IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Nkurunziza yasabiye imiryango yabuze ababo mu gitero c’abarwanyi b’umurwi Al (...)

Nkurunziza yasabiye imiryango yabuze ababo mu gitero c’abarwanyi b’umurwi Al Shabaab

vendredi 26 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Inyuma y’igitero c’abarwanyi b’umurwi w’intagondwa z’abaislamu wa Al Shabaab ku kirindiro c’abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,mu bumanuko bw’igihugu ca Somaliya cahitanye abashika 30. Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yahojeje ababuze ababo abicishije kumuhora FACEBOOK.


IGIHE

Messages

  • NTABA HIPOCRITES TUCEREKWA.UBU ABARUNDI TURI TRES YEUX.HENDA ABATAKUZI.UKWO NUGUSHIMA KUK UGOMB UKWIZ IVYO WASABW NGUKUND UGUM KUBUTEGETS.IMANA IRUTA INGABO.

  • Abandi baja kwiradiyo n’imboneshakure nawe akaja kuri Facebook?
    Ntamutima afis.Ari gito nkuko yapfuy. harinaho atoyitwara iyi ya 3.

  • Urabesha abandi wewe utunzwe n’inyama n’amaraso yabana b’uburundi!!!???
    Jana munsangire navya nyakuzumu vyawe wa CANCER WE !!!
    UFISE INZIGO NKA CANCER SYIWE !!

  • Abantu murazi kumaguza,wabasabiye ukoresheje ayahe majambo imbere y’Imana?Nkurunziza Pierre kabagira gute uragafise?

  • TWARAGUHINYUYE,AHO WADUHENDA BIGAKUNDA HARI MURI 2005,KORERA CNDD-FDD MUKORERA UBUSA MUKWIRIKIRA UBWIJE.

  • Iyo Mana usenga mugushinyagurira muguhumya amaso abarundi buca ikumaramaza,hinge burakeye ugiye kuzosabira nabagiye gupfa bazira inyoshambiza n’abaja bawe

  • ABO BOS BAPFA KUBERA IMIVUMO Y’IMANA YAHAW PETERO NKURUNZIZA KAND UTIKEBUTS ABO WORONGOY BARAGUHERERAKO.

  • Igihugu Cuburundi Kigeze,ahatemba Kuki Batazakurwanira iciwabo?bobahendeshwa amahera,ariko bazoherabose!

  • mbe mwarabony uwusenger uwundi naw itisengey?harya pharaon nimba yaraseng,amasengesh yiw yayerekez ku Mana cank kwa rusufa?kubwanj nti iryo rupfu rurababaj.Imana ibakire mubwami bwayo

  • Huuu emwe uwuravye azobona vyinshi yemwe gd frr Nkuru manzusengere ibiba iwawe kuko navyo bimaze gutwara abatari bake

  • ABARUNDI DUSENGE TWISENGERA KANDI TURONDERE KUMENYWA N IMANA GUSA NTITURONDERE KUMENYWA N,AMAKUNGU.NTITWOZE IGIKOMBE INYUMA IMBERE CARASIVYE.

  • USENGE WIBUKA GUSABA IMBABAZI KUKO TURETS ABO HARIBENSH BASEZEY ISI BAZIRA MANDAT YA 3.NON UBU NTIWOBONA KO IVYO ARI VYAGO BITURUKA KUKUTUMVA KWAWE.....NIBINDI NIRI INYUMA

  • Emwe urakwije isabwa nategeko ubase kugende kwa so nkigisigo ewe bazoguhumira

  • Mbe iyomana usenga uraba mukuzimu vya grave niyahe mbe ni musumba vyose canke nimana yimbwa?mwangabo zacu mupfuye muzira amahera umukama abakire

  • Nanj Ndahojeje twabuz twese

  • Komera mutaba kuza urasengera bos ntugir ubwobwa tuzogutora abasi bamaramar

  • MBE PITA KO WUMVA USENGA, IZINA YEZU CANK YESU URICISHAMU KANWA KANGAHE?UMUSI WARICISHIJ MU KANWA AMAHOR AZOB AJ .

  • MBE PITA KO WUMVA USENGA, IZINA YEZU CANK YESU URICISHAMU KANWA KANGAHE?UMUSI WARICISHIJ MU KANWA AMAHOR AZOB AJ .

  • Huuuu!gezaho!amasengeshoyawe turayazi.

  • Burya kwikwegera imivumo biroroshe uyumukuru wigihugu muramuziziki gayemwe? Nambawibazako ivyasenga atarivyo jakowewe usenge ibirivyo wewe kwatawuraguhinyura? Uyumukuru wigihugu azobahumira kandi bizobonabeshi nubwobamwe tutazomenya kwariwe yabahumiye tukibaza nizindingorane kumbe nimivumo ituruka kurututujambo mwandika mwinyegeje mutuzinatwuduhimbano mukibagirako Imana yoyo itareba utwotuzina ahumwo ikubona wewe neza wesewese.

  • Ntimutangare kuko tumenyereye abandi mugusenga baraba mw’ijuru dore nguyo amaso yayerekeje kwa satani bisigura ko iyasenga itari hejuru ahubwo iri ikuzimu sha basengere mugabo ejo aho bukera ntawuzogusengera.

  • Mbega bimaz ik guhoza imiryango yabuze naw uriko utegura guhekura iyind miryango?

  • Kumenya imana samajambo mbega mwibaza ko imana ariyo yabatumye kuja mumabarabara kubera iki imana nwayatse intebe yayo mukagomba ko ica aho mushaka gusumba guca aho ishaka nagomba ndababwire muzotangara nimwashika imbere ya sentare y’Imana abanyavyaha bariko bacirwa imanza mwisange abariko bahigana ngaha kwisi duhuriyeyo twese ntizoca urwa manda ariko izoca urukwiranye nivyo umwumwe wese yakoze koko iyaba mukunda inana nwohariranye mukayishikiriza vyose harimwo na manda mukarindira ico yikorera none ko mwirirwa muraca imanza munzira zanyu Imana nayo izokora iki? Ukuganza kwose kuva kumana abayemera barabizi nivyaba bimeze uko bimeze nuko rurema yavyemeye uko genda duhanurane tuyigarukeko nayo izotugarukako itunganye ivyiza munzira yayo atari munzira zacu. Nagomba ndababwire bene data aya ma msg mwandika ntabwo ariyo nyishu inyishu iri kumavi kandi niwasenga ngo mana dukureko naka ntizokwumva ahubwo vuga uti mpagutahura ibiriko biraba munzira yawe Mana kandi udukorere ivyo ubona bidukwiye kubisigaye imana ntica aho dushaka ahubwo igomba ko twebwe duca aho ishaka.

  • Birababaje abo basoda bacu bapfira muri somalia,nta kundi ababo bihangane.Mwumvise kuri gahuza.com ivyo ca kijuju Onesime yavuze,ngo ni umu cnddfdd ubu niho avyibutse?Yibaza ko ubu arico kimwe na ya periode yo kuri Radjabu yica agakiza muri cnddfdd,aho yakuje muri assemblée nationale la veuve Immaculée n’ukuntu umushingantahe wiwe yari yarakoreye umugambwe,nakome yakoreye ikibi benshi,Mbega aho avugira aba paysans nabareke bamusumvya ubwenge,yibazako ariwe yayikoreye kurusha abandi uyo ko yari i bulaya urugamba rwa cnddfdd aruziko iki,ko bamugiriye confiance bakamushinga amabanga y’igihugu aca aza yigira uwagwanye kuruta abo ba dolofu na banyagihugu bari kuri terrain bagogwa,qu’il se taise il n’a rien ànous dire,ubu ko atari muri cnddfdd ntiriho?iyo baba bicana ntiyari kuronka aho yinyegeza;en plus ari en cachette chez les amis du cnddfdd ,mwibaze namwe.

  • Mbega abantu mwese mwavuze imivumo kuri iyi pages ubwo muzi icarico,ko mwa batutsi mwe ataco muraba namabi mwadukoreye,abo bene wanyu b’aba al chabab bo ko batarazimangana,vuga make

  • arrete ces larmes de crocodiles
    Dieu seul sait

  • IMANA IBAHE IRUHUKO RIDASHIRA

  • Wewe wiyise mahoro,wibaza ko uzukuri kuvuye ku Mana?Aho ivyowanditse ubona bisa nuwuzi neza ukw’Imana ikora?Imana niyo yanditse amategeko uburundi bugenderako?Manda urazicogisigura?Umwenegihugu we?Kuja kumavi vyovyo urabizi?Canke ntiwumvise neza uko pasteri agisigura?Washaka kumenya Imana ariko ntabwenge ushiramwo!komera!

  • Ariko muranyumvira nkumukuru w,Igihugu wijunja n,ijambo,arasabira abahitanywe nigitero ca Al shaabab ahokunamira isinzi ry,abarundi barikwicwa nimbonerakure n,igipolisi c,uburundi,abandi barigupfira mubuhingiro bazira ubusa,turasaba amakungu nimpuguke muvya politike bakore ibishoka vyose baharike ubwica abatutsi nugusha inyungu za cndd-fdd

  • Uh UYO MUGESERA WUMWICANYI RUHARWA PETER BURYA NAWE ARAGIRA IKIGONGWE KWELI? ARUMVA IKIGONGWE HAMA AKAGUMA YICA ABARUNDI AHO AHAYE ABAKINA KUMUVYIMBA MUGA NTANGORANE IMANA NTIBESHA IZOTWISHURA KANDI BIDATEVYE KUKO PETER ARI MUGUTEMBAGARA MBE HAMWE YAMA AHENDA ABARUNDI NGO ARASENGA UBU NAHO IVYIWE NTIVYAHINYUTSE. UBU UYE AZOKWAMA AHENDA NYINAWIWE NABANA BIWE NUMUGORE WIWE GUSA NAYO JEWE NTAGEZA!

  • Uh UYO MUGESERA WUMWICANYI RUHARWA PETER BURYA NAWE ARAGIRA IKIGONGWE KWELI? ARUMVA IKIGONGWE HAMA AKAGUMA YICA ABARUNDI AHO AHAYE ABAKINA KUMUVYIMBA MUGA NTANGORANE IMANA NTIBESHA IZOTWISHURA KANDI BIDATEVYE KUKO PETER ARI MUGUTEMBAGARA MBE HAMWE YAMA AHENDA ABARUNDI NGO ARASENGA UBU NAHO IVYIWE NTIVYAHINYUTSE. UBU UYE AZOKWAMA AHENDA NYINAWIWE NABANA BIWE NUMUGORE WIWE GUSA NAYO JEWE NTAGEZA!

  • Kwatahojeje abarundi ariko yicisha ikiringo ca3 ??ahorero nurukundo rwinshi afise? Canke ababajwe nabanyamaha? Narindire azobona urwakadaf...kandi nareke kwitwenga atabuze abamutwenga...

  • EWE MUNTU WIYISE MAHORO URI IKIJUJU BASI WE WIVUGISHA NGO IYO BATAJA MUMYIYEREKANO NTIBARIGUPFA MBE PETER WEWE NIWE ARI MUKURI AHO AHONYANGA AMASEZERARA YA ARUSHA UBU AKAGOMBA KUGUMA KUBUTEGETSI BURYA IYO ABONA NUWARI UMUVUGIZI WIWE YAMUVUYE INYUMA TOUT AUTRE. PETER URAGOWE.

  • Nabe arabombagura amanwa,mbega ko ijambo ry’Imana rivuga ko uwanka mwenese wundi ab’arumwicanyi urukundo yerekanye kubarasiwe mumabarabara navyabinwamaraso vyiwe ngo n’abaparisi ruri hehe nabe areka gukora Imanamujisho ngo ariko arayisenga ibikorwa vyiwe ntibiva kumana biva kwa sekibi ewe rugo rutahamwo pasitori numukozi w’Imana rukaba rwuzuye amaraso yabishwe bazize manda ya 3, reka nitwengere,nkurunziza we urigumira murivyo wahisemwo ureke gucokoza Imana urumuntu muto kuri ba faraon,berushaza,nebukadineza,herodi ariko Imanantiyabihanganiye

  • AHUBWO ICOMBONA NIMUKUREYO ABANABURUNDI BAZE KUGARUKANA AMAHORO IWABO NAY’UBUNDI NTAWATEWEYOBURAKWIVUNA YONGERE YITWE MUBI

  • Ariko muranyumvira nkumukuru w,Igihugu wijunja n,ijambo,arasabira abahitanywe nigitero ca Al shaabab ahokunamira isinzi ry,abarundi barikwicwa nimbonerakure n,igipolisi c,uburundi,abandi barigupfira mubuhingiro bazira ubusa,turasaba amakungu nimpuguke muvya politike bakore ibishoka vyose baharike ubwica abatutsi nugusha inyungu za cndd-fdd

  • Bwana Rais,muheshimiwa Pierre Nkurunziza,nakumbuka Namna Ulikuwa Ukifundi Kama Pasteur Ukiwa Vilevile Rais Wa Burundi Ya Kuwa Utatumikiya Mungu Kwa Uhaki Na Utaheshimu Katiba Ya Burundi Kwa Uhakika Na Wanainchi Wa Burundi Wakakuheshimiliya Hiyo Sana Tena Sana. Ulizo Ni Hili Muheshimiwa Rais,wasahau Namna Gani Amri Za Mungu Wako Unaye Muheshimu Ajili Ya Kupenda Kuendelesha Ungine Muhula Wa Tatu? Baba, Haungemuachiya Mwengine Mtu Kwanza Ubaki Mushauri Mkubwa Inchini Na Kuendelesha Kazi Ya Mwenyezi Mungu Kama Vile Tunafahamu Namna Unamutumikiya Muumba Wako Na Sisi. Imana Ibagendere Bwana Nyakubahwa. Umukuru W,u Burundi. Merci

  • None abirwa barapfa muburundi ko atahoza abiwabo ,ivyagira peter buca bimuhindukirira kuko ntababimushimira

  • Ntawuhakura izitamurya!!!!Nabone ntibari bagiye kuririmbira muri Somalia!!!

  • Mbe uwu murozi ngwarikasabira bande! Nabanze yisabire nawe nyene haraho yobakwirikira. Bo bajanyiteka nayo we azopfa nkwimbwa

  • Erega ivyovayos nikubwivyaha ukora.mbe abo bosirikare mubarungika hanz kuzanumutekano mugihug atabahari ahubwo mbona ko bovayo bakaz gufasha NIYOMBARE gukurigihug mukaga.

  • banza usabire abarimo barapfa iwawe mugihugu no munkambi,mbembe uyo ni perezida wahe hemwe-kweli????

  • Raba iyo mitwe ya PETER ngo ariko arasengera abasoda bapfiriye muri SOMALIA kumbe ariko yunamira SATANI.harabanyamitwe kweri kurinosi.

  • Service militair nigikogwa gihambaye cane burya iyo twunva nkizo nyanazimba zivugivyo zitazi zishongora zimenyeko zarizokwoyi kwitonda.

  • mwabantu mwe mwandika mumenyeko umwami aganza k,ubw,imana!mwibuke basalomo dawidi n,abandi rero Umukuru W,igihugu C,uburundi Mumenyeko Isezero Ryiwe Ari Iry,UHORAHO Rero Mumenyeko Atabwo Azokurwa N,amajombo Yanyu.Mwibuke Aho Yakuye Uburundi?!Isezerano Ry,IMANA Ntirihindurwa Numuntu.Kuki Mwinyegeza Mumazina Ayariyo Mukwandi?Iyerekane Abomuri.Nagitware Gushike Kumusi Wiwe Wanyuma Wokuba Kwisi!UHORAHO AMUJE IMBERE.

  • OYA UKWO SUGUSENGA UKWO NUGUSHIMA IVYABEREYE MURI SOMALIA.USANGA ABASODA YABATANZE ISHIKANWA KWASATANI.

  • ABABIPHA NABABISANGIYE.
    IYO MUMPA AMAHORO MWOBAYE
    MUKOZE.

  • MUTA NATWE TURAGUFASHIJE UMUBABARA NTAKUNDI IMANA IBAKIRE MUBWAMI BWAYO

  • Wewewigirangurimwiza Urimubi. Muragowemwebwemwishira Hejuru. Nayongo Uwishizehejuru Azoshirwahasi. Uvuzengo Abarwanyamandayagatatungobasanabarikugarukanamahoromubindibihugu Ntahutaniyenikijuju, Mugihe Abankamandayagatatu Baturira Abant,imiduga,amazu Namabarabarabakayacangobasanabarimu Somali Bariko Bitangira Amakunguyose Nawewe Urimwo Urikijujupe.

  • Imana ibahe uburuhukiro bwiza kuko bapfuye baharanira amahoro kandi Nyakubahwa Umukuru w’igihugu cacu yakoze neza caaaane mukwibuka abo basirikare. Hanyuma commentaires z inzigo nizo gutukana nukutubaha abaganza zandikwan’incuti z’uburundi turazanse kwubaha abaganza ni itegeko ry’Imana pole sana kura inzigo sinzi ko ariyo mwonse canke mwigishijwe kuri kaminuza mwizemwo

  • Nukugerageza Tukihangana Kandi Murakoze Nokuduho Nukuraba Mukadutera Iteka

  • Baraba Bashingure Izo Nkund’amahoro Ziguye Kururwo Rugamba Zisumba Abakomeye Bashaka Guhungabanya Amahoro N’iterambere Vyigihugu C’uburundi Kandi Murakoze

  • mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze

  • mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze

  • mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze

  • erega nubwo har akagwi katamwrmera turaz kand ntidukekeranya kwar sebarundi.horakungoma.

  • Service militair nigikogwa gihambaye cane burya iyo twunva nkizo nyanazimbwa zivugivyo zitazi zishongora zimenyeko zarizikwiye kwitondera ivyozivuga.

  • NONE ABOBANTU BITAVYE IMANA BARIKO BARARWANA

  • uri kubasabira kurimwe yikuzimu usenga urateyiso umugabo nkawe naho woburi Data wopfumupfa ukareka gusesa amaraso yabarundi wibaza koharutazi kwariwe wabicishije

  • abasoda 30 bose??? birerekana ko nta bukerebutsi n’ubuhinga abasoda b’abarundi bafise. Nonoho america yahora ibigisha yakuyemwo akarenge none hazopfa abasumba abo

  • muze nashaka ndakuramunce naho urimubihebigoy niwihangane bizohra ntanmvuridahit

  • nagira mbaze abacu bazobatuzanira ryari? tubafubane iteka

  • HUUUUM ARIKURINDYARYA WAMUGABOWE NUKURI NGURABABAYE NTABARA UGEZAHO GUSESA AMAROSO AYO WASHESHE ARAKWIYE! HANYUMA UCUSHAKUREKE KWIRUHISHA WIGIRINZOKA KUKO HARYA UBURYARYA BURAVUNA NDABIZI!

  • twaraguhinyuye sha imana usenga ukiza twagirango turarose umupresida yubaha Imana yo mw’ijuru kumbe usenga iyikuzimu yama igusaba amaraso yabantu sha Imana ntibayifyinako izokwereka k arinyenecubahiro ikimbabaje n’uryango waw wambaye iceyi kubwawe aho ntiwokumva ga wa mugabo we impanuro baguha n’abana baw kwri n’umugore none wewe wubaha nde canke iki?twakagenda umu presida ur’uwambere mugabo ntamvura idahita sh twizeye iyo mw’ijuru irabona kzndi irumva

  • twaraguhinyuye sha imana usenga ukiza twagirango turarose umupresida yubaha Imana yo mw’ijuru kumbe usenga iyikuzimu yama igusaba amaraso yabantu sha Imana ntibayifyinako izokwereka k arinyenecubahiro ikimbabaje n’uryango waw wambaye iceyi kubwawe aho ntiwokumva ga wa mugabo we impanuro baguha n’abana baw kwri n’umugore none wewe wubaha nde canke iki?twakagenda umu presida ur’uwambere mugabo ntamvura idahita sh twizeye iyo mw’ijuru irabona kzndi irumva

  • TURASAVYE KO IBISHIKIRIZWA KURI RUNO RUBUGA VYOSHIKIRIZWA MU KUBAHANA.

  • BEGA KASENGERA BAGUYE HANZE BARWA MUBURUNDI NGIRA BOBO SABANTU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.