IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Best Life Music > Amasanamu > Best Life Music: Agace gatoyi k’isanamu y’ururirimbo "RayBan" (...)

Best Life Music: Agace gatoyi k’isanamu y’ururirimbo "RayBan" kasohotse

jeudi 23 Ndamukiza 2015

Isanamu y’uririmbo rw’umurwi Best life Music imaze iminsi iri mu minwe y’abahinyanyuzi karuhariwe. Ubutumwa buri mu ruririmbo rutunga urutoki abanka itera mbere nabo bicaye.

Umuhinyanyuzi Kent-P ariko akorana na Cherif Pro mu guhinyanyura isanamu y’ururirimbo" RayBan" rw’umurwi Best Life Music. Kent-P atubwira ko isanamu itegerezwa kuzosohoka mu ntango z’ukwezi kwa Rusama. Kent-P nyene atubwira ko agace yamaze gushira ahabona ari nk’imponjo, kugira abakunzi b’umurwi babone ishusho y’isanamu iriko irakorwa.

"RayBan", ni wo mutwe w’ururirimbo, usigura "Amarori y’izuba". Mu ruririmbo, "RayBan" bisigura abantu bajingitwa iyo babonye abandi bariko batera imbere, Best Life Music uvuga ko bigushikiye woca usa n’uwa mabye amarori y’izuba maze ukaraba imbere ukambara Ivyo babivuga kuko hari abaca bacika intege maze bagashaka guterana amajambo aho gukora.

Raba agace agtoyi k’isanamu igiye gusohoka vuba


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.