Accueil > Ibikorwa vyabaye > Ukwipfurizana umwaka mushasha hagati y’umukuru w’igihugu n’inzego (...)
Ukwipfurizana umwaka mushasha hagati y’umukuru w’igihugu n’inzego z’umutekano
jeudi 25 Kigarama 2014
- Cérémonie d’échange de Voeux entre le Président Nkurunziza et les Forces de Défense et de Sécurité (24 12 2014)
IGIHE
Messages
25 Kigarama 2014, 11:50, par john
Yewe biraryoheye ijisho
25 Kigarama 2014, 11:59, par Nwari
@igihe mugire noel nziza imana ibongererereze inguvu zugukora neza amagara mubanyu no mumiryago.
25 Kigarama 2014, 12:10, par Turungwane
haaa wagiye,kubiseba urabebesha !ndadaye bamwabitse,akagozi yaraye ababwiyeko agiye,guhindura !!ariko barakamwambitse hewe baza urabe,ko izosi ryawe aririni,kurusha iryadadaye kuburyo akagozi katorishobora
25 Kigarama 2014, 13:29, par joshua
guhimbaza umunsi nivyo"mbega yesu kristo ari muri twe?
25 Kigarama 2014, 13:56, par Edou
Umuziki nyarwanda ntiwashoye kuronka isoko mumakungu naho uvugijwe neza kandi ushigikiwe cane namashirahamwe yigenga yo mu Rwanda ,muti vyagenze gute???
============================================================
Mumisi ishize umuziki w’Abanyawanda waragiye hejuru cane ,ariko ahanini ukaba wari umuziki w’ubwoko bwa R
25 Kigarama 2014, 17:54, par So
@ Joshua, bazawihe icizere wewubwawe ibibazo biraheza bigabanume.
25 Kigarama 2014, 18:07, par Nuwera
Ndavyishimiye, nayo wewe Tururwane ivyuvuze koharubwo yogirirwa nkuko Ndadaye yambitswe akagozimwizosi, arubwo abuvugako bomwambika akagozi mwizosi iyobataba bahari ariwewe ahubwo wifiza kukamwambika arikobakaba bakomeje kukubera intambamyi, ahorero nashatse kuvuga abomuhuje ivyiyumviro bose.
25 Kigarama 2014, 20:23, par Peterson
This country it’s already get stronger between Government and military in Africa it is at list , because this it’s good example.