Accueil > Amakuru > Rwanda > Umuvyeyi wa Paul KAGAME yitavye Imana
Umuvyeyi wa Paul KAGAME yitavye Imana
dimanche 22 Munyonyo 2015, par
Asteria Rutagambwa, umuvyeyi w’umukuru w’Urwanda Paul Kagame, yitabye Imana kuri uwu wa 22 Munyonyo 2015 mu bitaro vyitiriwe Umwami Faycal. Nyina wa Paul KAGAME yahitanwe n’ingwara.
Mu butumwa yanditse ku muhora wiwe wa Twitter, umukuru w’igihugu Paul KAGAME yamenyesheje ko uwo muvyeyi yabuze yamufata nk’umuntu adasanzwe.
Paul KAGAME yagize ati : « Ndabizi abavyeyi b’abagore baba badasanzwe ku bantu benshi […] Uwanje yari yihariye kuri jewe. Yasezeye isi. Imana imuhe iruhukiro ridashira.»

Ubutumwa bw’uguhoza umukuru w’igihugu Paul KAGAME bubandanya kurungikwa

IGIHE
Messages
22 Munyonyo 2015, 20:48, par eliezel
imana imwakire mubwamibwayo, turahojeje umuryango wabuze
imana ibahe kwihangana
.ndashimiye president kagame koyakiriye Abarundi bahunze. imana ikomeze imubehafi
gusa adusigiye umugabo wijunja nijambo. president kagame niwirambire urintwari
22 Munyonyo 2015, 21:01, par jipe
kamae poresana!
22 Munyonyo 2015, 22:23, par Marcel
Eka nyene yari umuvyeyi adasanzwe.usivye ko yari yaribarutse umwana adasanzwe yitwa Pierre Kagame jewe nyarucari twari twarigeze guhura...Uko yaganira, uko yifata yarafise une vie glorieuse en elle...Uwo bahuye wese naganiriye yitangaza..Imana imwakire aronke une vie eternelle.Abo asize nabo bihangane.Igisabisho yahora asengera abana biwe, abanya rwanda eka n ba cuti na bandi bose ntaho caroye.imana yarakigumije.Rero mwese mwari kumwe nawe mwifate.muri abakristu .Ntivyoroshe mais avec le tps muzotahura ntawuhora kwisi.Aho yaroye ni heza.Komera muri vyose
23 Munyonyo 2015, 08:31, par Mpozamarira Erias
Imana imwakire muri paradiso, turahojeje umuryango usigaye wose.nukwihangana aha turi turingenzi duchaho twirenganira iwacu ni mwi Juru kubakoze neza, Mwihangane mwihangane.
23 Munyonyo 2015, 08:37, par JOHN
ALL THESE TWE ARE VERY PEOPLE WHO ARE ATTACKING AND GIVING ARMS TO TUTSI EXTREMIST GROUP IN WHOLE BUJUMBURA WHILE PETER HIDDING AND PRAYING.!
WE LOVE YOU KAGAME YOU ARE OUR BROTHERS ,BUT BE CAREFULLY .ATTACKING YOUR BROTHER OF BURUNDI MIGHT BE A BEGINNING OF YOUR END.ITS IS SPIRITUAL . A MOTHER IS HUGE THING AS SPIRITUAL PILLAR OF YOUR LIFE
ONE DAY A THE WELL KNOWN JOHN WESLEY SAID THAT IT SEEM THAT GOD CAN DO NOTHING UNTIL WE PRAY UNRNESSLY. PLEASE BE CAREEFULY OF NKURUNZIZA WHO PRAY DAY AND NIGHT TO UNITY HIS PEOPLE WHILE YOU HELP BELGIUM TO DIVIDE US.
REMAIMBER THAT YOU LOST 1MILLION PEOPLE NOT BECAUSE OF US HUTUS BUT BECAUSE OF BELGIUM . WE NEVER HATED EACH OTHER UNTIL WE ARE DIVIDED . I WISH YOU COULD FINISH YOUR TIME PEACEFULLY.
23 Munyonyo 2015, 09:09, par houssen
imana imwakire mubwamibwayo!!
23 Munyonyo 2015, 09:29, par kabizi
umuvyeyi asanuwundi, uyo araronka abazakumuvuba, kagame abana beshi yabagize ifuvyi abicira abavyeyi, abagora barafakara abandi arabangaza....ntakundi niyihangne amenyeko kubura uwawe bibabaza. areke kuzarica abantu......
23 Munyonyo 2015, 10:18, par Esperance
Ndahojeje Nyakubahwa Umukuru w’igihugu kibanyi c’Urwanda n’umuryango wiwe muri iki gihe c’umubabaro barimwo. Uwiteka abahe inkomezi n’ukwihangana kuko ntibyoroshe kubura umubyeyi. Mubyeyi namwe mugire iruhukiro ryiza mu ikbanza Imana yabateguriye muratararemwa.
Muvyeyi akira urugori rw’amashurwe Uwiteka yaguteguriye ataranakurema.
23 Munyonyo 2015, 11:19, par Esperance
Ndahojeje Nyakubahwa Umukuru w’igihugu kibanyi c’Urwanda n’umuryango wiwe muri iki gihe c’umubabaro barimwo. Uwiteka abahe inkomezi n’ukwihangana kuko ntibyoroshe kubura umubyeyi. Mubyeyi namwe mugire iruhukiro ryiza mu ikbanza Imana yabateguriye muratararemwa.
Muvyeyi akira urugori rw’amashurwe Uwiteka yaguteguriye ataranakurema.
23 Munyonyo 2015, 11:47, par KAGAME PAULIN
Nyakubahwa mukomeze kwihangana kandi umubyeyi wacu IMANA imwakire mubayo
23 Munyonyo 2015, 11:52, par Muvandimwe Anicet
Mwihangane nyakubahwa, mwisi nikobimeze kwisi harintumwa idufasha kumenya iyo umuntu azoza canke ico Imana ishaka kukiremwa muntu muhawe ikaze kuyumviriza namwe.

23 Munyonyo 2015, 11:55, par Muvandimwe Anicet

23 Munyonyo 2015, 13:12, par DUSABE LEA- CHANTAL
Imana Imuhe uburuhukiro bohoraho umuvyeye wawe kandi nuwa twese nyakubahwa president Kagame wihangane caane kuko yagukunda nawe ukamukunda agiye mu kimukunda kandi twizere ko tuzohurira ahera hahera mwijuru kwa Data."MAMAN" wumuntu araryoshe caane Kumubona murikumwe ariko Imana niyo ibishatse ko biba gutyo agataha "MWIHANGANE NUMURYANGO WAWE WOSE."
23 Munyonyo 2015, 14:06, par Hitimana Mathias
n’abandi turi inyuma kandi nkosore gato ntiyitavy’Imana kuko abiyitavye iba ibahamagaye ngo baje ku gikorwa cayo. rero yapfuye, kimwe gusa ni yaba yakoze neza arasinziriye ngo arindire ko Yesu aza gutora abamwizeye bagakor’ivy’agomba. rero, tube maso kuko tutazi umusi n’isaha.
23 Munyonyo 2015, 16:22, par kelly
imana imwakire mu bwami bwayo ivy navy muvuga nibyany kumenya
23 Munyonyo 2015, 17:23, par Dieudonné
jewe aho nabura uwanje yarampojeje?
23 Munyonyo 2015, 18:51, par nhk
naze yihangana urupfu rwamyeho
23 Munyonyo 2015, 19:34, par NIYONKURU DESIRE
TWOMUREMESHAKAR’UKWIHANGANA UMUNTU IYO NIYONZIRA YOKUJAMWIJUR KANDI TWESE DUTEGEREZWAKUZOCAMWO IMANA IMUHE UBURUHUKOBWIZA .
23 Munyonyo 2015, 20:02, par vyamungu yves from burundi
Mugire ukwihangana kuko twese niyonzira
23 Munyonyo 2015, 20:22, par Innocent Aidan%
Pole Sana,nikonovuga,kuko,nikovyanditse.Kanditweseniyonzira.Ndazikoic’uburanturonkeninyinawumuntu.Arikorekubura,canke,kugwaza,siherezoryisi.Ubuzimaburabandanya%
23 Munyonyo 2015, 20:23, par Innocent Aidan%
Pole Sana,nikonovuga,kuko,nikovyanditse.Kanditweseniyonzira.Ndazikoic’uburanturonkeninyinawumuntu.Arikorekubura,canke,kugwaza,siherezoryisi.Ubuzimaburabandanya%
24 Munyonyo 2015, 09:05, par bebe
ikinyamakuru igihe murahengama twebwe ivyotwandika kubera ngira bitabashimisha ntibiboneka kuri page rero mushaka abatera amashurwe abobavyeyi ba kagame gusa?
24 Munyonyo 2015, 10:24, par Ninzigama Anaclet
Nukuri nomusaba koyokwihangana niko bimeze
24 Munyonyo 2015, 12:20, par Nintunze Gustave
Nyakubahwa Perezida,Mwihangane ku byabashikiye n inkuru mbi,ariko nta kindi umuntu yagira,kuko urupfu n inzira ya buri wese, ariko na none Umubyeyi ni katihabwa,Umuronka rimwe,ukamubura rimwe, nukuri turabihanganishije mukomeze kwihangana kandi Imana imuhe Iruhuko ridashyira.
24 Munyonyo 2015, 12:22, par Nintunze Gustave
Nyakubahwa Perezida,Mwihangane ku byabashikiye n inkuru mbi,ariko nta kindi umuntu yagira,kuko urupfu n inzira ya buri wese, ariko na none Umubyeyi ni katihabwa,Umuronka rimwe,ukamubura rimwe, nukuri turabihanganishije mukomeze kwihangana kandi Imana imuhe Iruhuko ridashyira.
24 Munyonyo 2015, 12:40, par kalongo john tete
wihangane bavuga mu kirundi ngo akabura ntikaboneke ngo ninyina wumuntu!pole sana iyomba nohashika noje kukigandaro
24 Munyonyo 2015, 22:46, par jojo
imanimwakirmubwamibwayotwsniyonzira
25 Munyonyo 2015, 10:32, par Manirakiza Innocent
Niyihangane Kuko Mw’isi Niko Bimeze Imana Imwakire Mu Bwami Bwayo.
22 Kigarama 2015, 18:03, par docter
nanj ndahojj mugabo ntimwitirany Imana izomwakira yakoz neza nicogituma dukwiy kwama twiteguy