Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburundi bwasubiye kwinjira mu muhora w’Uburaruko - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Uburundi bwasubiye kwinjira mu muhora w’Uburaruko

Uburundi bwasubiye kwinjira mu muhora w’Uburaruko

dimanche 8 Ntwarante 2015

Uburundi bwaraye busubiye kwinjira mu muhora w’Uburaruko, ivyo bikaba vyabaye mu nama yariko irahuza abakuru b’ibihugu n’amareta mu gihugu c’Urwanda.

Muri iyo nama Uburundi bwari bwaserukiwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gerevazi Rufyikiri, Uburundi, Ethiopie n’igihugu ca Tanzaniya vyari vyayitavye nk’abarorerezi. Uburundi rero bukaba bwasubiye kwinjira muri uwo muhora inyuma y’amezi atandatu, bwaravuyemwo. Abadandaza b’abarundi rero, bakaba bagiye gusubira kuhatorera akoyokwe, mu kwinjiza ibidandazwa vyabo, biciye muri uwo muhora.

Mwomenya ko iyo nama igira icenda y’abakuru b’ibihugu bo mu karere ka EAC, yuguruwe na Paul Kagame, umukuru w’igihugu c’Urwanda, ikaba yitabwe na Uhuru Kenyatta wa Kenya, Yoweri Museveni arongoye Ubuganda, Salva Kiir wa Sudani y’Epfo, umukuru w’igihugu c’Uburundi yaserukiwe n’icegera ciwe ca kabiri Gervais Rufyikiri, Jakaya Kikwete umukuru w’igihugu ca Tanzaniya hamwe n’uwaserukiye igihugu ca Ethiopiya.


Aristide Nizigire

Messages

  • mbega ko President w’uburundi adaseruka iyo hari anama zikomeye zaba President arahatinya aho aba President bari so erega atinya ko bahava bamubaza kuvyo ariko aronona muburundi aho ubona utinya adatinya uzobibazwa pe!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.