Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ifoto y’umunsi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Indero > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 2 Kigarama 2014

JPEG - 126.1 ko
Lancement des Etats Généraux de l’Education à la Détente.

IGIHE

Messages

  • abo nabongo inama rukokoma y’ivyamashuri!! namba ri ukwirira amafaranga ava mu makori y’abanyagihugu banigwa ahandi ho inyigisho mu burundi baramaze kuyita mu manga ubu urwaruka rwiga muri kaminuza rumaze amezi n’amezi rwicaye ntanikigongwe barwumvira!!!! ariko bo ntaco banezwe ababo ntibibereye kwiga muri Amerika na buraya umwana wa nyarucari niwe yama agwa mu mporero!!! Butore na gahiru nibatange imihoho babe abashingantahe nka mutama busokoza. mwebwe bashikiranganji barabahenze babata mu muriro ngo muwuzimye mutazi ingene wakijwe n’igituma wakijwe!!! muhagabire!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.