Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rwanda : Abarwanyi bakekwa ko ari aba FDLR bateye ikirindiro (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Rwanda : Abarwanyi bakekwa ko ari aba FDLR bateye ikirindiro (...)

Rwanda : Abarwanyi bakekwa ko ari aba FDLR bateye ikirindiro c’igiporisi

dimanche 17 Ndamukiza 2016, par egide

Ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi mu gihugu c’Urwanda buvuga ko abantu bakekwa ko ari abo mu barwanyi ba FDLR bateye ikirindiro c’igiporisi kiri mu murenge wa Bugeshi, mu karere ka Rubavu, mu ntara y’uburengerazuba, ahahora hitwa Gisenyi, ku rubibe Urwanda ruhana n’igihugu ca Congo.

Mw’itangazo ubwo bushikiranganji bwasohoye, Lieutenant Colonel Rene Ngendahimana, umuvugizi w’igisirikare c’Urwanda yamenyesheje ko aba bantu banjiye Urwanda bavuye ku butaka bwa Congo, ariko akaba atavuze igitigiri cabo, nk’uko tubikesha BBC.

Uwo avugira igisirikare c’Urwanda amenyesha ko igisirikare c’Urwanda cashoboye gusubiza inyuma abo barwanyi, bongera basubiza ibintu mu buryo. Mu gihe mw’itangazamakuru ricishwa ku mbuga ngurukanabumenyi havugwa ko hari abaporisi babiri b’Urwanda boba baguye muri ico gitero, hamwe n’imodoka imwe y’igiporisi c’Urwanda yaturiwe, iryo tangazo ry’ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi ntirivuga ivyo vyononekariye muri ico gitero, n’abantu boba bahasize ubuzima, iryo tangazo rikavuga ko ayandi makuru aza gutangazwa hanyuma.

Ico gitero cabaye kuri uwu wa gatanu.

Photo: KigaliToday


IGIHE

Messages

  • kabarebe ati fdlr ntiyamara isaha .kagame nawe yungamo ati ndiko ndaribwaribwa .none aba fdlr 20 niba binjira bakamara isaha irenga numva uwa bagwiza na 4 .intara imwe igaterwa naba fdlr 20 ivya kagame na kabarebe vyaba bishobotse

  • nabado....... urwanda ruhora rwiratango ruratera ntiruterwa, none ivyovyabaye nibiki?. bivurwako yarimirwano ikomeye cane gose kuko abaporisi umunani8 baburiwe irengero kuko FDLR yabashimutse, ebabawe!!! ngahora reta yurwanda nibanguke itanguze imishikirano ibiganiro ninyeshamba za FDLR bitabayuko FDLR izabatimbagura mpaka.....uburundi bugiyekubakoraho mamayangu ndabarahiye. ngaho inkotanyi nizambuke muriCONGO zibanze zihure ningabo zuburundi nazozibakubite.....@ mboneyeho kumenyesha abarundi bumutima ko uzokoresha IZINA kamaro mugucafuza reta yuburundi uyo ntazobarijewe, kuko hari uwuheruka kurikoresha kuriryankuru yo kujabe murakoze.

  • Eh!nabado "ruriyabandi rutakwibagiye"mwama mutwenga mwasamye banyagwanda,ngiwacu i burundi ngo turahonye!rindira muzabona! ndibuka mucunamo kagome yavuze ngo;icompa bakaza vuba nkwereke;none kagame wakoziki kutahageze ngo ubagwanye reka sha rindira kowumva abanyagwanda bagukunda ntibaba barabafashe?reka sha!abakugwanya baraho nyene mukarere tuje gutora iyo teremusi unywera kwicayi

  • bamaso izonimbnerakunyazibujumbura

  • Ariko hari abarundi b’ibigoryi ntarabona! Niba mubashyigikiye kuki mutazanye na bo? Abantu baje bakarasa barangiza bakiruka bagasubira muri Congo iyo baba abagabo kuki batagumye aho bafashe? Ntago turagera aho dupfusha " ADOLPHE" cyangwa ba lieutenant colonel. Muzapfa muri ibijuju mwa barundi mwe! Gushyigikira FDLR ntago ari byo bizabakura mu bucucu mwishyize mo mwa binyendaro mwe! Umugani wanyu bado na bado tuzareba. Ntimukigereranye n’urwanda ntago ushobora kugereranya amata n’amabyi. uzabaze uwo mu perezida wanyu wirirwa yihishe adashobora no gusohoka mu gihugu! Kikwete yavuye ho tuzaba tureba aho muzakuru uwundi. Uwabaroze ntiyakarabye!

  • Kagame arakoresha imvugo itari y’umupresida yokoresha, iyo mvugo yiwe igakwegera Rubanda. ubu rero ubutitiri bwashitse, tagura Kagame ube uritegura.
    Yemwe, hari umuhanuzi Gakwaya yari yabivuze kandi ivyo yavuze vyinshi biriko biraba.

  • Uyu munsi ni police yakosowe. Ejobundi FDLR izatwika amakambi y’igisoda. Maze tuzarebe Inkoramaraso Kagame
    Ibyo ivuga.

  • Apuuu, abo ntaho batandukaniye n’abasuma!

  • kabisa muri ibijuju mwa barundi MWe abobaje ko birukanse umuntu utera arirukanka ? bazaze barwane bafate iyo ntara muvuga kandi umunsi mwumvise hari umu general cg lieutenant wumusirikare yishwe muzabone muvuge ahubwo mwebwe twababwira na bado kuko nyuma yayo mabandi haciye hicwa abarwanyi ba CNDD FDD

  • @turaje. ni ukuri uri igipfapfa. none uragira ngo inyenzi nkotanyi zizi kurwana. muzumirwa nkuko byanditse MATHIEUX 5. Imidigi yizo ngegera zinkotanyi FDLR izayimena. ruriye abandi rutabibagiwe.

  • @RUKOCO, reka uri rukoco koko, FDLR uvuga hariya iba ugirango niyo yamye niba inkotanyi zitazi kurwana? cyangwa wibaza ko ariya mashyamba babamo niyo bishimiye kubamo? hahahhh aba DD namwe ntacyo mushoboye usibye kuvuga, ntimuzi politique ntimuzi no kurwana, mbona mukwiye kurima gusa, ubwo namwe mwiyegereje FDLR ngo babafashe nabarwanyi, barwanyehe se? ko birirwa barwana nabaturage ba congo babiba ibyokurya namatungo yokubaga. Sha muri bamwe pe ntimwibuka komwatsinzwe 1994 igihe mukoraga genocide mu Rwanda, ngaho muzagaruke igihugu kizabaha inzira nicyo kigowe.

  • @rwarukoco uzaze nawe ufashe intetahamwe bene wanyu dore ishamba ribamereye nabi
    hhhhh ikijuju gusa

  • @Turaje , kaka. Ko muvuga ngo FDLR ntizi kurwana ninde wirukanye Runyenzi/M23 igihe muta tonnes 300 z’intwaro. Niba muri abagabo ni mwegere ibirindiro bya FDLR murebe. Erega FDLR iri kumupaka kandi tonnes 300 niyo yazifashe. Naho kwiyemera mubyibagirwe kuko aho bigeze ntarugamba mushobora gutsinda. Ngo muraribwa!! Abapolisi 15 barishwe abandi batazwi umubare FDLR ibafataho ingwate..! Icyo musigaranye ni ukwiyahura mwimanitse nkuko inyenzi imwe yari yaragiye kuneka i Burundi yabikoze

  • Emwe mwa banyarwanda muvuzengo aba dd ntituzi kurwana? Muribijuju kagome wanyu atinya urwaruka rwacu rwi mbonerakure harakantu yobona ingabo zacu nimwabona mudusomborokeje muzobona ico imbwa yaboneye kwivomo

  • rukoco . FDLR imaze imyaka 22 iyerera amashamba ya Congo ko itaza ngo irwane ifate igihugu? nkuko bakibakuyemwo
    ikindi uzaze urebe aho uvuga NGO bafatiye abapolice icyo nigihuha tumenyereye nkibyo sowanyu runywa maraso nkurunziza yirirwa aradedemba abeshya
    umurwanyi mwiza aza aje ntasubira inyuma nkuko inkotanyi zaje
    uwo nawe wavuze urwaruka rwimbonerakunya ntacyo namusubiza kuko ariya namabandi yabicanyi kd mumaze iminsi mubabaye mwitwaje u Rwanda so ubabaye niwe ubandwa urugi muzaze mwihore turebe hahahhaa
    hari details nyinshi zigaragaza ubuswa buvanze nubujiji mufite muzagenda mubibona toujours nongeye kubashinyika kuko mbasetse nababyara apuuu.

  • Hahahhh, RUKOCO na Bacemwo, muri abaswa kabisa ese ko ntawunsubiza FDLR mumashyamba niho hayishimisha kuba? kobazi kurwana baje, namwe aba DD mukabafasha? Aba DD ntahantu hazwi mwarwanye, bari nkamabandi mwirirwaga mutega amamodoka mwiba munica abagenzi abo muretse mukabarisha amazirantoki, mwateje insecurite bibafasha kkugera kuri accord d’Arusha, naho ubundi nubu muba mukiri mukibira cyakoze muba mumaze kumara abenegihugu mubica.

  • @kaka. Ubanza uri umuhirimbiiri utavana amaboko mumpuzu!! Ubanza utazi aho isi igeze iyo uvuze ngo Runyenzi azi kurwana. Runyenzi yirikanywe za kinshaza, arahambirizwa za kisangani naza Uvira, Goma , Kibumba,.....kuburyo yataye tonnes amagana. None runyenzi ari mundiri ye(Rwanda) ntashobora kwinyagambura.

  • ahohose yirukankijwe nande
    uzasome neza amateka yinkotanyi
    binjiye habona kandi basohoka Congo habona ibintu bamaze kubishira kumurongo bariya nabagabo bazi icyo gukora apana uwo yirirwa yihishe mu mwobo nkifuku
    hazagire agapima tukakirizeho umuriro amahanga ahurure
    nuko gusa muvugira ahomuri nkibimuga bitazi kugenda
    turaribwaribwa mwaje koko

  • @kaka (igishwi). Kumenya kurwana ntabwo ari ukwirwa ugaritse umudigi nka Kabarebe cg Rurayi iyo amaze guhaga. Ese buriya kabarebe ntarwaye urushwima ra?????

    usahura ibya rubanda nkuko Runyenzi akora.

  • nta ntambara dushaka, dukeneye guterimbere, tugomba kubana mu mahoro kuko turi umwe! guyz we are one! one people!

  • Nimumufashe Gose Kandi Izonkotanyi Muzice Nanje Nzinshikiye Zanyicya

  • Ha Numva Ari hatali,uwubahuk Guhangana Na Mutam Nkurunziz,kagame Ww Tuzokwambr Iyo Pantalo Tukwambik Ijipo,abo Fdrl Nyimb Bakunyay Emer Ibiganir Hama Urek Kudusarana,twebw Turacuna ,abarund Wahenz Ukabih,nibijuju,bipfuz Uburund K Bumera Nkubwakagam?Nibatahe,turacuna!!!Ntamututsi Azosubira Gutwarigihugu,uwuzotera Intambar Muburund Nikijuj,intambara Yarahez Aho Twagwanira Agateka Kacu Twese Ibiremwa,tahe ,kagame Arabahenda,abo Ba Fdrl Bagiy Kumukorerako

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.