Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abarundi bahamagawe mu bihe vy’amatora n’itegeko ry’umukuru w’igihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Abarundi bahamagawe mu bihe vy’amatora n’itegeko ry’umukuru w’igihugu

Abarundi bahamagawe mu bihe vy’amatora n’itegeko ry’umukuru w’igihugu

vendredi 8 Rusama 2015

Abarundi bahamagawe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu kwitegurira amatora, yo muri uyu mwaka w’2015.

Muri iryo tegeko inomero 100/139 ryo ku wa 7 Rusama ryateweko umukono n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza hamwe n’icegera ciwe Prosper Bazombanza, rigizwe n’ingingo 14, zimwe mu izo zikamenyesha abarundi ko imyiyamamazo y’abashingamateka hamwe n’abagize inama mpanuzwa jambo z’amakomine, izotangura ku wa 10 Rusama, iheze irangire ku wa 23 Rusama.

Mwomenya ko inyuma y’iyo ngingo ihamagarira abarundi kwinjira mu bihe vy’amatora, abanyeporitike batandukanye baciye batangura n’ugutwara ibibarnga mu murwi ujejwe gutunganya amatora CENI, aho inyuma y’umukuru w’igihugu ku ruhande rw’umugambwe CNDD FDD, haciye hakurikira uwuzoserukira umugambwe UPRONA.


IGIHE

Messages

  • Murakoze amatora tuyarindiranye igishika cishi kuko turanezerezwacane nokwitwarirwa nindongozi twitoreye mu Burundi bwacu buhire.

  • iyuba wari umuntu akwije neza twashavura none ivyuvuga nivyo ukora birerekana kudakwije.mbega uduhamagarira amatora atariwewe uzohiganwa.ntitorota twemera guhiganwa nawew mbega uwokwiruka wenyene yobuzwa Niki kuba uwambere!!ceni nirwaw sentare yaraye ikurekuriy kwitoza bidakenew nirwaw none wumva wohiganwa nande?iruka wenyene biragusa umusazi agizw numwette.naho isi nijuru vyokoranako ntiturota witoza kandi ceni igumaho’itegerezwa guhindurwa.aruwokwemera gutwagwa numuntu ataco yibanga.yica inzoya abatama abatamakazi abihebey imana mugakerera mwena dolopho.ahubwo uwogukunda yokunyarukana kubitaro kwivuza mumutwe kinjura bigikunda.ndahamagariy abantu mwese turikumw mukwiyama iyisazi.

  • wamuntu wiyise patric nibazako atagihugu cuburundi kizokwigera narimwe gitwarwa nabungere bakera kuku ibitutsi vyawe ninkivyumuntu atarezwe nibaza ko numusazi atinya nyina umuntu ufise ubwenge wokubahuka kwandika ibitutsi nkivyo uzi ko bihava bisomwa nabantu bazima nimwige kumenya neza kwisi twayisanzeho tuzoyisiga micombero yarishe ibihumbi nibihumbi vyabahutu ngo agomba kutumara none arihe hitrelele arihe namwe uwomugambi mwafashe wokugwanya ubutegetsi bbwabahutu mubicishijr mmumarementanya ntaho uzobageza

  • wamuntu wiyise patric nibazako atagihugu cuburundi kizokwigera narimwe gitwarwa nabungere bakera kuku ibitutsi vyawe ninkivyumuntu atarezwe nibaza ko numusazi atinya nyina umuntu ufise ubwenge wokubahuka kwandika ibitutsi nkivyo uzi ko bihava bisomwa nabantu bazima nimwige kumenya neza kwisi twayisanzeho tuzoyisiga micombero yarishe ibihumbi nibihumbi vyabahutu ngo agomba kutumara none arihe hitrelele arihe namwe uwomugambi mwafashe wokugwanya ubutegetsi bbwabahutu mubicishijr mmumarementanya ntaho uzobageza

  • Patric nibaza kutiyumviriy neza mukuvuga ayo majombo.mbega abavyeyi boba batskeigishij kwubaha
    ? Ufis icushukiriza vuga murufasoni ntanger.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.