IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Abantu 1031 biyerereza n’abasegerereza nibo basubijwe mu miryango (...)

Abantu 1031 biyerereza n’abasegerereza nibo basubijwe mu miryango yabo

Thursday 26 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bantu bafashwe bongera basubizwa mu miryango yabo mu kiringo co kuva kw’igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2018 gushika kw’igenekerezo rya 26 Mukakaro 2018.

Ayo makuru abandanya avuga ko abo bose uko ari 1031 basubijwe mu miryango harimwo abangana 139 basubijwe mu miryango iwabo uno musi ku wa kane kw’igenekerezo rya 26 Mukakaro 2018.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.