Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB ishirahamwe
Uburundi buragiriza umunyamabanga wa EAC kuba ashaka ko buva muri iryo shirahamwe
Yanditswe taliki ya 27-08-2015 - isaha 13:21' na Van Naris Mugisha

Reta y’Uburundi ivuga ko ubunyamabanga bw’Ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko EAC buriko bukora ibishoboka ngo Uburundi bukurwe muri iryo shirahamwe, inyuma y’aho igihugu c’Ubudagi kibicishije mw’ishirahamwe GIZ bumenyeshereje ko butazosubira gutanga imfashanyo mw’ishirahamwe ry’akarere ka Afrika y’Ubuseruko mu gihe Uburundi bwoba bukiri muri iryo shirahamwe.

Nta gihe kinini giheze ubunyamabanga bwa EAC bwandikiwe n’ishirahamwe GIZ, Reta y’Ubudagi icishamwo imfashanyo iha ibihugu. Ibiri muri iryo kete ntivyakiriwe neza n’Uburundi kuko bwasabirwa gukurwa muri iryo shirahamwe rya EAC kugira imfashanyo y’Ubudagi ibandaye kuboneka.

Mu kiganiro yahaye Iradiyo Isango Star yo mu Rwanda,Umushikiranganji ajejwe iyinjira ry’Uburundi mu karere ka Afrika y’Ubuseruko , Leontine Nzeyimana, yavuze ko igihugu c’Uburundi, kiriko gikorerwa ibishoboka n’ubunyamabanga bwa EAC ngo bishoboke kive mw’ishirahamwe rya Afria y’Ubuseruko.

Yavuze ko Reta y’Uburundi iri mu Karere ka EAC ,kandi GIZ ifasha ariko ko idashobora gusambura akarere kubera imfashanyo itanga muri EAC,yavuze ko ari Politike y’umunyamabanga mukuru wa EAC ashaka ko Uburundi buva muri EAC.

Leontine Nzeyimana yavuze ko ari ubunyamabanga bwa EAC cane cane Umunyamabanga mukuru Richard Sezibera ariko arondera ko Uburundi bwokurwa muri EAC ,ariko amenyesha ko atazoshika kuco ashaka ko Uburundi buva mw’ishirahamwe ry’akarere ka Afrika y’Ubuseruko.

Ku kibazo co kumenya ico afatirako mukuvuga ko ari ubunyamabanga bukuru bwa EAC buriko butuma Uburundi bugaomba kwirukanwa muri EAC Leontine Nzeyimana avuga ko vyibonekeje mu nama y’abashikiranganji ba EAC kandi abitavye inama bose babizi.

Umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko Dr Richard Sezibera, yavuze ko ivyo Uburundi buvuga bidafise ishingiro, ko ariko bariko bakora ibishoboka vyose ngo Uburundi bugume mw’Ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko.

Ku bijanye n’inyungu Uburundi bwoba bufise muvyo buvuga nimba atari vyo, Dr Sezibera yavuze ko atabizi ko hobazwa abazanye ivyo vyagirizi kuko ari ibinyoma.

Ivyiyumviro vyanyu

gukura uburundi muri eac siwo muti wo kubufasha

6.09.2015 à 21:12
NGENDAKUMANA Jonas

rekareka abo,bhunz

30.08.2015 à 21:41
rajesh

karuranga ibyo wandiste ndakugaye. stupid guy like u,

30.08.2015 à 11:19
lili

Nizereko Karuranga Fred ibyo avuze atabivugiye abanyarwanda, ntamunyarwanda yabazi ubuzima twaciyemwo ngo acyurire abavandimwe bacu babarundi. kandi sinzi urwego yaba ahagarariye rufata icyemezo cyo kwirukana impunzi mugihugu. Murebe neza abantu bandika ibintu nkibi icyo baba bagamije kugeraho.

30.08.2015 à 09:13
Dudu

ntakundi ariko ivyo bihano vyos biterw numuntu umw gusa

30.08.2015 à 07:29
pascal azzaiz

@Avec. Aho gutuka Fidélité kandi avuga ukuri banza wirebe mumutima wawe kuko udatekereza nk’abantu. Buri gihe Commentaires zawe zuzuyemo gutuka abahutu. Nu ukuri uri Rubebe w’umupfayongo. Ububwa bwo warabuvukanye gusa nuko ntakuzi ubanza ufite n’umurizo !

29.08.2015 à 17:25
Ryangombe

@fidelite umviriza nkuyo ubugugu buzabashikana he sindavyumva witwa fidelite uri wenyine nkande sinzi iyo abantu bazoshika n ubugugu birababaje

29.08.2015 à 12:26
avec ?

Mwebwe mwitwaza amoko ni Bihugu ni migabwe. murababaje cane gosi. nobasaba kubanza gufukama tukihana tugasaba Imana imbabazi ikaduhindura kundi gusha. Amacakubiri ntaho azodushikana. ku Mana ntawushikanwayo namacakubiri canke gushira isoni canke gusesa amaraso. ivyo vyose tutihanye ntajuru tuzoronka. nitwihane tukiri kwisi. Imana ikidutegeye amatwi !!!

29.08.2015 à 11:44
Ntiharirizwa

ahubwo bari badutebeje kudukuramwo muri EAC

29.08.2015 à 11:04
MArtin Salum

mbe ndababaze cndd fdd ko yandikira ibihugu vyose byafashe ibihano birekure inkunga zose bahaga uburundi ni sezibera wa EAC yari yazugaye reka kujya murahenda abenegihugu mwitwaza indyane n ibihugu bituranyi nimwere twambare ibara nitwe twikwegeye turafise uburusiya n ubushinwa mugabo bazotugwanaho

29.08.2015 à 09:59
fidelite

@IYUMENYA=IMPUMYI YAHUMYE UMUTIMA kubera urwango yanga Abatutsi
wanzanga we iyo Peter atiyamamaza indi mandat agatanga umu Candidat uvuye muri CNDD-FDD aka kavuyo kose kaba kabaye ???
ubwo babandi bose bari contre mandat ya Peter batara Batutsi ko ari benshi(Usa,germany,na Barundi ubwabo kdi ba Bahutu bahunze bari bari munzego zohejuru mugihugu)urabashyirahe ???
plssss wabishaka utabishaka abatutsi bazagumya kubaho nkuko na bahutu bazagumya kubaho kugeza Isi irangiye###
Genocide mwakoze mu Rda yarikwiye kubabera isomo !!!!!
ngirango ubona ukuntu abatutsi buzuye kigali ndetse nahandi hose !!!
rero tuza kdi niba itabishoboye uziyahure

29.08.2015 à 08:41
Kigali

Abarundi murantangaje cyanee ;ntabwo muri patriotique na mba !!!amagambo muvuga agaragazako mufite umutima mubi wo kugambanira igihugu canyu birababaje .mumenyeko mudateze kuba Abanyarwandan’umunsi umwe.mwataye akaranga kanyu.Mwomenyako ko gukunda igihugu bigaragara iyo igihugu gihanganye n ;ibibazo.Hari n ;uwo numvise yifuzako Kagame yayobora Uburundi !!!NIMUDAHINDURA INGENDO UBURUNDI NTIBUZOTERA IMBERE.NDABAHANURE NDI UMUNYARWANDA.

28.08.2015 à 21:16
UMUNYARWANDA

Uyo muntu yiyita fidelite yabikoreye iki ?izi message za fidelite zo mu ma 6h si rwanje iyanje murayibona yo mu ma 17 et 18h,mbe kwiyitirira umuntu bisiguriki ?Hihihihiiiiiii,birantwengeje

28.08.2015 à 18:01
fidelite

Abarundi mwakoze erruer,imbere yo kuja mu bintu birimwo abanyarwanda mwari kuronderera ahandi mukabijamwo après,sinumva ingene mwibagiye ayo inyenzi zadukoreye i burundi mukagenda ngo muri kumwe,abo si abantu ,kuba bariko baraduteranya n’abagenzi n’ababanyi ntibikwiye kubatangaza ,rondera nyabuna izindi solutions ,bo bashaka abatutsi basubire bategeke uburundi,mwari mubazeyeko iki ?Tangura mukanure nyabuna murondere ama amitiés n’ibindi bihugu abo si abantu bo kwiyegereza kuko ntitumeze co kimwe,ni aba bandits guhera no ku bakobwa babo aribo bavyara,mwibazako hari iciza cobavamwo,nta amitié n’umututsi tangura muvyinjize mu mitwe yanyu.

28.08.2015 à 17:51
fidelite

ariko abarundi murasekeje ibibazo bibera iwanyu mubigereka ku Rwanda nukuvugako twe nkabanyarwanda mudufatamo nk’abanzi banyu none se niba ariko biri mwaje,iwacu mu Rwanda gukora iki iyo muhama iwanyu ubu ntimwirirwa ikigali mububare za gisenyi mutahibagiwe mwageze mwijuru cyurwanda none murijuse mwaraje mwiruka ngo murapfuye Tubahaye indaro munkambi no mu mazu yacu muratuje none ngo turanga ntasoni mugira... Leta yanyu iri muri EAC kubera twe nkabanyarwanda none ngo turi babi ese ubu tubirukanye mu Rwanda mwabungera mujya he ? Ese niduhagarika inkunga dutera leta yanyu muzabigenza mute ? mwibaze mbere yo kuvuga,,,,,

28.08.2015 à 13:40
karuranga fred

Gusa ndumva nsevye bitewe n’ivyo vyagiriji bidafise ishingiro vy’uwo munyacubahiro,nitureke kwimaramaza Bajama,BARUNDI BENEWACU

28.08.2015 à 12:25
EDDY

Gusa ndumva nsevye bitewe n’ivyo vyagiriji bidafise ishingiro vy’uwo munyacubahiro,nitureke kwimaramaza Bajama,BARUNDI BENEWACU

28.08.2015 à 12:25
EDDY

@ciza
"mwebwe muvuga gutyo mwarimuziko u Rwanda arirwo rutanga. cotization. y uburundi muri. eac ?"
Reka sha kubacurira ! Inzara iri mu Rwanda izura inzara hanyuma bakaronka ama mililyoni bacisha mw’idirisha bata ? Urabaza Murenzi Romain jewe tuzinanye ingene yaje aho ngo yinjiye inzego hanyuma akavaho yiruka asubira muri USA kwikubitira ibiraka vyiwe muri Mathématiques !

28.08.2015 à 11:21
Bakara

None Abobo Bavuga Ayabandi Ayabo Bakayicarako

28.08.2015 à 11:17
Drogba

None Abobo Bavuga Ayabandi Ayabo Bakayicarako

28.08.2015 à 11:16
Drogba
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.