Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyiyerekano yatumweko na Pascal BARANDAGIYE ntibonwa kumwe
Imyiyerekano yatumweko na Pascal BARANDAGIYE ntibonwa kumwe
samedi 13 Ruhuhuma 2016, par
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwatanguje kuri uwu wa gatandatu, imyiyerekano izokwama iba ku minsi ya gatandatu, mu kiringo c’amezi abiri, muma komine yose agize igihugu c’Uburundi. Muri Reta y’Uburundi bamenyesha ko ari imyiyerekano y’ugushigikira amahoro, ariko mu mu buserukizi bw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi bakabonamwo imyiyerekano ya poritike.
Muri iyo myiyerekano yamenyeshejwe na Pascal Barandagiye, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, ni imyiyerekano y’ukwiyamiriza Reta y’Urwanda yagirizwa ko ariyo iriko ifasha abarondera guhungabanya umutekano w’Uburundi, hamwe n’ukwiyamiriza Major Petero BUYOYA yahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi, nawe yagirizwa kuba ariko akorana na Reta y’Urwanda kugira ashobore kugaruka kurongora Uburundi.
- Pascal Barandagiye, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu
Mu gihe ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bumenyesha ko iyo myiyerekano yatanguye kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2016 ari iyo gushigikira amahoro, mu buserukizi bw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi babona ko ari imyiyerekano ya poritike, bagasaba abakozi babo bose ko bogabanya ingendo zabo kuri uwu wa gatandatu kuva igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu z’agatondo, gushika bahawe irindi tegeko.

Nk’uko tubikura mu butumwa bwandikiwe abakozi bose bo mu buserukizi bw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi, Gabriel FAYE, umuhanuzi ajejwe ivy’umutekano, yamenyesheje ko amakuru baronse kandi yemejwe n’ababikurikiranira hafi, avuga ko iyo myiyerekano yateguwe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu inyegeje izindi ntumbero za poritike.



IGIHE
Messages
13 Ruhuhuma 2016, 10:53, par me
hhhhhhhhh sha abayobozi baba rundi baranshimisha hama iyo myiyerekano yubucucu irakoriki Ku Rwanda sha ntumuzi abazungu rindira ubukene bubakubite muzombarira aba cndd FDD bari kwirira ivyo mwaruhiye namwebwe muri mumihanda kwiyeerekana hhh none ninde ubirayeko hhhhh
13 Ruhuhuma 2016, 11:21, par kamaro
iyi nigasopo kurwanda...nibaraba nabi turashika mpaka kigari....urwanda rugiye kutubona pe....
13 Ruhuhuma 2016, 11:24, par Hitimana François
Yayaya!Ariko Imyirekano nahitugejeje,har-uwosubira? yaba adakomey pe! Enda nimuze mwese tuje mumyiyerekano yogusenga IMANA.
13 Ruhuhuma 2016, 11:29, par Bella
Mbega ubujuju bw’abatwa ngo ni abategetsi!!
13 Ruhuhuma 2016, 11:42, par Imbonerakure y’ukuri
hahahahhahahahihihihihihih...ariko koko mu Burundi hari ibijuju vyinshi, nkawe Kamaro iyo uvuga ngo mpaka kigari , urwandarugiye kutubona , ubwo koko ibyo si ukwikirigita ugaseka?!
13 Ruhuhuma 2016, 12:09, par Joflin Master NIYUKURI Ensemble
None kobari kwamagana urwanda aho kwamagana nyirabayazane!ahubwo icombona abarundi bari bakwiye gufatana munda bakarebera hamwe icazanira umurundi amahoro maze ubukene butwugarije bugahera!nayahandi baja gutakaza umwanya mugihe urwanda ruguma kubikorwa rwiteza imbere.
13 Ruhuhuma 2016, 12:18, par Yva
Leta yabarundi irikwanganisha abaturage tuzabemera nimuza byibura mugakorera iyo myiyerekano kukanyaru tubahe isomo mutazigera mwibagirwa
13 Ruhuhuma 2016, 12:29, par rwanda
Hahhaahahhaa abarundi noneho ubanza banyweye peteroli! Wowe wiyita kamaro wakwibeshye ukegera byonyine
13 Ruhuhuma 2016, 13:19, par EMANWEL
AKOKANYENZI KAYOBOYURWANDA KABANJE KWICA BENEWABO MUBURUNDI NTIKAHAZI ABARUNDI NTAMOKO DUPFA KAGAME ATIKEBUTSE IMANIGIYE KUMUGARAGAZA AZOTUBONA
13 Ruhuhuma 2016, 13:56, par signorina
En fait Urwanda rwa Kagame rwibagiye yuko Uburundi atari Congo kandi ko Uburundi butavogerwa. Buyoya nawe nabe arasubiza amero mw’isaho, igihe ciwe cararenganye niyabandanya atera ikibazo Uburundi tout simplement niguca bamuvugutira kuko igiti ntigishobora kugukora mu jisho kabiri.
Ubiravye neza Kagame ariko asema, niyihenda akagwana na Barundi azoba ashaka urupfu rwiwe kuko Urwanda na kuva kera narindi ntirwigeze rutsinda Uburundi bwa Ntare RUGAMBA.
13 Ruhuhuma 2016, 14:00, par John
Biraboneka ko Nkurunziza diplomatie yamunaniye akaba ari kwifashisha abanyagihugu nk’intwaro yo kugirango agume ku butegetsi ku ngufu, kuko kujya mu mihanda ntacyo bimaze Kuko uko ni ugutsindwa muri politiki, kandi ni igitekerezo kirimo ubwana bwinshi, aka kanya bibagiwe ibyo abagiye mu mihanda uburyo babahiga buhongo, ubuse Nkurunziza navaho bazi gute ko uwamusimbura nawe yahiga izo mbura mukoro zirirwa mu mihanda. So barundi mureke gushukwa nabo banyapolitiki bafite icyo bagamije kuko abanyarwanda ntacyo mupfa na gito muri abavandimwe, kandi mwibuke ko muri politiki nta mwanzi wa burundu ubaho.Murekere politiki abayapolitike mwirinde ubacamo ibice agamije inyungu ze.
13 Ruhuhuma 2016, 14:13, par ALEXIS
NTAWOREKA KWIYAMIRIZA KAGAME NA BUYOYA TWIBUTSE IVYOTWABONYE 65’68,72,88,93 EMWE NUKURI UWO BUYOYA HAMWE AGARUTSE MUBURUNDI KUTUZANAMWO IVYO TWASEZEREYE NUKURI TWOMURYA ABONA
13 Ruhuhuma 2016, 14:18, par burundi
mbegaharya u rwanda gwaratey uburundi?nakamenyo twihaye cagwa nibiki?turiko tubona barundi vyacaganye kabisa ivyikiringo pe
13 Ruhuhuma 2016, 14:53, par lILI
aliko abarundi ko bakomeza kugaragaza ubugoryi ubujuju wamugani wabo. abantu igihugu bacyigize sodoma na gomora. ngo baliyama urwanda . ibi babyita kulindagira. abanyarwanda barabareba ibyo mulimo musenya igihugu . bo biyubacyira urwanda . ngo kagame kagame ndimwebwe ahubwo namusaba inkunga yibitekerezo kuko mwe mumitwe yanyu ntagisigayemo. nimba hali nikigeze kubamo.
13 Ruhuhuma 2016, 15:19, par HAKIZIMANA Télesphore
Jewe nibaza ko abagiz reta y’uburundi na can cane abatwara cndd-fdd ko batew namadayimoni,mbega KAGAME niw yabwiy nkurunziza ngwo atwar mandat atarekuriw ariy yashiz igihugu mu magorwa kirimwo?nkurunziza nakumbure yiyez imber y’Uwuhoraho arek kuguma adukwegera mu mabi yadusizemw kdi isi yose isemerera.
13 Ruhuhuma 2016, 15:38, par Fundi
itinde niherezo ibi bintu birafise iherezo kandi bizoduhitanamwo Imana Idufashe Nahondi Peter Ivyo Muvuga Ngo Mugira Mumuhirike Avuga Make Aca Imigani Ariko Mwitonde !Baramukanze
13 Ruhuhuma 2016, 15:58, par Igipina
Hahaha!!! Mbega ba bwenge buke! Ngo u Rwanda nirwo kibazo harya? Yewe, mugihe mucyibereye mu bujiji, byanarenga, mukayoborwa n’injiji z’abagome, ntimuteze kubona igihugu cyanyu kigiye ku murongo!!! Que des incompétents!!! Imana ibarinde, rwose!!!
13 Ruhuhuma 2016, 17:03, par ntawe
iuyo bavyita. mastilibation politique.
13 Ruhuhuma 2016, 17:12, par Kimana armand
Iki ni icerekana ko dutwarwa n,abarwayi bo mu mutw.
Barish abanyarwanda urwanda rurinumira, barapfunz, barasahuy amatunga y,abanyarwanda nta kajambo bumvis none ubu ubushirasoni burabamaz ngo bazomesa President Kagame.
Aho mwumva bakomey? Kagame niw atumy uburundi batwarwa nabi, niw yantumye mwica abana b,uburundi, niw akorera muri dokumentation, niw akoresha Uwamahoro?
13 Ruhuhuma 2016, 17:17, par che
ibi vyose nuguhumya amaso amakungu ngo ntabone ubwinyi bukorerwa abarundi. C’est d’une incompetence indescriptible!!
13 Ruhuhuma 2016, 17:36, par moon
why does burundian ONU say that those demonstrations are politicized? no, but burundian ONU wants only to politicize them as it is accustomed to do because the organisers of those demonstrations have just published their target.so,don’t seek to use thy political strategies to criticize them !Then, burundian ONU shoulds function impartially as well as it is a worth institution of the world.
13 Ruhuhuma 2016, 18:38, par Sharif
Ewe Kagame, Abanyamerika barakwigaramwe izuba ryaka none uzoca uba wande? Abanyamerika bobo barakurindiriye kw’ikona, hanyuma tuzoba twunva ivyawe.
Iminsi y’igisuma iraharuwe.
13 Ruhuhuma 2016, 19:40, par Pajo
Mana dufashe ibibintu.
13 Ruhuhuma 2016, 19:46, par omega
ooooooooohh yes. imana ishimwe abanyarwanda bomowe niryoshano ngo ni kagame bagiye gutahuka mugihugu cabo.
13 Ruhuhuma 2016, 20:13, par evariste
nkawe kamoro ubwo Burundi butagira nikibuga kindege yewe mwarwaye mumutwe ntituzategerezako mwambuka nimudushaka muzadutumire tutabira ubutumirebwanyu kandi tu,itwaza in zimano
13 Ruhuhuma 2016, 20:14, par evariste
nkawe kamoro ubwo Burundi butagira nikibuga kindege yewe mwarwaye mumutwe ntituzategerezako mwambuka nimudushaka muzadutumire tutabira ubutumirebwanyu kandi tu,itwaza in zimano
13 Ruhuhuma 2016, 21:11, par Musazawabo
Murabura kubyuka mukora ngomurirwa mu mihanda muhwitagira amahanga ababeshya ubukene ngo mutahe naho ubundi abanyrwanda twese turi nkotanyi twaciye mungando mujye mutobona mutubonemo ijisho rya muzehe wacu PK buri mu nyarwanda anezwa nokubona igihugu cye gitera imbere oyeeee PK
13 Ruhuhuma 2016, 21:13, par Mpazimpaka
Ikibazo cy’uburundi ni Kagame. Il faut le lessiver (ni ukumumesa). Uwo mwicanyi itunga ryiwe (genocide)acuruza mumakungu ntaryo abarundi bakeneye.
13 Ruhuhuma 2016, 21:30, par karenzo
MBE uyo muntu avuzeko abarundi ari ibijuju kandi ivyo bavuga ari ukuri, burya ntimubonako abanyarwanda mwataye imitwe ,
13 Ruhuhuma 2016, 22:00, par jackson
ntanarimwe igihugu gitwagwa numu sirikare co kwigera kibonekamwo amahoro nareke gutimpfane kuri ku rwanda ahubwo nareajure areke guhuma amaso ONU
13 Ruhuhuma 2016, 22:09, par kaka
Hhhh ngo Kagame abaye uwande mana we murababaje murabagabo ni murase Isase rimwe mugwanda ndabamera murabe ingene tubakosora mwa bwebwe mwe
13 Ruhuhuma 2016, 22:31, par miburo
Biriko biraza! Batanguye gusara no kwangara kubera amaraso y’inzirakarengane ! Imana ihe ubwenge Abarundi!
13 Ruhuhuma 2016, 22:33, par M
Izo nimbura kimazi nta bwenge zigira, uwonumwanya bariko baratakaza mukuja mumabarabara, aho gufatisuka gobitezimbere.bahendwa ni zo mborerwa mumitwe bananirwa gutunganya igihugu ngokije mwiterambere basunikira abantu mubitagirikimazi. ariko ivyo sigitangaza iyumuntu ya ta yumutwe nivyiyumviro bitomoye baramuherana, agasigara akora nkivyuwatayumutwe.ndabagaye nukuri kandi nimwe mwigayishije.
13 Ruhuhuma 2016, 22:36, par tugirire ikigongw bn wacu!
shishishi!! Karaneze!nimuz dusenge bayo nimuz duseng!mw murko murikwegera akava hejuru nukuri! Ndavuga mwumv kuburupfu rwafash,umw ws kwikunda gsa jw raba nday uku muga nteramiy amahoro!hos twizibiy ejo tuzoshihana kubra ubujuju mubana babantu.rabaka !!
13 Ruhuhuma 2016, 22:45, par Ruduha
Ngo buri wa gatandatu mw’ibarabara?Mubure kuja mubukogwa rusangi ngo muja mw’ibarabara.Imvunja zizobarya mpaka.
13 Ruhuhuma 2016, 23:41, par Ngirwa
Mwese abandika aya macommentaires biboneka ko ntacyo muzi na gito.Ababizi rero barinumiye
14 Ruhuhuma 2016, 00:21, par Muco
Abarundi bamwe bamwe mwaraguye muri système diabolique y’Urwanda ngo gende mumare abanyu, mubakuremwo imitima, mubashahure, mubaturize acide, n’ayandi mabi ngo niho amakungu abona ko ubwoko bwanyu bubangamiwe. Mwaraguye mu mutego wa shetani ihangamye i rwanda wo gucuruza jenocide n’ibiziga, none mwagira ngo bizijana? Amakungu yarabahinyuye teshwe mute kuko amaraso y’abanyu kandi musangiye ubwoko azobahumira. Mwarikoze mu nda hagarike.
14 Ruhuhuma 2016, 00:37, par nya
abarundi mwakoze iyi myigaragambyo ubanza mwari mwanyweye urumogi!
14 Ruhuhuma 2016, 01:09, par Daniel
@sharif, kura urwanda mukamwa, america nigihugu kandi urwanda nacyo nikindi gihugu nacyo kireba kure kandi kigakurikirana inyunguzacyo, ibyo bigambo muharagura nogutuka urwanda nabayobozi barwo ntacyo byabamarira.
14 Ruhuhuma 2016, 06:41, par Meursault
Mugihe cya Habyarimana na CDR ye indirimbo yari:’’ Impuza mugambi ziharanira republika abahutu turi maso’’ maintenant avec le CNDD-FDD:’’abarundi (abahutu)turi maso’’.La même solidarité négative yuzuye amacakubiri n,ubwenge buke! Ntabwo kwirirwa mu mihinda muririmba l,agression du Rwanda aribyo bizagarura amahoro mu Burundi.Votre problème est interne même si Nyamitwe et toute la bande à Nkurunziza jouent à la myopie de ne pas le voir.
14 Ruhuhuma 2016, 06:55, par ernest
Ndateye ivyatsi iyo nyifato igayetse kandi iteye isoni yimigumuko iriko iragirwa nakokarwi kinkorabara karongowe nuwahoze arongoye uburundi nkurunziza mugushaka guteranya abarundi babaryanisha bongera babacamwo ibice inyuma yimyaka itarimike bibaniye mumahoro vyose tubikesha amasezerano yarusha ahantitwibagiye nigendo iteye isoni iriko iragirwa nakokarwi kaba dd babicanyi atakindi kibaraje ishinga Atari ukunywa amaraso yabenewabo bashaka kuduteranya nibindi bihugu mukwifatira mugahanga perezida kagame nkaho umengo niwe yabatumye guhonya amategeko igihugu kigenderako mugushaka kwigumiza kubutegetsi kwa nkurunziza kuri mada3 ndiyamirije iyonyifato yibihugu vyamahanga vyananiwe gutorera umuti ibibazo vyogarije uburundi nabarundi kandi babizi ngobabuze abobicanyi kubandanya bahekura uburundi nabarundi mugabo batanguye kubaha impigi mukuvugako urwanda ruriko ruratoza impunzi zabarundi ngozitere igihugu kandi Ari ikinyoma mbe ahobavuga Ngo urwanda rubarungiki muri Congo rwashoboye kubakira rukabarwoshobora nokubaha iyomyitozo bavuga rukaba rwonanirw nukubagumizaho ngohama nyimba arugutera batere bavuyaho nyene turabizi ko nkurunziza nakarwi kiwe barungitse imbonerakure mubihugu vyose vyakiriye impunzi kudurumbanya umutekano wimpunzi biyita abarwanyi mbega aho izompuguke za ONU zibeshango zahuye nabarwanyi18 ngonibobabibabwiye warabonye umuntu yokwimenera ibanga akanarimenera uwitwa kwariko aramufasha mbe kwimbonerakure zirirwa ziranyagara mumakampi yimpunzi zitoteza zongera zica kwatacegeranyo barazigirira
14 Ruhuhuma 2016, 07:11, par TADE
JEWE ICONOVU KURIYO NKURU BUYOYA NTITUMUSHAKA NAKAGAME NTITUMUGOMBA
14 Ruhuhuma 2016, 07:29, par john
Nugusenga cane
14 Ruhuhuma 2016, 10:22, par kagame’z
Abahutu baramaze gushika nibabihoze ntibate umwanya wabo ngobagomba gukura mzee,mbonako bazotinda bagahera nakare basanzwe arimparugwa!!! Ubu sinkakera ibintu vyarahindutse kandi nukuvyemera nukubimenyera kuko nabo barabirinze depuis avant meme 1960,nimwihangane batutsi bacu ntakundi!!,
14 Ruhuhuma 2016, 14:26, par Rusakumba
Wa muntu wiyita Nya, izina n’iryo muntu. Ruka urwo rumogi turunywe nimwe mwarutwigishije. Umututsi azokwitonda, akifata rushingantahe nta kibazo tuzobana neza mumahoro. Mugabo uwuzokwigira agasuguru ko muci uwo wewe tuzokwihurira. ubu si cagihe mwashigikirwa n’igisoda canyu c’igitutsi mukiri aba SANS ECHEC, ubu hoho caracanzwe, uwuzokwigira sur’ivu tuzokwihurira. Uwo mugambi wokwica benewanyu b’abatutsi ngo muvyegeke Ku bahutu.Uwomugabi warabataye k’uwamazi.
14 Ruhuhuma 2016, 14:44, par roza kamikazi
izo mburakimazi zitagira ico zikora atari ukunywa amaraso yabenewabo, ico nzi co nuko cpi ibabona bitebe bitebuke kandi ndazi ko batazoshika la haye kwiruka nayo kagame izo mburakimazi ntizizopfa zimwegereye raba ingene igihugu ciwe gisa urabe iwacu ico nzi co nuko bidatevye muri mukuja gusaba akazi ko kwoza amasahani na ma wc.
14 Ruhuhuma 2016, 15:18, par Rwanda Dukunda
Solution ni ukwigiza kandi kure cane izo mpunzi z’abarundi. Ariko jye ndasanga ibyihishe inyuma atari ibyo......NI MANDA YA GATATU YA PAUL KAGAME. Tubyitondere rero,tuvuge amagambo make abaze. Twitegurire Vision yacu 2030-2050
14 Ruhuhuma 2016, 15:18, par Rwanda Dukunda
Solution ni ukwigiza kandi kure cane izo mpunzi z’abarundi. Ariko jye ndasanga ibyihishe inyuma atari ibyo......NI MANDA YA GATATU YA PAUL KAGAME. Tubyitondere rero,tuvuge amagambo make abaze. Twitegurire Vision yacu 2030-2050
15 Ruhuhuma 2016, 09:49, par remi
Nimwihweze.baracafis,iciyumvirokobuyoyanakagamekobazobaha.igihugubiyumvirakohatwarangeze.cankentaryamirabuyoyayabatankiyoyabo
15 Ruhuhuma 2016, 10:04, par Kirugu
Cyakora abarundi muyoborwa nk’ibitungwa koko!
Kagame niwe wabwiye Nkurunziza ngo yongere yiyamamaze ko aricyo cyateye izomvururu zanyu?
umva mwabarundi mwe,
Nimureke kwirukanka ku imisozi kuko ikibazo kiri kubirukanka mo,
nimwicare migikemure mureke kwiteranya n’abanyarwanda,
Gusa icyo mbabwiye cyo nimwanga kutugisha inama tuzayibagira ku ingufu kuko ntimuzakomeza kwica inzirakarengane tureba.
15 Ruhuhuma 2016, 10:34, par KENEDY
Mr, Nyamitwe mushake icafasha abarundi bose, nimushyira amaproje yanyu muvyamoko namwe amaherezo ntimuzomenya ingene vyagenze, please i like burundi and burundians but i hate the way you treat your nationals for just your interests, I think you dont have to keep blaming our country in steady of finding solutions to the matters pertaining your country. Nimurabe igihugu cyanyu ingene kimeze!!! Mumakungu murabanyuma murivyose, none se ubwo bwicanyi nibwo buzabageza aho mushaka,No no no no, Twebwe abana burwanda ntabwo tuzemera kubona abantu bicwa nubwo mwirata ngo Souvereignity, Only souvereignity, ntakindi, how can just that a single person be a problem to millions of people????????? What did he contribute to his Country???? Be logical and wise, Imana izodufashe twese kuko wica umuturanyi ejo ana bawe bagasaba uwiwe mwese mwarahonye. Dukore vyiza nivyo tuzavanamwo ivyiza, nibibi navyo biraturindira.
15 Ruhuhuma 2016, 11:14, par Boubou
Nkurunziza ni akomeze kwica ariko igihe ciwe kiregereje.Amaraso y’abarundi amaze imyaka mirongo ibiri n’itatu asesa ntazogenda atamuhumiye ndakurahiye! Abo yita abatutsi ngo boba bamubangamiye nabo Système ya Havyarimana ntaco itari yakoze ngo ibahonye? Ariko igitangaje n’uko batashoboye kubahonya kandi batabatsinze! Ubu mbere nibo babatwara! Ivy’i Burundi navyo reka tubirabe iyo bija ariko ndizeye ko hazotsinda ukuri uburundi bukaba ubw’abarundi aho kuba ubw’abahutu canke ubw’abatutsi batagira ikimazi.
15 Ruhuhuma 2016, 13:29, par mike
Abarundi.mubanze mwicare mutuze,kuko mufite ikibazo cy’imitekereze.iyo mwirirwa muvuga ngo Kagame niwe ubateza ibibazo mufite.koko mwumva muri bazima.Ingero nyishi zifatika:ubu se niwe washyizeho umutwe w’ingegera witwa imbonerakure birirwa bica bagasahura baturage,niwe se wohereza abapolisi n’abasirikare kwica abantu?n’andi mabi yose mwirirwa mukora.Rero ikibazo cyanyu kibarimo ntabwo ari Urwanda.Kagame aahangayikishijwe n’iterambere ry’Urwanda ntabwo afite umwanya w’amabwa yanyu.be honest.
15 Ruhuhuma 2016, 15:41, par Kagome
Bamwebamwe ntibabibona ariko jew ndabibona kandi ndanabitahura cane. Kuba abatutsi bariko barakora ubwicanyi bunyegeje ntibintangaza ariko birambabaza kuko arukwica baribarabikoze imyaka myinshi atacamira. None imyaka 10 kuribo numurengera batarasubira gufata umuhoro nicumu ngobice abantu babaziza ubwoko bavukany, bakabahora amazuru batiremeye. Iryohonyabwoko mudukwegeramwo ntiturikeneye abahutu suko tumeze. Nimwabandanya mwumvira kagome muzomara abavukanyi banyu. Murakwiye kwishikana mukareka uburundi nabarundi: abahutu nabatutsi badashaka iryohonyabwoko ryanyu mwagize music babe muburundi amahoro. Nayo kagome wewe ivyabahenda abironderamwo inyungu ziwe gusa.
15 Ruhuhuma 2016, 18:50, par turaje
musarire iyo mujye mwikirigita nimurangiza museke, nzashima umugabo uzambuka akanyaru ngo araza kudusakuriza ,intambara zamagambo twarwanye ninyinshi , uburundi ntacyo mufite mwebwe mujye mugabanya amagambo ahubwo mushire mubikorwa nibwo twobashima ntimuzigera mwumva president kagame abasubiza ntarimwe iyo niyo difference sasa
15 Ruhuhuma 2016, 22:40, par Bom
Hahahaha!!!!!Abarundi byarabachanze kabisa.
16 Ruhuhuma 2016, 08:16, par Byegeka Issa
U Rwanda n’U Burundi twamye turi Abavandimwe. Nkurunziza yima ingoma Kagame yaramushyigikiye, iby’i Burundi bijya gucika bahuriye i Butare mu Rwanda, Peter yanga inama, Nyamara muri Discours ze yahoze avuga ko Kagame ari Grand Frere mu kuyobora. Umwana wanze kumvira ababyeyi yumvira......Barundi murebe kure, mwishorwa mu myigaragambyo y’ubusa. Kagame ntacyo abatwaye! Bibahuma amaso ngo mwibagirweumwanzi ubarimo mukwiye kurwanya kandi mwaratangiye! Imana yo mu ijuru musenga nibahumure muhweze, musenge kandi izobumva.
16 Ruhuhuma 2016, 10:40, par Guess what?
Ariko kweli abategetsi b’Uburundi baricara bakiyumvira?! Iyo birengagiza ukuntu bariko barasambura igihugu, babesha abarundi ngo n;U Rwanda, ariko hambavu ya vyose aba jeunes baricwa ijoro n’umutaga nta kirengera amaraso araseseka umunsi k’uwundi kandi agaseswa n’abayobora uburundi!!! nta mugambi w’iterambere numwe ukivurwa mu Burundi kiretse imigambi yo kwica no kwigisha amacakubiri!!! None ngo KAGAME, KAGAME, KAGAME..., muteye isoni kubona mwica igihugu, mwica abanyagihugu mwarangiza mukirirwa mubakoresha amafuti ngo bariko biyamiriza u Rwanda nkaho umenga nirwo rwazanye manda ya Peter n’akajagari kose kakwirikiye!! MBEGA BATEGETSI B’UBURUNDI, KO MUTEMA IGITI MWICAYEKO, NIKIRWA MUZOJA HE??? MUKWIYE KUGARURA AKENGE KUKO UVYO MUKORA BIZOBAGARUKA MUTISUBIYEKO NDABARAHIYE!!
16 Ruhuhuma 2016, 12:14, par MUVUNYI
Ariko Abarundi bakunda ibyo bakinisha. Kagame Paul baramuzi, ndibaza imbere yo kuvuga umuntu ubanza ukabaza amateka yiwe. Ubushishozi afite ntabwo yakora ikintu kitagira iherezo n’umuntu akunda intsinzi kandi akabigeraho. Abarundi nimba bashaka ko Peter avaho nibakomeza izo manifestation biyamiriza Kagame. Nabandi baramutinya uretse izongegera za Barundi zitazi icyo zikora zahawe ubutegetsi nabazungu. Na Peter atinya kuvuga iryo zina nawe arabizi no mwa mbobo mwe nimwe mwiha kuvuga amagambo asebya Kagame, ibyo byose muzabona igisubizo cyabyo vuba.
16 Ruhuhuma 2016, 15:33, par kazungu
Ariko barundi bene wacu mwaretse kwanduranya koko!!!!!!! murabona His Excellence PAUL KAGAME yoba hari inyungu afise mu gihugu canyu koko?
16 Ruhuhuma 2016, 17:55, par vugukuri
Hano hari abanyarwanda bene wacu bandika ibintu babwira ABARUNDI bene wacu bakibwira yuko bari kubwira IMPUMYI cyangwa ABARUNDI bayobewe ibibera mu RWANDA cyangwa ibyabaye. KAGAME se n inde umuyobewe???? GENECODE ahora avuga mu RWANDA FPR itera mu RWANDA hari intambara mu RWANDA? Cyangwa GENOCIDE yabaye kubera intambara KAGAME yateje mu RWANDA? Umunyarwanda wese uvuze ibyo ahinduka interahamwe?
Prezida NTARYAMIRA W’ I BURUNDI yishwe na nde? Mwibwira yuko ABARUNDI bitababaje? Ngaho baza icyo kibazo mu RWANDA urebe yuko utarara upfuye?
M23 muri CONGO les abakarishyabwenge ba ONU ntiberekanye yuko ari KAGAME wari inyuma ya M23 muri CONGO? hanyuma guhera 1997-2001 KAGAME ntiyakoresheje ABATUTSI b’ABANYAMURENGE yifuza gufata CONGO nuko INDONGOZI y’ABANYAMURENGE MUHAMIRIZA agatera ibyatsi KAGAME?
KAGAME yashatse guteza AKAJAGARI muri TANZANIYA bituma abanyarwanda bose TANZANIYA ibirukana ku ngufu.
KAGAME si IMANA ni umuntu nk’abandi ikindi kandi ni IGIKORESHO CY’ABANYAMERIKA N’ABANYABURAYA kwiba UBUKUNGU bwo muri AFRIQUE CENTRALE abushyira ABAZUNGU. Ubu se ko agenda atugira ABANZI B’ABARUNDI, ABANYEKONGO N’ABANYATANZANIYA mubona ari ISHEMA ku RWANDA.
KAGAME niwe uteza AKAJAGARI muri AFRIQUE CENTRALE akingirwa ikibaba n’ABANYAMERIKA N’ABONGEREZA!!!
Kubeshya abanyarwanda ngo nta mokoabaho warangiza ngo GENOCIDE???????
kUBESHYA ABANYARWANDA ngo baramukunda usibye abantu icumi gusa???????
Kandi byose ari igitugu gusa gusa uvuze ibyo FPR idashaka batoragura IKIZIGA ciwe mu gisagara??????
Kubeshya abanyarwanda ngo nta wundi ushobora kuyobora U RWANDA kugira abanyarwanda bose IBIJUJU NTA SONI IGITUGU GUSA??????
Ni nde munyarwanda wari uzi yuko KAYIBANDA azasimbura UMWAMI ?
Ni nde munyarwanda wari uzi yuko HABYALIMANA azasimbura KAYIBANDA?
Ni nde munyarwanda wari uzi yuko SINDIKUBWABO asasimbura HABYALIMANA?
Ni nde munyarwanda war iuzi yuko BIZIMUNGU azasimbura SINDIKUBWABO?
Ninde munyarwanda wari uzi yuko KAGAME azasimbura BIZIMUNGU??
KAGAME yashyizweho n’ABAZUNGU anyuze mu mivu y’AMARASO kandi abo bazungu nibo bazamukuraho.NAREKE GUSHOTORA U BURUNDI IBIHUGU BY’ABATURANYI,CONGO, TANZANIYA N’ UBURUNDI
Hanyumase imyigaraganyo dukora i KIGALI yo kwamagana ,abongereza,abafaransa, abadage..mwibwira yuko iyo ABARUNDI babikoze
badafite ubwo burenganzira bwo KWAMAGANA ABANZI BABO?????????????????????
16 Ruhuhuma 2016, 17:57, par JD
AU ROYAUMES DES AVEUGLES, LE BORGNE EST ROI(Entouré de personnes ignorantes ou stupides, un individu doté d’un maigre savoir ou d’une maigre intelligence passe pour un génie.) Murahendwa basha. Iyaba muzi aho igihugu kiriko kiraja ntimwokoze ivyo.
16 Ruhuhuma 2016, 19:27, par Bizowabizo
Jewe nasomye ama comentaires yose nsanga hariho abantu bafata ibintu binenegwe canke batazi gusom ibimenyetso vy ibihe.
Kagame yagiye gucokoza uburundi ingaruka muzozibona, intambara yatanguje izoherera i kigali kandi vyavuba cane, uburundi si Congo iyomyiyerekano mwanka ndazi ko izoruhukira kukirimba kwa kagame, burakeye!!!!
17 Ruhuhuma 2016, 07:37, par mimi
Wewe wiyise bizowabizo,ahubwo uri zuzu!!!abarundi mwagera ikigali muhunze gusa naho kumasasu hoho tubahariye sindumja na alshababu!!!heee mwacha muzihenzira se!!!!
17 Ruhuhuma 2016, 12:31, par soso
hahahah Abarundi bari kwikinisha.Kagame ntibamuzi
19 Ruhuhuma 2016, 11:00, par ciza
Manque de maturite politique niyo ibatuma gushora abanyagihugu mumabarabara ngo muriyamiriza uRwanda. Murashakira ibibazo aho bitari uRwanda ntirubanezwe nta n ico rubashakaho tuza duturane. Muraronderera ibibazo ahatariho kandi ntimuzoteba kubona ko mwibeshe cane
20 Ruhuhuma 2016, 20:30, par sicaire manirakiza
ubwo kagame araziko ugutwi kw,impene kwumva kokeje?ubwo arubahuts guhangana n,uburundi? nyamuburur ikimuhanura niw nyamubur ikimuhamba.kand agasoz k,intahanurwa kahiye abagabo babona.mutama tekana ahandi ho ntiwokoroherwa!!!
20 Ruhuhuma 2016, 20:33, par sicaire manirakiza
ubwo kagame araziko ugutwi kw,impene kwumva kokeje?ubwo arubahuts guhangana n,uburundi? nyamuburur ikimuhanura niw nyamubur ikimuhamba.kand agasoz k,intahanurwa kahiye abagabo babona.mutama tekana ahandi ho ntiwokoroherwa!!!
21 Ruhuhuma 2016, 22:49, par Déo Nshimirimana
Aba Dd Nihatari Ntibabaho Ivyobakora Vyose Nimigambi Ya Politique Mbigusa.Baje Naho Batwifatire Ngo Nimyiyerekano Mbe Bayikorera Mu Burundi Ni Baje Mu Rwanda Mbese Ugira Batagiye Bafatiramwo I Bihano Kubakozibabo Boronka Bangahe?Atari Noguhenda Urwaruka Rwimbonerakure Gusa Ruhendwa Nihatari Ni Mucezo Wandi.