Iraki : Abiyahuzi bagandaguye bamwe mu bantu bari mu bugeni

Yanditswe na IGIHE
Kuya 30 août 2016 saa 01:47
Yasomwe : 12024
0 0

Abategetsi ba Iraki bamenyesha ko abiyahuzi batatu baturikije amabombe ahariko habera ubugeni, abantu bagera kuri 15 bahasiga ubuzima.
Itororokanirizo ry’amakuru ry’Abafaransa ryatangaje ko abantu 20 bakomeretse muri ico gitero cabereye mu gisagara ca Ain al-Tamer.
Ico gisagara catewe kiri ku birometero bishika 50 uvuye mu gisagara ceranda c’i Karbala kirwiriyemwo Abayisilamu bo mu bwoko bw’abashiite.
Abo bategetsi ba Iraki bamenyesha kandi ko ata muhari uriyitirira ico (...)

Abategetsi ba Iraki bamenyesha ko abiyahuzi batatu baturikije amabombe ahariko habera ubugeni, abantu bagera kuri 15 bahasiga ubuzima.

Itororokanirizo ry’amakuru ry’Abafaransa ryatangaje ko abantu 20 bakomeretse muri ico gitero cabereye mu gisagara ca Ain al-Tamer.

Ico gisagara catewe kiri ku birometero bishika 50 uvuye mu gisagara ceranda c’i Karbala kirwiriyemwo Abayisilamu bo mu bwoko bw’abashiite.

Abo bategetsi ba Iraki bamenyesha kandi ko ata muhari uriyitirira ico gitero.


Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha