Uwatanguje e.mail hamwe n’akamenyetso @ yitavye Imana

Yanditswe na IGIHE
Kuya 7 Ntwarante 2016 saa 11:18
Yasomwe : 32976
0 0

Ray Tomlinson, umuhinga yatanguje uburyo bwo kurungikirana ubutumwa ku muhora ngurukana bumenyi (Internet), ubuhinga buzwi kw’izina rya e-mail, yitavye Imana. Ray Tomlinson akaba kandi ariwe yatanguje akamenyetso ka @
Ray Tomlinson yasezeye isi ku myaka 74, akaba azwi nk’uwatanguje ubuhinga isi yose ikoresha mu kurungikirana ubutumwa bwanditse canke amakete, hakoreshejwe inyabwonko (Ordinateur). Yapfuye kuri uwu wa gatandatu, ahitanwe n’ingwara y’umutima.
Iciyumviro c’ugutanguza ubwo buhinga (...)

Iciyumviro c’ugutanguza ubwo buhinga Ray Tomlinson yakigize mu mwaka w’1971, ari nawo mwaka yarungika e-mail ya mbere, ico gihe akaba yakora nk’umushakashatsi mw’ishirahamwe Bolt Beranek and Newman.

Mu mwaka w’2012, niho Ray Tomlinson yemewe nk’uwatanguje kw’isi yose e-mail, akaba yaciye ashirwa ku rutonde rw’abakoze impinduka hamwe n’ibikorwa bikomeye mu bijanye na Internet.

Kumenyekanisha

1
ndayishimiye 16-03-2016 à 20:28

ImanimwakireyA rumugabo

2
James 15-03-2016 à 06:18

MERCI RAY. Imana ikwakire

3
PASCAL 12-03-2016 à 21:37

IMANA.IMWAKIRE.MUBWAMIBWAYO.NDI.PASCAL

4
kajabure.com 8-03-2016 à 15:36

aragapfa apfuye amahenda ncuti aragoye

5
boston 8-03-2016 à 10:36

Imana imwakire mubwami bwayo

6
nkegurutse arthemon bangui 8-03-2016 à 09:43

ntaco naho apfuy asiz ubuhinga nyabwo.twes dukwiy gukomez ubuhing.a

7
n damian 7-03-2016 à 21:33

Atari ba nyangoma nakagame barikubushakashatsi ubwo kugomba gukuraho ubutegetsi bwitorewe nabanyagihugu

8
faustin 7-03-2016 à 18:01

Rip,ray tomlin

9
manariyo 7-03-2016 à 17:23

ivyiza vyumuntu bimenyekana iyo apfuye igere naj ndihafi nkagusanga

10
79021433 7-03-2016 à 14:37

Turahomvye Umushakashatsi Pe!Mugabo Ntaco Hazovuka Abandi.Imana Imwakire Mubwami Bwayo.

11
Batwenga 7-03-2016 à 14:02

Igire Mutama Ivyiza Wakoze Nanje Ndabishima,ariko Ndakumenye Arukupfuye

12
Komera 7-03-2016 à 13:05

Ngaka akarorero k’ abantu b’ingirakamaro atari vyabivume muri ako karere k’ibiyaga binini bavumbura généocide bakongera bakarondera kuyikwiragiza mu karere kose. Aho kurara badasinziriye barondera ineza, barazwa itiro no kurondera za plan zo kumara abantu bahereye ku babo basangiye ubwoko , maze bagaca baja kw’isunzu ry’inzu ngo abo tudasangiye ubwoko nibo batumaze.

13
eric 7-03-2016 à 12:47

ntakndi erga ntawzormbra kwsi tuzsigra tumwibkra kumtka yiw asze

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha