UA imenyesha ko indyane ziri mu gihugu zishobora kugira ingaruka ku karere

Yanditswe na IGIHE
Kuya 17 août 2015 saa 07:38
Yasomwe : 66402
0 0

Umuryango w’Ubumwe bwa Afrika uragabisha ko indyane za politike ziri mu Burundi zishobora kugira ingaruka mbi mu gihugu no mu bihugu vy’akarere.
Mw’itangazo ry’umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Nkosazana Dramini Zuma ryo kuw’Imana igenekerezo rya 16 Myandagaro 2015,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko ubwicanyi buba mu Burundi bwerekana ko Uburundi bugeze mu bihe bikomeye.
Muri iryo tangazo,Nkosazana Dramini Zuma amenyesha ko atewe impungenge n’ubwicanyi bwahitanye Gen Adolphe (...)

Umuryango w’Ubumwe bwa Afrika uragabisha ko indyane za politike ziri mu Burundi zishobora kugira ingaruka mbi mu gihugu no mu bihugu vy’akarere.

Mw’itangazo ry’umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Nkosazana Dramini Zuma ryo kuw’Imana igenekerezo rya 16 Myandagaro 2015,ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko ubwicanyi buba mu Burundi bwerekana ko Uburundi bugeze mu bihe bikomeye.

Muri iryo tangazo,Nkosazana Dramini Zuma amenyesha ko atewe impungenge n’ubwicanyi bwahitanye Gen Adolphe Nshimirimana yahoze arongoye igendereza ry’Uburundi,hamwe na Col Jean Bikomagu yahoze arongoye ibiro bikuru vy’intwaramiheto.

Umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika asaba ko ibiganiro vyosubira gutangura, mu ntumbero yo gutorera inyishu ibibazo vya politike biri mu gihugu.


Kumenyekanisha

1
MBAZU.SIMON 28-08-2015 à 06:55

TWEBWENKABANYAGIHUGUDUKENEYE.AMAHORO ?

2
EJIDE 26-08-2015 à 18:17

MIMI NIKASHINDWA KUMBUA UKWER WABURUNDI AU WARUNDI TUMELANIA AU MTU KAMA NKURUNZIZA NIMUBAA ANALA LAKINI HASHIBI ANASHIBA UDONGO IPO SICKU ATASHUKA KWANINI ASIACHIE WENGINE ?? BASI TUOMBE MUNGU

3
EJIDE 26-08-2015 à 18:16

MIMI NIKASHINDWA KUMBUA UKWER WABURUNDI AU WARUNDI TUMELANIA AU MTU KAMA NKURUNZIZA NIMUBAA ANALA LAKINI HASHIBI ANASHIBA UDONGO IPO SICKU ATASHUKA KWANINI ASIACHIE WENGINE ?? BASI TUOMBE MUNGU

4
Alain Fleury Nkurunziza 19-08-2015 à 12:34

Ibiganiro Kuba Vyoba Muga Nkuru Abanje Kurekura ! Atarekuye Ntamahoro Azopfa Abonetse Muburundi

5
Doris 19-08-2015 à 07:34

na 3eme manda dushaka

6
Eddy Aboubakar Nsabimbona. 18-08-2015 à 12:07

Amahoro Y’imana Abane Namwe.Imana Izibashimire Ntako Mutagira Ngo Mwibuke Uburundi N’abarundi,igisigaye K’uburundi Nibasabe Imana Idufashe Kandi Mugusaba Twiyeze K’uhorahora We Nyen’imbabazi Nyen’impuhwe.Maman Ntucik’intege,turakwera Uratuba Hafi Nk’imana Iri Hose.Ibihe Vyiza,imana Ibazigame.

7
Bijorya 18-08-2015 à 08:06

Ivyubundimbona aragahomerabunwa niborese imitimabemerecganire ahandiho ibararigiyekurwa

8
big 18-08-2015 à 07:55

kuvuga mwama mwavuze nne ko mubona vyabaye ndatse ntimworaba ico mwofasha mumagurumasha mureke kuzamuduhenda go mwavuze izovugo muze mushake mureke kuvuga kuko ntaco bidufasha abicwa babandanya kwicwa go iniyo african gwiravuze jew ndabona ko ata iniyo iriho ?

9
manirambona maraki 18-08-2015 à 07:03

jewe niyumvirako naho,ibiganiro vyotangura,nkurunziza atarekuye,ahe abandi ntaho bizotugeza.

10
Bona 17-08-2015 à 21:21

Ko Mwagize Amanama Aho Gucurubanza Kuri 3èm Manda Ururimi Rukagobwa Mwumva Mutumariyiki Ga Mwamakungu !!

11
Mahoromeza 17-08-2015 à 20:35

Barakabo Bamwishe Nawe Ntiyishe Bake

12
niyibizi 17-08-2015 à 19:35

nibicare baganire ahandi ho agahugu kacu kabaye amacuniro

13
Nduwayo Jamesi 17-08-2015 à 18:50

Ivyu Burundi Ni Vyugusegera. Amakugu Tiyahegere Twicanye,niho Bamvuga.

14
Nduwayo Jamesi 17-08-2015 à 18:25

Jewe Biratagaza, Babonye Umutu agaranywe Bakabona Kumvuga,none,ayo Makugu Yandufashiki ?

15
Acec 17-08-2015 à 17:46

Nimubabze mutuzanire abatumye abantu kurasa Adolphe, Zed Feruzi, Pierre C Monimpa, Bikomagu nabandintadondaguye ngaha, kukondikibdabona amakungu iyomubonye badukuyemwo umuntu mucamwoca igituru reta nabo ababikora bakaca bivayo mugukomeza bategura kwica abandibantu. Imbere yokuja mubiganoro turasavye muzotubwireko nimba hazobibiganiro vyareta nivyovyihebe bimazekurasa abobantunavuze na reta ! Ahohantu ntimugakinishe kuko abobantubarasa abavuga rumwe na reta nabomuri sosiyete civll bosebakica mukacamusimbango abanye polike nibaganire ngocanke abafise ivyobapfa baganire abanye politike batavugarumwe na reta nama sosiuete sivile bakacabumva banezerewe ngokuko birikobiragendaguryo ! Rekandababwire mwashaka mwokwitonda, kuko mugiye ivyihebevyishe abantu bakaca bababwirango nimuje mubiganiro kandi ababijamwo bagowebose kuko ivyovyihebe bibicamwese ndabarahiye baryabarikobaricabantu nivyihebe ngereranije ukwobabikora, namwemukajangaho mugashinyika ngo reka reta ikome ! Nonenindemurababanye politike aziyemererako ariweyishe abobantunavuze nabontavuze ? Gusa nuko turikoturabona amatohoza yerekana bamwenabandi mubarundi bamwe bariburundi nabari hanze babifisemwo uruhare mugutuma noguhuburyo abazagukora ibara ngaha muburundi ! Ahobizosohokera abeshi muzobonako bazobabakwiye kwitwa ivyihebe.

16
Jogingi Marahwe 17-08-2015 à 14:58

Hehee Mutama Jérémie Ribay Iryamber Urota Mwijoro ? Humura ! Nabandi Bararota Uburund Iman Irabuz Nicogituma Yabuhay Indongozi Zisenga Caane Nukwerekwa Zikerekwa. Uyu Mugor Zuma Naw Nyen Yarazirany Nkawew Gusa Ww Ngira Hari Cumi Nazibir Zumugoroba NTABIGANIRO BIGIKENEW ABAVYITEZ NIBAKURAMERO MWISAHO.

17
Falcon 17-08-2015 à 14:53

None ntimworungika FBI ikabarekebisha.

18
dusenge udusetani benutw twirukanwa nigisabish...,..ibisabish sivyomuyobew mubirengak mubizi 17-08-2015 à 14:02

bury abahut nimucubweng kuk nabatuts barabufis eherab umuhutaciyubweng acahungira mububirig ahoyogumy mugihug agagitezimber jem mama numuhut papa numututs ntabwokongir arik ndababazw nabenegihugu birirw bararyana uwupfuy bame bakarir aband bakarir nkahumeng nurukin rwumupir wamagur nkuwinjij atejumutw seng dusabimana ikigorw idukiriz uburund ivyamok mubirek gusenge

19
dusenge udusetani benutw twirukanwa nigisabish...,..ibisabish sivyomuyobew mubirengak mubizi 17-08-2015 à 14:00

bury abahut nimucubweng kuk nabatuts barabufis eherab umuhutaciyubweng acahungira mububirig ahoyogumy mugihug agagitezimber jem mama numuhut papa numututs ntabwokongir arik ndababazw nabenegihugu birirw bararyana uwupfuy bame bakarir aband bakarir nkahumeng nurukin rwumupir wamagur nkuwinjij atejumutw seng dusabimana ikigorw idukiriz uburund ivyamok mubirek gusenge

20
pacifique riyazimana 17-08-2015 à 12:25

Hewe barira urwanda rureke kwivanga muvyuburundi kuko ahandiho imana idakinze ibararizorwa

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha