Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Basubijwe inyuma badahonyoje ikirenge mu gisagara ca Dar es (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Basubijwe inyuma badahonyoje ikirenge mu gisagara ca Dar es (...)

Basubijwe inyuma badahonyoje ikirenge mu gisagara ca Dar es Salaam

dimanche 31 Rusama 2015

Inyuma y’aho hari bamwe mu banyeporitike bari bagiye i Dar es Salaam bakabuzwa gusohoka ikibuga c’indege, barekuwe baca baja i Kigali mu Rwanda.

Abo bari bafatiwe ku kibuga c’indege akaba yari Chauvineau Mugwengezo wo mu mugambwe UPD Zigamibanga akongera akaba umuvugizi wa ADC Ikibiri, Pancrace Cipaye arongoye ADC Ikibiri mu bihugu vya Buraya n’umushingwamanza Syriaque Nibitegeka.

Abo bose uko ari batatu basanzwe bahurikiye muri Mouvement Arusha, bakaba bagira bagarukanwe i Bujumbura, ku nguvu, ariko ntivyakunda nk’uko babivuga. Ariko uko ari batatu, bakaba baciye basubizwa inyuma, ubu bose bakaba bari mu gihugu c’Urwanda.


IGIHE

Messages

  • bakomeshe tu bibza ngo tanzanie haritaha

  • ahubwo iyo babaha i giti bari bagiye kuzibira amabarabara ya dar es salaama nayo. ivyo bariko barakora mu burundi bizobahama iyo bazoja hose nka gahini. iyo ni ntango.

  • Imana ishimweko batabarungitse mubicanyi ba cndd fdd bacumbiye kurumanga.

  • Bahane,ntakuntu Boza Batera Akajagari Mu Gihugu Bitwajeko Bafise Iyo Baja Nuburyo Bwokugenda.

  • Bahane,ntakuntu Boza Batera Akajagari Mu Gihugu Bitwajeko Bafise Iyo Baja Nuburyo Bwokugenda.

  • biragoye umwe wese avuga icoyiyumviriye. Harikintu twomenya kibabuza juja mugihugu icarico cose. Je nagra gutembera nuburenganzira bwumuntu wese! Imana idufashe abuhanuzi bwishi buravuga kwimbere hari ibikomeye. Uwiteka adufashe

  • bari mu RWANDA muragenda mubakureyo

  • biragoye umwe wese avuga icoyiyumviriye. Harikintu twomenya kibabuza juja mugihugu icarico cose. Je nagra gutembera nuburenganzira bwumuntu wese! Imana idufashe abuhanuzi bwishi buravuga kwimbere hari ibikomeye. Uwiteka adufashe

  • Iyo babarungika mu Burundi Tukabamesa.

  • Jew Numva Ataco Bagiz Kubasubiza Inyuma!Nari Kubabara Iyo Inama Yasiba!Reka Turindire Ikiyivamwo!Sivyo?Ntihabura Abaza Guhahamuka!

  • nibagende kwasebuja wabo kagame

  • Au Rwanda Oui ! C’est belle est bien le dépotoir des ordures qui nuisent au développement de la paix dans la sous-région des Grands Lacs et de la communauté Est-Africaine.

  • ntibitangaje kuko birazwi ko kagame ariwe abahenda ariko turamwiteguriye

  • Ivyo vyose bitegwa n’ubutegetsi bw’igitugu bwa Petero Nkurunziza.ariko arakwiye kumenya ko atawuhora kungoma.n’umwami Herode yararekuye kandi nibaza ko ataho bari bahuriye.

  • ikibazo bafite ntakindi
    bafite bumvishamahanga
    .atari gusebyubuyobozi,
    nokubutuka.nibabe bakora
    ibintu bisunzamategeko
    !apana amahera nakagayo,
    amatora nio nzira nziza
    gusa,kubantu bose nkuko
    none hagezweho abarundi,
    bose,

  • iyo ugiye kuvumba ntubuzi ko baguha canke bakwima nibatahe muburundi turindirirehamwe baradukukiriza umukenke

  • NONE NGAHA MU BURUNDI 99%HARI UMUTEKANO UKWIYE KANDI NKABA NUMVA NIMIGUMUKO IGIYE GUHAGARARA BABUZWA GUTAHA NIKI?

  • Inama Isumb’ingimb Barundi. Mana Hangaza Uburundi.

  • Bahinyanyure nkakwakundi politike yabananiye nibaje kwa kagame izo nyankaburundi baraga puu!

  • Jew mvugati nyenicubahiro petero nkurunziza nabandanye aturongora gushika ubuzima bwiw burangiye ntacarampa ntanicodupfana ntanuwo ndabona amaso kuyandi arko ndamufitiye urukundo rudasanzwe

  • k bashaka guhung aho batay uruzog nibabur kuza

  • Nibaje kwa Kagame mumisi tuzobuhondahondere hamwe amahoro abonekere kimwe mubiyaga binini.

  • BAHINYANYURE NKA KWAKUNDI

  • ako kagabo nako hemwe, baduhe uburenganzira uburundi twabufata mumasaha atatu gusa.usicheze na kagame!!

  • Mwabuze kutugarukanira cane cane ci pancrace ico kigugu bon sang,cagiye kugarama mw’i hoteli i dar salam cibazako ari mu bubiligi na union europeenne yirigwa arandadaza umuhutu afashijwe n’abatutsi.Ewe ba Tanzaniya ndabakunze,mwaonye,ce sont des gens indesirables sur le sol tanzanien kubera batoteza um perezida yitorewe n’abanyagihugu,hiihihii,hahahhahaaaa,c’est domage nimba muri tanzania batagira fouille au corps nko muri Etas Unis avant d’emprisonner quelqu’un,j’aurai aime qu’on fasse asseoire et faire tousser pancrace pour voir s’il n’a pas de pneus dans son rectum pour brûler dans les rues de dar salam!!!!Je suis sur qu’ils ont fait ça car ces tanzaniens eux ne rigolent pas i wabo bose ni bacungaji !!!Vraiment mbega nkivyo bihutu iyo biriko bija mu rwanda vyibaza ko vyaronse un allié azobishikana kuri transition,aho ga niyombare na radjabu kagame ni we azobashira ku butegetsi?Murababaje n’ukuri muzopfa murushe hari hageze aho muruhuka kweli!Mwibaza ko mwasumvya Kanyarengwe gukorana n’abatutsi?Impembo ,muzobaze sinzi ko n’imva yiwe ikiri mu rwanda.Muzokorana impembo bazobaha nimwe,uretse ko natwe tutazobareka ngo mutere intambwe nimwe donc muriko muruhira ubusa,vous etes morts des deux cotés,kagame ntaco azobaha,natwe ntimuzodufatana ikintu na kimwe.
    Ca pancrace muguhe inkoho kize ku rugamba,atari uko ntaco munoba!!!!

  • HEWE UBUHANUZI CANKE AMAROZI YA NKURUMBI HERODI AZOPFA NABI NICO NZI

  • KWERI AHUBWO BARI BAKWIYE GUFATWA KUKO IVYABO BIRARENZE. BARABONYE KO BABAHINYUYE. IVYABO TWARABAHINYUYE. NONE RERO MU RWANDA BAZI KO AKAJAGARI BAZOGUMA BAKAGIRA NGO KAGAME ABEMERERE. NI BITONDE KWERI KUKO NTACOROSHE. SAWA OK.

  • urwanda ntarwanze mwebwe mufatuburundi muranya ahomweretwe twe si congo urazobaza twaratojwe twobamesa tukabagirora tukabazinga urazobaza abotwahuriyaharaha bakubwire .ok

  • Be mzitonda basha mugushikiriza ibintu.Mbe aho mwotwemmeza neza ko intwaro ya pita ari nziza?muzovyemera uwo mufa abaha awubuze narirya aho yahora asoroma bazibiye, ayo matama yanyu yari yabingagiye mubanze mumere nkigiharage cabenje kubera kubura ivyunyunyu, niho muzoca mumenya ko mwakurikiye ubwije.Ndabatwenze ntacomuzovamwo

  • @juvenal. Rwose uravuga ukuri. Abatekereza ko Kagame azabafasha baribeshya. Ejo bundi décembre 2013 bamwirukanye muri Congo we na mukeba wabo M23 ahita amera nk’umusega. None hari abagifite indoto ngo yatera i Burundi. Niyambuke akanyaru bahite bamumesa bamuhindure ikigarasha number 1 (butuyu)

  • w wiyita kim!!ahubwo peter ngra ni so cnk nyoko ko numva umufitiy urukundo rwinshi!!urababaj kwli!!!

  • ...................................................
    Ayo niyo mabarabara yubatwe kuva muri 2005
    Avenue de l’imprimerie 2,032
    Avenue de la Croix rouge 0,642
    Boulevard de l’Uprona 2,154
    Boulevard Mutaga III 2,145
    Chaussée Kigobe 2,372
    Desserte Mutakura- Buterere 4,833
    CHPL Rwagasore 1,033
    Avenue Muyinga Nyakabiga 2,854
    Avenue Moso 1,150
    Avenue Belvédère 1,580
    Avenue Muyinga Zone Nyakabiga 2,854
    Chaussée de l’Agriculture 1,550
    Boulevard Mao 1,200
    Rue JRR 0,800
    Boulevard du 1er novembre 0,550
    RN3 : Bujumbura-Gitaza 29, 3
    RN4 : Bujumbura-frontière RDC 10,5
    RN10 : Rugombo-Kayanza 122
    RN12 : Gitega- Muyinga- Karusi 104
    RN14 : Kirundo-Gasenyi 36
    RN9 : Bubanza-Ndora 42
    RN18 : Nyakararo-Mwaro-Gitega 56
    RN20 : Gisuru-Rusengo-frontière
    Tanzanie 37
    RN21 : Mabanda- Mugina 21

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.