IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Poritike > Imigambwe > Umugambwe RANAC uvuga ko amatora y’ibwirizwa nshingiro yaranzwe (...)

Umugambwe RANAC uvuga ko amatora y’ibwirizwa nshingiro yaranzwe n’utunenge

Tuesday 22 May 2018, by Jean De Dieu

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuruno wa kabiri igenekerezo rya 22 Rusama 2018,umunyabanga ajejwe kumenyesha amakuru akaba n’umuvugizi wa RANAC Georges NIKIZA yamenyesheje ko bafise ubwoba ko utunenge twibonekeje murayo matora aheruka dushobora kwibonekeza mu matora yimirije.

Georges NIKIZA yavuze ko utunenge twibonekeza mu matora aritwo ntandaro y’indyane zama zibonekeje ari naco gituma umurwi ujejwe gutunganya amatora CENI ukwiye kugerageza gutunganya amatora yimirije mu gushira imbere ko ico gikorwa kiraba bose ku nyungu y’igihugu n’abanyagihugu.

Uyo munyamabanga ajejwe kumenyesha amakuru akaba n’umuvugizi wa RANAC asaba abanywanyi bagipfunzwe bari bashigikiye ko ibwirizwa nshingiro ritohinyanyurwa barekurwe.


Bikorimana Vianney

Forum posts

  • NTAKINTU NAKIMWE COKOGWA NGOKIGENDE KITANEGUWE.NICUMUNTU AKOZEKUBUBASHABWIWE KIRANEGUGWA NKENDESWE ICABANTUBESHI MUNCAMAKE AMATORA YIBWIRIZWA SHINGIRO YANGENZENEZA KUKO NTABWICANYI BWAYARANZE DUSABAKO BOTEGURANEZA AYABIBIRINA.20 Azarangwe numutekano kukwa badashaka amahoro baracigaragaza barimurabonyene banyaporitike .naho umwenegihugu ndashakakuvuga umurimyi icakeneye nuko (arya akaryama)>>>

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.