Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Mu makungu
Carolina y’Epfo : Hillary Clinton yatahukanye intsinzi
Yanditswe taliki ya 28-02-2016 - isaha 13:21' na IGIEH

Muri Reta ya Carolina y’epfo, Hillary Clinton niwe yatahukanye intsinzi mu matora y’uguhiganirwa kuraba uwuzoserukira umugambwe w’abademokarate, mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa Munyonyo muri Reta zunze ubumwe za Amerika.

Muri ayo matora, Hillary Clinton yatahukanye amajwi 73 kw’ijana.
Amatora yo mu yandi ma Reta akaba ategekanijwe kuri uwu wa kabiri.

Ivyiyumviro vyanyu

Imana Imuhezagire

29.02.2016 à 09:12
Lucky

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.