Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Fransisko I: Umu papa yizeza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Fransisko I: Umu papa yizeza

Fransisko I: Umu papa yizeza

jeudi 14 Ntwarante 2013

Umwepiskopi wi liege musenyeri Jousten yarakozweko cane n’ubwitonzi burangwa n’umu papa mushasha ‘’ntawe nzi ariko mbona umenga aboneka nk’umuntu ameze neza .Arizeza…uwo mu papa azokorera ivyiza ekleziya katolika’’nivyo yavuze mu gitondo co ku musi wa gatatu

Musenyeri Jousten yarakozweko cane n’izina ryatowe n’uwo mwungere mukuru wa katolika ryitiranwa n’ukwicisha bugufi ,hamwe n’ukuntu yahuye n’ubwoko bw’abaroma. ‘’Yumva umenga aratangaye ’’.Kuri we ,ekleziya katolika yo mu bihugu bitunze izokomeza ubuvukanyi n’ibindi bihugu bikenye.

Benedicto XVI yari nawe nyene umuntu yicisha bugufi ariko yize mw’ishure ry’abafilozofe.Fransisiko yari yamaze kwerekana aho agaze mu kwiyamiriza irenganywa, n’ubukene .Azodutera intege rero ukundi ,gukunda ibikorwa,n’ivyipfuzo bishasha.Azodufasha kudata akarangamutima kacu hamwe no kutareka ngo hinjiremwo ukuba akazuyaze.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.