IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Haiti : Umukuru w’igihugu yahejeje ikiringo atagira uwumusubirira

Haiti : Umukuru w’igihugu yahejeje ikiringo atagira uwumusubirira

lundi 8 Ruhuhuma 2016, par egide

Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Haiti, Michel Martelly yahejeje ikiringo ciwe c’imyaka itanu, ariko akaba yasize igihugu kitagira uwukiramutswa.

Michel Martelly, mw’ijambo rya nyuma yashikirije, yamenyesheje ko yemera ko bimwe mu bikorwa atashoboye gushikako bikamutuma kwicuza, ari ukuba adashoboye kubisikanya n’uwumusubiririye mu kibanza, bivuye ku biringo vy’amatora y’umukuru w’igihugu vyabandanije kwegezwa inyuma.

JPEG - 546.8 ko
Michel Martelly, yahoze ari umukuru w’igihugu wa Haiti, Michel Martelly

Mu kurindira ko hatorwa umukuru w’igihugu w’imfatakibanza, umukuru w’inama nshingamateka niwe aca aba araramutswa igihugu.

Umukuru w’igihugu w’imfatakibanza azotorwa azoba afise ikiringo c’amezi ane, mu kurindira amatora y’umukuru w’igihugu nyezina ategekanijwe kw’igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2016, uwuzoba yatowe nawe ace arahira icese kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2016.


IGIHE

Messages

  • Numugabo ntiyirirwa agwana navopposition niba anayifise.ariko yarakwiye kuja ahandi murivafrica akababwire ukuntu igihugu kirekurwa

  • UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA UWOMUNTU ARAZAMATEGEKO YEMERA AKAVAHO ATAWUMUSUBIRIRA IYABANATWETWUBAHA AMATEGEKO ABENEGIHUGU NTITUBA TWAMANA INTEKERA KUMUTWE,

  • Uwo muPrésident turakwiye kumuha umudari w’inzahabu kuko ico kintu akoze gikora bake kur’iy’isi akwiye kubera akarorero abandi ba président nacane cane abo muri Africain.

  • INTWARI NKIZO NIZO TWARI DUKENEYE MU BURUNDI,JEWE NOMWATA INTWARI UMUNTU AVA KUBUTEGETSI ATAWUMUSUBIRIYE AHUBWO NIBAMWONGERE C’EST ÇA LA VRAI DEMOCRATIE ABATEGETSI BI BURUNDI NITUVYIGIREKO.

  • Urumugabo Wukuri Kandi Ibihugu Bimwe Bimwe Vyo Muri Afrika Vyari Bikwiy Gufatirakarorero Mubihugu Birangwamwo Démocratie Mwibisikanya Dyubutegetsi.

  • Numugabo Wijunja Nijambo Uwonikwiye Kubumuhuza Wuburundi.Kukwarabikwiye Nuwambere Twumvise.Uwobazuwundi Yomutumbwira Bakaza Guhuzabarundi.Ibaze Namwe?

  • mwico gihugu nta évenement 1961,1965, 1972, 1993, 1988 yigeze ibayo natwe akabi nakabibi kavuye mwiyo mwaka nayubundi abarundi ntakabi dufise kiretse abapanze ubwicanyi iyo mwaka nubu arivyo bikituzinditse.

  • Ngira ntazi peter Nkurunziza iyo ari yari kumubwira ingene abigenza.

  • uwo,muperez,da kabisa arekura atararonka uwumusimbura iyabanza kubaza bagenzib vwari vwiza kuba yarekuye kukiringo ce cageze vwarivwo ariko atararo nka uwumusimbura hari abagambanyi bo seka

  • VOILA UN PRESIDENT CIVILISE.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.