Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abarundi 14 bafashwe n’igipolice co muri Dubai - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Abarundi 14 bafashwe n’igipolice co muri Dubai

Abarundi 14 bafashwe n’igipolice co muri Dubai

mardi 1er Gitugutu 2013

Abarundi bagera kuri 14 bagiye gusubizwa mu Burundi inyuma yo gufatwa n’igipolisi co muri Dubai, ubu bakaba bafunzwe.

Mu ndwi iheze, abapolisi bagize umukwabu bafata abantu badafite uburenganzira bwo kuba muri Dubai harimwo n’abarundi 14.

Abo barundi bamenyesha ko bari bagiye gukora canke kurondera akazi muri Dubai. Impapuro z’inzira (visa) zimaze kubahererako, ntibashoboye kubongera igihe kuko ata kazi bafise.

Muri Dubai hari abarundi baharurwa mu majana atanu (500)


IGIHE

Messages

  • Abarundiko mukunda kugendagenda canke?

  • Iyi nkuru nimvuna mugongo leta yacu nayo irakwiye. Kugira ico iza irapfasha abantu bayo bari mu mahanga mukubavugira mugihe iziko atakazi kari mu gihugu c,uburundi kodukwira kandi yo iha umwidegevyo abantu bava mubindi bihugu ndetse bakabaronsa nivyangobwa kubuntu kandi abarundi bagapfatwa n,abi mubindi bihugu none yo ntiyagira ico ikoze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.