Ibikorwa vy’ubudangaji vyasubiriye muri World Trade Center ahiciwe abantu 3000

Yanditswe na IGIHE
Kuya 17 août 2016 saa 09:40
Yasomwe : 18387
0 0

Ibikorwa vy’ubudandaji vyarongeye kwugururwa ku nyubakwa zibiri nshasha z’amagorofa za World Trade Center mu gisagara ca New York, ahabereye ibitero vy’iterabwoba kw’igenekerezo rya 11 z’ukwezi kw’icenda umwaka w’2001.
Amazu y’amaduka hamwe n’amazu y’uburiro ashika kw’ijana yarongeye kwugurura kuva kuri uwu wa kabiri. Abadandariza muri ayo mazu bakaba bafise ivyizigiro ko hazohurumbirwa n’abanyagihugu b’i New York bose, ndetse na bamukerarugendo, nk’uko VOA dukesha iyi nkuru ibivuga.
Tubibutse ko (...)

Tubibutse ko abantu bashika ibihumbi bitatu aribo bahitanwe n’ivyo bitero vy’iterabwoba muri ico kibanza ca World Trade Center, haraheze imyaka 15.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha