Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Businde: abayoboke ba Zebiya bashwiragijwe n’abajejwe umutekano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Businde: abayoboke ba Zebiya bashwiragijwe n’abajejwe umutekano

Businde: abayoboke ba Zebiya bashwiragijwe n’abajejwe umutekano

mardi 12 Ntwarante 2013

Kuri uno musi wa kabiri igenekerezo rya 12 ntwarante2013, abayoboke ba Zebiya Ngendakumana bazindutse baja gusengera I businde bakaba bari bitwaje ubuhiri, imipanga n’ibindi.

Abajejwe umutekano bashatse ku bashwiragiza ariko barananirana muri iyo mishamirano hakaba hapfuye abayoboke ba Zebiya batanu hamwe na mirongo ibiri bakomeretse .Iyo nkuru tukaza kuyigarukako mu masaha ari imbere.

JPEG - 44.7 ko
Abantu 6 bapfuye

Floxella Karire

Messages

  • Birababaje cane kubona police y’Uburundi yama ikoresha inguvu kukantu kose kabaye!Ibuke namwe abanyeshure 2 bapfuye muri Kaminuza y’Uburundi mu kigo co ku Mutanga, gaz lacrimogène bateye abemenyeshamakuru,akamararamaza nibi vy’i Businde!Abategetsi muri utwo turorero natanze muri twinshi bagaca batweruka bagashimira inzego z’umutekano!Nasabako Sentare mpuzamakungu yoza irandika ivyo bikorwa umusi uri izina ikazokora

  • birababaje cane gyose kubona abarundi mupfa ubusa gyose amaraso araseseka ntayorwa ubwo se abana muhinduye imfubyi bazorerwa nande?Muce mwisubiraho cane rwose

  • bITEYE AGAHINDA N’ISONI KUMVA AAMJAMBO MINISTRE EDWARD YAVUZE BIRYA BAVYITA KWERURA,IVYARIVYO VYOSE BAMENYEKO AMARASO ASESETS MUGIHUGU KO ARI UMUVUMO,KANDI AMARIRA ABARUNDI BARIKO BARIRA NTAZIJANA,NDAHOJEJ IMIRYANGO YABUZE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.