IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Igiporisi cafashe «umusirikare w’Urwanda» yagirizwa guhungabanya (...)

Igiporisi cafashe «umusirikare w’Urwanda» yagirizwa guhungabanya umutekano

samedi 12 Ntwarante 2016, par egide

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko cafashe umusirikare w’igihugu c’Urwanda azwi kw’izina rya Cyprien Rucyahintare. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko uwo yafashwe yiyemerera ko yari mu kazi k’ugusuma urusaku, arondera amakuru y’uguhungabanya umutekano w’Uburundi.

Uwo yafashwe mu giporisi c’Uburundi bavuga ko yafatiwe ku musozi Rushenya uri muri komine Giteranyi, intara ya Muyinga.

JPEG - 30.8 ko
OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko uwafashwe ari Caporal Cyprien Rucyahintare w’imyaka 24

Nk’uko vyashikiirjwe na OP1 Pierre NKURIKIYE, uwafashwe ni Caporal Cyprien Rucyahintare w’imyaka 24. Yinjiye mu gisirikare c’Urwanda mu mwaka w’2011.
OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko uwo yafashwe akorera mw’ikambi ya gisirikare y’ahitwa Gabiro, akavuga ko nawe nyene avyiyemerera, mbere akiyemerera kandi ko yize ibikorwa vy’ugusuma urusaku, ari navyo igiporisi kivuga ko yariko arakora mu Burundi.

Mwomenya ariko ko Cyprien Rucyahintare ubwiwe amenyesha ko atigeze afatwa, akavuga ko ariwe yishikanye ku nzego z’umutekano.


IGIHE

Messages

  • Mbega ibi juju iyo buba ubwumwe bwaba ikindi mbega mwi baza ko bitanzwi ivyo murimwo vyo kubesha no gutanga amahera no kurementanya mbega umuntu yo banza kuza kuneka mu biki ko ibintu mubikora ku mugaragaro abantu babona aho gusa muriko murondera ingene muja mu Rwanda gu subira kwica gusa abi Burundi Nti baba hagije mwabinwa Maraso mwe

  • Ivyo biragoye kwe mera kwa rukuri, koyoba arumusumyi wurusaku. ego arashobora kuba arumunya rwanda ya teguye irementanya nyu burundi nurwanda, nakare baribasazwe batumvikana. na Kagame Paur akaba sazwe afise abansi biwe bamurwanya haba mugisirikere canke hanze yi gihugu, noneho biteye amakenga kuko yivugirako ariwe yishikanye mugi Porisi.

  • Komera Cyrien. Maze Werekane Nabandi Murikumwe. Amaraso Yagiye Abahumira. Naze Atange Inkuru.

  • Urwanda Ruratanguye Guhinyuka

  • Komera Cyrien. Maze Werekane Nabandi Murikumwe. Amaraso Yagiye Abahumira. Naze Atange Inkuru. Abasoda B Urwanda Bagiye Kuja Barahungira Mu Burundi. Kagami Yarabahenze Kandi Yabuze Aho Akina! Peter Rindira Aze Amwereke Ko Yishikira Mubiro Vy Imana. Ubwo Busoda Bwose Buzomuta Bwiyizire Iwacu. Ceceka Gato Mwirabire Yooo!

  • Usibye ubujuju been bwanyu, murunva hari uwakwemera ibyo muvuga mubeshya abantu, nimukore ibyo mukora muve kurwanda ruterimbere murebera

  • Uwo ninzererezi ntago ari nkotanyi kuko twe turatera si duterwa kandi turi kubaka igihugu dushaka ibyaduteza imbere ibibi byi nambara turabizi naho inkotanyi zije mwarara mwi mutse oyeee pk

  • abarundi baransetsa rwose iyo bikirigita bagaseka. ubwo erega mwatoye imuntu mumupakira ibyo agomba kuvuga ngo mukunde mubone uwo mwegekaho ibibazo byanyu. ni mutuze mutekereze neza mumbwire niba maneko yabyize wayibaza ukimara kuyifata ikaguha amakuru yose nkayo mwavuze. Naho ibyo gukomeza gusomborotsa MUZEHE WACU umunsi yabafatiye ingamba ni ukubirukansa kugera nibura mumashyamba ya Centrafrique.

  • Mbega ivyo mukora tavyo muzi umwanya umwe ngo ububiringi none Nyamitwe arabuzugurukomo tasoni afinse erega politique irigwa kandi nsugukina abantu mumashaba canke kurima amavoka igabo zurwanda isi yose irazizi umusi bahaguruka Peter ya rara ikigoma muri tanzania

  • Iryo nirementanya niba mushaka kuguma muhiga buhongo umunyarwanda wese aba muburundi mubesha Ngo nabaje guhungabanya umutekano mbe nukugira muhume amaso urwanda Ngo ntiruze rubishuze abantu barwo mumaze kwica canke aho ngomuba mugomba kwerekanako mukomeye burya urwanda rwinjiye Koko mubibazo vyanyu ibintu bibabikimeze uko bimeze zamurareka kwihumuriza

  • Abarundi baratwenza.yababwiye ko akora mu yihe division y’igisoda;muri batallon ya kanga he?... Ntimuzi igisoda Muri inyeshamba.iyo n’interahamwe

  • hhhh nta nkotanyi ineka I fatwa gutyo muzobaze iyo ninzererezi yishakira kurya ahubwo mumugaburire , haramutse harabaje kunteka peter mwosanga ari Kigali ndani, rero mubeshye abonyene.

  • Ndabatwenze umupfu ntiyinukira kabisa mwebwe nkurwanda murabinako mwokanga uburundi mwaragerageje ariko mwarabonyeko bidashoboka mushaka nubu muraza tuze tubereke iyo bwera butabagawe mbega aho mwivugisha ntamudurumbanyo muriko muzana Mu Burundi wibazako ukuri kutagiye ahabona,abantu bacu mwafashe harimwo ba aboubakar atwara aba motard akagarukira iyo rwotera izuba mwari muziko ukuri kutazomenyejana imana Niyo nkuru uburundi numukoroni yarabusize namwe muzobusiga ari uburundi uku twogira twihore basha mwobibina muzibaze neza abarundi twanka kurenganywa impera nimperuka ukuri kuzoja ahabona.

  • Aba DD vyarababuriy kabisa. Ivyo ni umwana akivuka yokwumva ko ari irementanya.
    Umusirikare atazi abamutwara, ngo yarafashw ariko w akavuga ko ariw yishikany atafashw, ngo yaj kwakira abari bashats guhirika ubutegetsi ngo abajan mu Rwanda. Ariko nta ni soni mugira kwenyaguza mu bubeshi iminsi yose.
    Bibananira gukora imigambi yoteza imbere igihugu muguma murondera abo mwagiriza ngo babaza gukora.
    Ico cerekana ko mutagira ubushishozi n,ubushobozi bwo kurongora igihugu.
    Igihugu si nk,ishamba kiragoye.
    Ariko urabona ko muguma mwifata nk,uko mwabikora .
    Kwica, kwiba, gushurashuza, gutyoza abandi, guhohotera abo mwita abatavuga rumw ariko na can can abatutsi ngo muriko muhora 1972.
    Nimugeza aho trop c,est trop.
    Kandi nobamenyesha ko muzotegerezwa kwishura ibi muriko murakora

  • Umuntu wakemera ibi ni utagira ubwenge. Ngo Corporal yafashwe agiye gusaba abihayimana mu kindi gihugu ko bazabika intwaro/ibigwanisho! !!!!
    Iyi mission ni gute u rwanda rwatuma umusirikare muto mu mishyikirano ikomeye nko kubika imbunda mu bihaye Imana? ?? Hari habuze abarundi barwanya iyo leta batumwa gushaka aho zibikwa niba uwo mugambi uhari koko???

  • Erega muribesha kuko Rwanda rutere imbere kumusi naho aba DD . tibazi ivyo barigukora canke kuvuga impanuro baha nibagarure icabwenge zaba huntu bomoye mugihugu naho ivyo peter barimo na kagwi kiwe nyamitwe na bunyonyi numugani wumwana wikirara bamaze imisi batuka ububirigi none nyamitwe arimo abuzugurukamo tasoni

  • menya neza munamwigho bihagije inyumayivyo mucemwiga agashimwe kameze neza kamukwiye mwamuha kuko nawe ntaneza yadushakira arimuribabandi

  • Nahanw Hakurikij Amategek

  • Ivyo murementanya birashaje,iyo jeux ntikibaho nta mwanya u Rwanda rufite woguta ku Burundi, rufite vyinshi vyo gukora atari ukuneka ba bikeneye bakoresha abandi batari uyo.

  • Pfa Mwambay Va Kuba Nya Rwanda Mwe Twabahinye Zamani.

  • Njye ndamutse mfashe umusirikare wumu caporal ngo ni maneko wikindi gihugu ntabwo nabishira mwitangazamakuru kubera ko atarumuntu ukanganye kandi ari umusirikare wo ku rwego rwo hasi. Umu officer mukuru nkuriya ngo twafashe caporal yewe birabayobeye. Abaturage ngo nibo bamufashe, ngaho police

  • Ntawokeka ko atari irementanya kuko nta maneko yishikana kandi naho yofatwa aba afise ibyangombwa bimuha kwinjira mu gihugu. Ni irementanya ryambaye ubusa kandi babikora uko ni intwaro ikora diversion ibibazo bafite bavyegeka kubandi none bariko bavuga ko bafise ivyemezo. Uwo musoda mutoya aja gusaba abihebeye Imana aho yobika abarwanyi kandi ata na équipe arenza mu gisirikare yoba uwahe? N’atange umwidondoro ukwiye, hanyuma Ambassador w’ Urwanda azirungike kubayobozi bamukorereko bamenye uwariwe. Turazi ko budget y’uburundi ubu ikoreshwa n’abo ba SNR kuko izindi ministères sociaux zatswe uburyo kanatsinda ibigega birera none bari kuyakoresha mu marementanya. Ntakindi bashoboye uretse la mediocrité kandi ntibinatangaje urebye abo bita abayobizi i Burundi. Mu mateka y’ibyo bihugu byamye uko ariko uwibaza ko ari kugumura abantu niwe azobibazwa. Aha Peter ari gukina n’umuriro kandi abandanije uzamuturira nta kibuza

  • ko avuga ko ariwe yishikanye mworaba urubanza rumukwiye kandi mukamugirako amatohoza akwiye.
    kubwanje umuntu nkuyo yidondoye kugeze hiyo akari inyuma karahinda.

  • ewe reta yibujumbura muraremvye nukuri murata mutora umengo ntimukigira umutima munda uyu munsi nububiligi, ejo nurwanda , haryiyejo ni buyoya na bagaza mbega ayo marementanya mugira ga mwabinywamaraso mwe hari uwutabazi henda abazungu nibo boroshe guhendwa nayo abarundi turabizi ivyo murimwo murakitweara agatwe.

  • U Rwanda rwabura kohereza umusirikare warwo muri Darfur, Centrafrique, Haiti, Juba n’ahandi aho agira icyo yinjiza mu isanduku y’igihugu no mu muryango we ukagira icyo wunguka bakamwohereza mu Burundi pour quel interet? ubu turi muri monde ya benefice aho utungukira nta muntu muri iki gihe uhakora investissement Plz wake up Dear Burundian

  • mwerekanye ko muri inyeshamba mudafite aba professional mu gisonda ntaho mutaniye ni nterahamwe ziri mu mashamba ya Congo, kweri umupolisi mukuru agatinyuka ngo twafashe gaporal asuma urusaku hhhhhh , numwana ukivuka ntiyobyemera rwose gusa mugeze habi , mukore icya 2 kuko icyo mwakishe echoue hahahaha.

  • uwo yafaswe nahamwebirakwiye nibobaduhungabaniriza umutekano

  • bamaze namwe muzagende muhungabanye uwabo niba mubishoboye, twabarambiwe nibigambo byanyu apuuu

  • hhhhhhh, abarundi rwose muradusekeje pee u Rwanda rufite igisirikare kiri professionel pe ntabwo tugira abasirikare ba amafuti nkabo ntabwo bajya muri mission nkizo , cpl winjiye igisirikare muri 2011 ntabaho iki ni igisirikare cyahehe se ?? abaturage b’ uburundi muhumuke mufungure amaso mwirinde abo bashaka guteranya na abanyarwanda, nta kibazo dufitanye rwose .

  • Ibyaribyobyose Uburundi si Congo ,umuntu ashobora kuvuga Uwashaka .ariko akadasizeho kabagasema rekatubitegamaso aribyo ataribyo harigihe amagambo azashyira ibikorwa bikajyambere .mwaretse kwirata mukarindururimi kobyababyiza kurushaho!!? Urwanda n Uburundi ninkamahasa ejontawuzibyanyu .mwijuru har ,Imana

  • nimumupfunge uwoguherayo kuko yagomba gukegera igihugu

  • Ewe Burundi warakubititse!! Ariko kweli tubure n’ibintu birimwo ubwenge tubesha, tukirirwa twiha amenyo y’abatwenzi ngo U Rwanda aha u Rwanda hariya!! Ehe amakungu yose asigaye aduharira ivomo, ehe imfashanyo zose ziriko zirahagarikwa, turisamburirako nk’impene aho kuvyemanga ngo dutore inyushu tukabihenurira ku baturanyi badafise aho bahurira navyo!!! Yamara twisubireko twigarure iyi ngendo iragayitse ntabwo u Rwanda arigwo rwazanye mandat ya gatatu na manifestations mu Burundi!!!!!!!!!!!

  • Ehe ayo maso! Ehe ingene araba!
    Nta Nkotanyi iraba nkuyu mugabo. Ehe araba nkuwishwe n’ibitabi. Apuuu!

  • Guteka umutwe ntibizabahira kandi imfashanyo zabafaransa ntazo muzabona kuko urwanda ntabwo ruzabaha impamvu nimwe yo kujustifia ibyo mubeshya abazungu, ngaho mumushyire kuri Voa avuge aho akomoka nababyeyi be cg abo bavindimwe

  • NDAFISE IKIBAZO KABISA. ABARUNDI B’UMUTIMA , ABASHINGANTAHE BAGIYE HE? UBURUNDU BUSIGAYE BURI MU MINWE Y’ABAMENJA, IMIHIMBIRI, ABAGESERA.
    ABARUNDI BAZI KWIHWEZA BATEGEREZWA KUGARURA IGIHUGU HAKIRI KARE, BAGAFATA IRYA MIHIRIMBIRI, IYOBOWE N’INTERAHAMWE Nkuruziza , MUGABO YABE nkurumbi.

  • oyaabanyarwandabibazayukobatazohinyuka?uburerokonunvisebagenziwebamwihakananibavugekuwobazofatabazocabamutamuriyompimurakoze

  • Ako kagabo bagahaye amahera ngo kabakorere irementanya, ivyo vyara ntayigihe,ni babure kwicariribibazo bafise ngo na marementanya muzohava mutahira amarementanya gusa.

  • uravye ingene asamumaso numwicanyi kwavugango yishikanye aha mu BURUNDI nihoharimunkotanyi?cankeyaramaramaye acaradedemba.baryanabobafatirwa muri TANZANIA twamatwumvanabo bababishikanye?nabandibazofatwa tu!

  • Eweburundibwacu,ehejemubiganiro,nahandiho,ikotayizibakoreshe,mukurwanya,kagame,,bibeshera,ngondumusirikare,wugwanda,murarushepe,ivyanyu,numwana,ntiyoreka,kubibona,kwarububeshi,ikizi,muratumaramaje,abahutu,,ikigomberwa,yariporitic,nukudakumira,nawewimereye,nkayanyodwi,

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.