IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > "Keeng" : Umuhora w’indirimbo ku buntu wahawe abanywanyi ba Lumitel

"Keeng" : Umuhora w’indirimbo ku buntu wahawe abanywanyi ba Lumitel

mardi 28 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Lumitel Burundi yahaye abanywanyi bayo umuhora ubafasha kuronka, kwumviriza, hamwe n’ukuraba indirimbo z’ubwoko bwose kandi zigezweho.

Bakunzi b’indirimbo zigezweho, Lumitel yababereye inyishu mu kubazanira « Keeng », umuhora w’indirimbo.

Ego, uwo muhora ni uwanyu, mwebwe banywanyi ba Lumitel. Muripfuza kwidagadura, kuronka umwanya w’ukwumviriza indirimbo nziza? Lumitel yabibutse.

Ntahandi muzobisanga atari mu banywanyi ba Lumitel, hamwe n’abipfuza guhamvya abandi muri uwo muhora udasiba kubazanira bishasha. Nibisanga kuri WWW.Keeng.bi, umuhora w’indirimbo usanzwe, woroshe kandi unyaruka. Ni ku buntu muri uku kwezi kwose kwa Ntwarante, hamwe n’ukwezi kwa Ndamukiza

Umunywanyi wa Lumitel asabwa gusa kuba afise "Connexion" ya Lumitel, akaja kuri WWW.Keeng.bi


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.