Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abanyamwema ni abantu nk’abandi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Abanyamwema ni abantu nk’abandi

Abanyamwema ni abantu nk’abandi

samedi 16 Ruhuhuma 2013

Abanyamwema ni abantu nk’abandi kandi bategerezwa gukingirwa bagafatwa neza mu miryango,ivyo vyavugiwe mu kiganiro caciye ku masamirizi akorera i Bujumbura kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 16 Ruhuhuma 2013.

Nk’uko amakuru dukesha insamirizi n’imboneshakure vy’igihugu,ngo abavyeyi ntibategerezwa guta umwana avutse ari nyamwema kuko atari igihume kiba kibonetse mu muryango,ivyo vyari bikwiye kwisungwa mu gutunganya imigambi y’iterambere ry’imibano n’ubutunzi hamwe n’umutekano bitegurwa n’abategetsi.

Nk’uko ayo makuru abandanya abimenyesha,umwana avutse ari nyamwema yategerezwa kworoherezwa mu bijanye no kwiga,kwivuza na cane cane mu bijanye n’umutekano wabo kuko banyamwema mu Burundi bahizwe akatari gake.

Tubamenyeshe ko ivyo vyose vyavuzwe mu kiganiro catunganijwe n’ishirahamwe ritegamiye Reta RCN-Justice et Democratie.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.