IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Ruyigi –Gisuru : Abantu 1020 bahungutse bakiriwe

Ruyigi –Gisuru : Abantu 1020 bahungutse bakiriwe

Tuesday 25 September 2018, by vianney

Amakuru ava mu bushikiranganji bw’umutekano no kugwanya Ibiza avuga ko abo bahungutse bagizwe n’imiryango 276 muriyo hakaba harimwo abagabo 498 hamwe n’abagore 522.

Ayo makuru avuga ko abo bantu bose bahungutse arabo mu ntara ya Ruyigi.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.