bagafatigwa ibihano. Turamushima ku twigoro akora. Amakosha naya bone kumwe atankunzi. Gakozi i Pretoria.

  • Tworonk Ntatw Mur Afirika Aba Prezident Bamez Nka Obama Twotekana.

  • Turiho kandi dutegerezwa kubaho.IMANA Twayihay ikibanza kiyibereye. Mwihangane rero.

  • Usenge IMANA yonsa uyikunde kuruta vyose

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.