Irak : Abantu 79 baguye mu bitero

Yanditswe na IGIHE
Kuya 3 juillet 2016 saa 11:08
Yasomwe : 13059
0 0

Igiporisi ca Irak kivuga ko abantu bagera kuri 79 bishwe abandi barenga 131 barakomerekera mu bitero bibiri vyakozwe n’abarwanyi ba Islamic State, i Bagdad ku murwa mukuru wa Irak.
Mu gitero ca mbere cabaye kuri uwu wa gatandatu, imodoka yari irimwo igisasu c’ubwiyahuzi yaturikiye hafi y’inzu y’uburiro hamwe n’inzu y’iguriro, mu gace ka Karrada.
Amabarabara yari yuzuye abantu bariko barasuma, benshi muribo bakaba barakomeretse, abandi bahasiga ubuzima.
Igisasu ca kabiri caturikiye mu gace (...)

Igisasu ca kabiri caturikiye mu gace kiganjemwo aba Shiya, mu majaruguru y’umurwa mukuru Bagdad.

Abantu 79 nibo baguye muri ivyo bitero, abagera kw’ijana na mirongo itatu n’umwe nabo barakomereka, nk’uko bishikirizwa n’igiporisi ca Irak.

Kumenyekanisha

1
Mganyizi 4-07-2016 à 20:47

Mashambu Rizi Dhidiya Raiya Yamezidi Kiwango Duniani Eemungutu Okowe Ugaidi Huko Irak ume Garimu Maisha Raiya Wingi Wasiyo Nahatia Nawapa Pore Wariwo Fiwana Nduguzao Huko Irak

2
MUYAHUDI 3-07-2016 à 18:27

UBUGIZIBWANABI NTIBUZOPFABUHEZ KWISI ? MANA TABARA ABISI TURAGERAMIW ! MPOJEJ IMIRYANGO YABUZ IMANA YAKIR ABAYO

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha