Jihad John yoba yaguye mu gitero

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 Munyonyo 2015 saa 03:25
Yasomwe : 48960
0 0

Igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika cakoze igitero c’indege ziguruka zitarimwo umudereva, ico gitero kikaba carondera Jihadi John intagondwa yo mu murwi wa kiyisiramu IS (Islamic State)
Jihadi John yakozweko ico gitero asanzwe ahora aboneka mu masanamu yerekana abantu baturuka mu bihugu vya buraya na Amerika baba bagizwe imbohe, mu nyuma akerekana amasanamu ariko abakerera amazosi.
Abategetsi bo mu gisirikare ca Amerika bemeza ko bishoboka cane ko Jihadi John w’ubwenegihugu bw’igihugu (...)

Igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika cakoze igitero c’indege ziguruka zitarimwo umudereva, ico gitero kikaba carondera Jihadi John intagondwa yo mu murwi wa kiyisiramu IS (Islamic State)

Jihadi John yakozweko ico gitero asanzwe ahora aboneka mu masanamu yerekana abantu baturuka mu bihugu vya buraya na Amerika baba bagizwe imbohe, mu nyuma akerekana amasanamu ariko abakerera amazosi.

Abategetsi bo mu gisirikare ca Amerika bemeza ko bishoboka cane ko Jihadi John w’ubwenegihugu bw’igihugu c’Ubwongereza yoba yaguye muri ico gitero.

Mu gihe vyoba arivyo ko uwo Jihadi John yoba yaguye muri ico gitero cabereye mu gisagara ca Raqqa muri Syria, abarwanyi bo mu murwi wa IS (Islamic State) boba babuze umwe mu bantu bakomeye bahora bategura ibitero bikomeye.

Kumenyekanisha

1
Mpozamarira Erias 18-11-2015 à 04:13

Uwovyemera nuwoba sanawe Hasani, kukuwunezerwa nuko mwe se akerewe nawe numwicanyi. uwomutima wawe wubukoko nuwikuremwo. abazungu wanka ntamusi numwe uzokwigera umubona ngaho kwaso wawe.

2
Mpozamarira Erias 18-11-2015 à 03:59

Uwovyemera nuwoba sanawe Hasani, kukuwunezerezwa nuko mwenese apfuye nawe aba rumwicanyi.

3
hassani 14-11-2015 à 20:45

ewe muntu wiyise #pontien#sha,ntabwenge ufise.ati kuberiki!wewe utabona ukuntu intambara hanini ziterwa na bazungu!ubaye nuwambere!gusa usanga bafashwa na benegihugu bakebake nuko wewe mbonye wazanyemwo nivyo amatongo nyimbariyo akuraje ishinga ntumbaze.jewe rero navuze ivyonzi.

4
hassani 14-11-2015 à 20:43

5
Nyandegeya 14-11-2015 à 06:21

Konumva Mwica Abakora Ibibi Iburaya Mukoresheje Ibitero,mu Burundi Habuz Iki?Muzokwikangura Abantu Baraheze.Mushaka Muzoteragire Abandi Babe Mu Burundi?

6
Mpozamarira Erias 14-11-2015 à 05:30

Ako kagabo iyo bagafasha amaboko kakabazwa neza.

7
Pontien 13-11-2015 à 22:35

Ewe muntu wiyise Hassani, ivyo uvuga wogira urwaye mu mutwe! Ubwo nyene urakwije? None Mu Burundi , Murwanda, Congo, n’ahandi hose hari intambara ninde muzungu urabona ariko arabatemaguza ibipanga? Ninde urabona yaje kukwaka itongo ryawe? Abakurwanya nibenewanyu muvukana mupfa amatongo ikindi naco inda niyo mupfa mupfa ubutegetsi! None mu kubateranya mweho ntabwenge mufise? Namba atabwo mufise nimwihane mwizere Yesu mumusabe abubahe mureke guhendw! Ubwo wewe harii uwoguhenda ngo wice so canke maman Wawe ukavyemera ufise ubwenge bukora neza? Umuntu wese yica abandi uko ari kose ntabwenge azi , n’igipfu kandi n’umwicanyi, n’umurozi!
Hindukirira Imana muve mubitagira ikimazi kuko inyuma ya vyose hari urubanza!

8
hassani 13-11-2015 à 20:35

naho woba wapfuye warintwari.izombwa za bazungu ayobama badukoreye ararenze.guteranya abanya frika.nkuwokwica obama na bazungu bose basangije ivyiyumviro amahoro yoboneka kwisi.nabobiheba ntibosubira kubera biheba kubera akarenganyo bagirirwa na bazungu reba paresitina abaho bararenganwa atacamira ubu biyahura mugucumita imbugita abanya izirayeri kubera atabundi buryo.isi ibuze amahoro kubera abazungu.uwutavyemera ninde?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha