IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > One nation Ministry > Isanamu nshasha y’ururirimbo"Rizasohora" rw’umurwi "One Nation (...)

Isanamu nshasha y’ururirimbo"Rizasohora" rw’umurwi "One Nation Ministry"

jeudi 15 Rusama 2014

Inyuma yaho umurwi "One Nation Ministry" umenyesheje ko urukwirikirane rw’umurwi rwa mbere rugiye ahabona, bakatubwira ko rugizwe n’indirimbo 13, zigera kuri 12 zifise amasanamu (video), amasanamu ya zimwe mu rizo ziriko zija ahabona.

Hasohotse isanamu(Video)y’ururirimbo rufise umutwe w’urukwirikirane rwose "Rizasohora"

Aha munsi hari isanamu ya "Rizasohora"


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.